La Télé Renaissance a été fondée en 2007 et est la première télévision indépendante du Burundi.
La Télévision Renaissance prêche la fraternité, et enseigne que les différences ne sont jamais si infranchissables qu’on peut le dire.
Depuis la crise qui a débuté en 2015 au Burundi, le droit à l’information et la liberté d’expression ont été violemment frappés par les pouvoirs publics en détruisant les principaux médias indépendants du pays, qui sont toujours occupés par la police aujourd’hui, privant ainsi les Burundais de leurs principales sources d’information et d’expression.
Пікірлер
Abayobozi bu Burundi nibakigewugewu ntacyo bimaze kuganiranabo kuko u Burundi bugendera kumabwiriza ya Congo ntabwo umupaka wumurundi wafunzwe nu Burundi wafunzwe kwitegeko rya Congo urumvako ntacyo Ibyobiganiro bimaze Abayobozi bu Rwanda ntibirirwe barata umwanya kuri CNDD FDD Uburundi bwarabananiye kubuyobora baburagiza Congo😂😂😂😂😂
Pole sana
Eugène na Ambassadeur, reke gutamba ku mivyimba abarundi, ntimwobewe uruhara mufise mugutabagaza igihugu muri iyo myaka 62. Mwe na ba soboja Buyoya na Micombero murazi Aho mwakigejeje, reke kwigira abahinga, buhorobbuhoro tuzogorora; ntamvura idahita!
Hehe mubatubwirire Kirya gihirire cisoko nkuru ya Bujumbura bagihe Abantu bacubakemwo inzu zimbaho bahakorere bakure imicafu mu misafara.iyamasoko makuru yigihugu birarengeye uburyndi
Mubahwe
Komera bwana prezida wa repubricka
ubahwa o.t.b yo nagahomerabunwa ikiro kumurimyi bamuha350fbu/kg bagaca bakuramwo ifumbire ikiro cicayi gisumbwa ni son de riz igugwa 1200fbu/kg itaja hanze icayi ukumva ngo nicambere kwisi yose nn tijahehe?tuvahe?
Imyaka yakajagari yaraheze
None amahera ava mu bihugu vyo hanze,iyo bagiye kwihagaroka bihagarika amahera yo guha uburundi?
Ubwenge bwanyu ntawabarenganya burashaje kuko mu 2000 abarundi ntibarenga imiliyoni 6 ,ubu barenga imiliyoni 13. Imodoka zirwije incuro 10 kandi uburundi ntibwiyongera
Mw'abana b'Imana mwe nimuvuge nk'abantu aho kwigira ibikoko vyo mw'ishamba. Nza muri amerika 2007,igitoro cari munsi ya $1.50 ubu kiri $3. Ikiro c'inyama z'inka cari $2 ubu ni $6. Ishashi y'ibirayi yagurwa $2 ,ubu ni $7.
Micombero na buyoya bakonye uburundi mukwica incabwenge n'abakozi 1965,1972,1988,1993,1995,2015 mugushaka kumara abahutu
A
Ivyo bitama bishaje mu mutwe
None kwadasuma arya inguvu zabanyagihugu ; akaba atazi ibintu ingene bigurwa kwisoko ; abanyagihugu bintara zose bakaba birigwa barakubitigwa kumushikanira ; yobura kwiyagarisha igiti ga bantu b'Imana !!! Ngo ntabishomeri bihari nkukwo womengo ntamenyako nama société yahasanze yirigwa arugara kubera uruhombo ruturutse kukubura ivyankenerwa. None nshasha zavutse zirihe ??? Zikorera hehe kugira zibe zaratanze ubuzi kubishomeri ???? Ariko ntibitangaje usanga yikorera vyinshi adasoma ama rapports canke umugani wiwe yarabuze abamufasha bamubwiza ukuri😢😢😢😢
Mwebwe nuko muri hanze yigihugu ataco mwoba nn abagiye mumyiyerekano 2015 abapfuye banganuko rero ivyimyiyerekano muvuga namwe ukwo muriko murakora ibiganiro mwoja hamwe ngo muje muburundi mugirre imyiyerekano ntimwovyemera mushaka gusa kwicusha abandi hageze kuja kwicara ubiro mukagorora magoti abapfuye bapfuye
Kanyabayonga a été libéré de ces danseurs de Kinshasa, tous le Nord Kivu sera libéré. NORTHERN KIVU IS ANCIENT RWANDA
Tu ne dit pas combien des militaires ruandais meurs au Congo 🇨🇩, pillons de Kagame. Les Burundais se batent par ce qu'ils on besoin de la paix dans la region et ild ont compris que c'est le Ruanda qui est le frain à la paix dans cette région.
😂😂😂😂 et combien des danseurs FARDC meurent tous les jrs? Il y a 2jrs ils ont fuit Kanyabayonga coe des rats, des Généraux danseurs FARDC se sont cachés dans des hôtels😂 Les Rwandais n'ont pas peur de mourir pour leurs frères Rwandophones qui sont chassés sur ces territoires.
Umuntu yabona numéro yawe gute?
Mwebwe uburundi ntabwo muzi,mubuheruka igihe kera.Uvuzeko atakintu na kimwe uburundi bufise ubu usuzuguye twebwe abenegihugu tububamwo.Mbegako kuva 2015 mwagumye mubusabira ibihano,ubu ntiburiho ?Ubwo nimwe mudukunda,kuburyo muje mwoca muduteza imbere ?Nimubanze muhindure ingendo n'imvugo,duheze tubagarukaneko icizere.Ariko mugumye muriyo politique ishaje yo gucapfuza igihugu cabibarutse,muzosazana nayo
Bareke mama abakoze ayo marorerwa ntibazoteba kubona ko kwishura ari ngaha kw'isi, déjà uwambere we yarishuye uyo wahamagaye umugabo wawe we satani yaramuhemvye n'abo bose bica batema batongora, amaherezo yabo ni mabi cane. Amaraso arasama
Ikirundi.🎉🎉🎉🎉
Uyumugabo kl nihtl uburund turacarush
Rondera umuMarketeur wo muri ILU canke Summit
Oooh, quels nostalgiques du passé ☹️. Vyari bimeze gute de votre temps ?
Reta DD ntishobora kwemanga ko inaniwe. Ivyo vyo ni ukuvyibagira, mushingantahe Nikwigize. None ko aribo nyene batuma ibintu biba nabi mu busuma, mu kwica, mu gukandamiza, mu koza imitwe y'abanyagihugu... ahubwo umengo bafise intumbero yo gutemvya igihugu.
None hokogwiki Ko bigeze kure
Urupfu n'impfane biragendana.
"Hazambuka Intwari gusa" ❤. Ntimuvyibagirwe.🎉
Mbega ko mutarera igihugu cabibarutse, erega ntakindi muzoronka?
Nindorera -Ligue Iteka🎉🎉🎉🎉
Nindorera will never die -Ligue Iteka🎉🎉🎉🎉
Oyeeeeee
Murakoze! Ariko mutanga n' ama solutions kugira tubone ko muri serieux. Uburundi bufise ibibazo muri projet de la mondialisation. Abo ba Eugene bari muri projets z' abahima batabizi. Ngo ni abanyakirundo babaye ba ambasdadeursde génération en génération😂 n' aba ministre! Ha! Barabe ko batariko barakoreshwa! Uburundi buri mu magume kuva umwami ahunze, umuryango wiwe ukicwa uwundi ukangara! Mwige i ica abatwara uburundi kuva twikukiye! Sinon uwuzojaho wese aba mondialistes bazomu paralysa, bamwice, ainsi de suite!
Ivyo vyoguhendahenda ni ukwivugana
Nimube mutumira nka mukasi kugira aterere
Langage flou
Abo bagabo mbega bose ubwenge bwaradegeye!!!
Bworeka kudegera gute ko Bari kurira ibulaya ivyo basahuye igihugu hageze KO badutamba ku muvyima
Pole birambabaj cane yoba narinfise ico ndagusumbij vrt ntiwobah nabi Gus nanj ndakeny ariko ico noguterer namasengesh imana ize igushumbushe
Amajambo nahagarare kuko Mwese vyarabananiye ibi jewe ndavyumva nkamatangazo
Les DD vont pas adorer😅😅
Eugene nabo bandi bavuga ko reta izohava itunganya amatora meza. Nibaza ko bariko baratera inkuru, bariko barigirisha. Twizere ko bavuze mu mvugo ifobetse. Nibabandanye basemerera hirya nohino kandi ni sawa😊
Alice Hakizimana, twari tugukumbuye mu biganiro utegura/uremesha/ukoresha. Turanezerewe gose. Uzoze urinatata na Bonfils nabandi musangiye iki kivi citeka muze muratunganya ibiganiro vyinshi bishoboka. Turashimiye nabitavye ubutumire bose baze barashira hanze ibibi bikoregwa Abarundi.
Turakenye kwerii
Iyo generation ya DD igizwe nabavuye mw'ishamba, ubu barongowe na Never, nivyo biswi vy'inkona biriko birategugwa n'abari kw'isonga muri DD, bakiri hejuru mu butegetsi, Barundi Barundikazi, ni mwibagire ko hazoba impinduka nziza mu Burundi, wapi ntibizopfa bibaye n'ukwimosha, ndabarahiye.
Generation Z
Ikigwanishwa musigaranye ni média gusa . Iciza nuko tutumviriza mwebwe gusa .
Hahahahahha
Ico kigabo cinvi mubwanwa ico kivuga vyerekana imigambi bafitiye Neva. Bashaka kumunaniza kugira abanyagihugu bagumuke
Hahahahha
Uyo mugabo ubona ni incabwenge, yubashwe mu makungu. Kandi ari mubafashije kugira CNDD FDD ive mw'ishamba. Iyo uba uwundi wari ku mwubaha. Mugabo ukwo kutubaha n'ugutukana nikwo gutuma uburundi bugeze aho uwo uterefonye wese agusaba ngo mfasha
Abarundi gusa nibo basaba kwiyi monde yose😂?@@aloysdegonzagueniyoyita1974
Ubwambere itunga dy' igihugu n' umunyagihugu mweneco kuko ntaterambere igihugu kizoshikako umunyagihugu hacane cane uwikorera utwiwe abariko arahohotegwa aho ntaterambere rihaboneka; kuko ntabwo abafise ubwigenge ninacogituma akenshi mubona n' ugwaruka ruriko rurata U Uburundi bomoka mubindi bihugu kwirondererayo ubuzima.
Gwabize nibo bafise ubwenge bwinshi burengeye gusumvya abandi ekaye suko ibijuju mvyambere biri mubiyita kobize kuko ntabwo wobindongozi ukanezegwa nuko igihugu cawe kiguma gikenye nibiba vyarinyuma yaco mwiterambere bikaguma bigisiga inyuma hanyuma ugatinda mubiro n' amakaramu ngo wicaye mubiro ngo ndikurongora igihugu noguteza imbere umunyagihugu.
😄😄😄😄
None utize womenya kwiyumvira no kwubaka imigambi gute?
Muragitembagaje neza ikabi kabishe nuko ibindi bihugu ndetse nivyo muhana ibibe biguma bibasiga mwiterambere.