Kumenya indimi ni nkenerwa n’aho umuntu yoba yiga mu bisata vy’ubuhinga (L. Ntibashirakandi)

Ivyigwa vy’igifaransa n’icongereza ntibiri mu vyigwa bizokorwako mu kibazo ca leta (Exétat) muri uyu mwaka w’2024 mu bisata vy’ubuhinga vya Mathématiques na Statistiques. Vyamenyeshejwe n’ubushikiranganji bw’Indero. Iyo ngingo ikaba ikomoka mu ndinganizo y’igisata c’indero mw’ishure nshingiro.
Hoba hari ingaruka iyo ngingo yoba ifise ku buzima bw’abanyeshure ?
Hamwe vyoba ari vyo, hakwiye gukorwa iki kugira inyuma y’amashure nshingiro abanyeshure babe bafise ubumenyi bukwiye muri ivyo vyigwa vy’indimi ?

Пікірлер

    Келесі