CHORALE MUTANGA - ALBUM «NZANYWE NO KUGUTABARA»
Музыка
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Пікірлер: 50
Amen
@meirratv
3 ай бұрын
Amen 🙏💖
Murakoze cane Yesu Kristo abahezagire!!!
@meirratv
9 ай бұрын
Amen 🙏💖
Amen Murakoze Yesu chrsto abaduhezagirire
@meirratv
9 ай бұрын
Amen 🙏💖
murakoze YESU arushirize kubongera amavuta
@meirratv
9 ай бұрын
Amen 🙏💖
Murakoze cane kuturemesha
@meirratv
2 ай бұрын
Amen 🙏💖
Amen Amen Bakozi Bi IMANA 💝💝💝💝💝💝💝💝💝💝
@meirratv
4 ай бұрын
Amen 🙏💖
baririvyi bokumutanga YESU abahe umugisha utagagabanije indirimbo zanyu ziradufasha zikaduhezagira tugahembuka
@meirratv
9 ай бұрын
Amen 🙏💖
Yesu abakomeze
@meirratv
3 ай бұрын
Amen 🙏💖
Ndafashijwe nukuri mbonye abakunzi banje Kandi incuti z umusalaba wa kristo
@meirratv
6 ай бұрын
Ushishikare gufashwa🙏💖
Amen Amen Amen🙏💖
@meirratv
9 ай бұрын
Amen 🙏💖
Murakoze cane.IMANA IKOMEZE KWAGURA IMBIBE ZA CHOIR.
@meirratv
3 ай бұрын
Amen 🙏💖
Amen amen mubalikiwe
@meirratv
7 ай бұрын
Amen 🙏💖
Good ndahezagiwe
@meirratv
9 ай бұрын
Amen 🙏💖
Amena
@meirratv
6 ай бұрын
Amen 🙏💖
Amém
@meirratv
9 ай бұрын
Amen 🙏💖
Murakoze cn
@meirratv
9 ай бұрын
🙏💖
Amen🙌🙌🙌
@meirratv
9 ай бұрын
Amen 🙏💖
Murarimba neza kandi indirimbo zanyu zirandemesha
❤ ameeen 🙏
@meirratv
9 ай бұрын
Amen 🙏💖
Aluluya
@meirratv
5 ай бұрын
Amen 🙏💖
Amen😅❤❤
@meirratv
9 ай бұрын
Amen 🙏💖
Teo
@meirratv
6 ай бұрын
Amen 🙏💖
La qualité des images n'est pas bonne!!!!
@meirratv
9 ай бұрын
Merci monsieur Boniface pour votre commentaire. Toutefois la qualité des images peut aussi dépendre de la qualité par défaut que KZread vous propose selon la qualité de votre connexion. Souvent la qualité proposée par défaut est 144p ou 240p. Allez dans les paramètres et choisissez par exemple 720p ou bien 1080p et vous verrez la différence! Les vidéos que nous mettons en ligne vont jusqu'à 1080p.
@bonifaceburegeya
9 ай бұрын
Merci pour les éclaircissements
Amen
@meirratv
9 ай бұрын
Amen 🙏💖
Amen
@meirratv
8 ай бұрын
Amen 🙏💖