Habaye imibonano hagati y’abashikiranganji b’Imigenderanire b’Uburundi, Urwanda na Congo

Imigenderanire hagati y’ibihugu vy’akarere yoba igiye gusubira kuba myiza ? Ico ni co cizere cibonekeza inyuma y’imibonano y’abashikiranganji b’imigenderanire n’amakungu b’Uburundi, Urwanda na Congo. Iyo mibonano ikaba yabereye muri Zanzibar iruhande y’inama yakoranije muri iryo zinga abashikiranganji b’ibihugu bihurikiye mw’ishirahamwe ry’ibihugu vya Afrika y’ubuseruko.

Пікірлер: 10

  • @habyarimanafrancois985
    @habyarimanafrancois98513 күн бұрын

    Abayobozi bu Burundi nibakigewugewu ntacyo bimaze kuganiranabo kuko u Burundi bugendera kumabwiriza ya Congo ntabwo umupaka wumurundi wafunzwe nu Burundi wafunzwe kwitegeko rya Congo urumvako ntacyo Ibyobiganiro bimaze Abayobozi bu Rwanda ntibirirwe barata umwanya kuri CNDD FDD Uburundi bwarabananiye kubuyobora baburagiza Congo😂😂😂😂😂

  • @estaniyongabire9956

    @estaniyongabire9956

    13 күн бұрын

    Do you have any proof of what you said??

  • @Lock940
    @Lock94013 күн бұрын

    Nta muntu ucyeneye u Burundi kuri ino si yose. Nibashaka bakomeze bafunge, nta Barundi ducyeneye iwacu.

  • @estaniyongabire9956

    @estaniyongabire9956

    13 күн бұрын

    Ahubwo umuntu nkawe ntakenewe kuri ino si y'abazima🙄Murumva ingene kavuga, pumbavu🤦‍♀️

  • @Lock940

    @Lock940

    13 күн бұрын

    @@estaniyongabire9956 pumbafu ni wowe was kirofa we: ntawubacyeney

  • @estaniyongabire9956

    @estaniyongabire9956

    12 күн бұрын

    @@Lock940 Urumugwayi wewe, you need help

  • @Lock940

    @Lock940

    12 күн бұрын

    @@estaniyongabire9956 a Burundian telling other people that they need help: that's the joke of the century haha 😂.

  • @estaniyongabire9956

    @estaniyongabire9956

    12 күн бұрын

    @Lock940 I used to think that rwandans have the best manners and respect, but I was clearly wrong. You're that type of person who gets into everyone's nerves🙄

Келесі