KAMIKAZI SANDRINE Album HIMBAZA 2021

Музыка

Ihezagirirwe nazino nd'Indirimbo zoguhimbaza Imana yacu.

Пікірлер: 254

  • @tuxylokjsk7471
    @tuxylokjsk74713 жыл бұрын

    Abantu twese tumukunda kandi tumusabiye umugisha nokuzobona Imana kubwimirimo myiza yakoze akiri mwisi mumpe like pe🙏

  • @longinniyukuri8663

    @longinniyukuri8663

    3 жыл бұрын

    Hezagirwa nyakwubhwa

  • @nsabimbonavianney9928

    @nsabimbonavianney9928

    3 жыл бұрын

    Hamujambouko

  • @NyabendaAmede-qh9wi

    @NyabendaAmede-qh9wi

    4 ай бұрын

    ​@@longinniyukuri8663q

  • @fanshittoptv4433
    @fanshittoptv44333 жыл бұрын

    rek mbanz sabe like kumuntu wes🤲 uwahimbajwe nakamikazi amp angonge like uwumvirij izi ndirimbo umwanya munini amp like uyumusi nibere uwambere atahana like

  • @fannylavineofficial1360
    @fannylavineofficial13603 жыл бұрын

    Raba ndagenda gusa ndakwinginze unyambike sinshobora kwikiza ndakugombako ubuntu mukiza🤲 nzokwama nizigira Yesu wanje uko bukeye nzama nizigira umwami wanje oooh halleluaaa 🙌🙌🙌🙌 Hezagirwa uduhay utuntu tumez neza mukuryama mukuvyuka tuzodufasha pe

  • @KAMIKAZISandrine

    @KAMIKAZISandrine

    3 жыл бұрын

    Amen amen

  • @jeannemanirambona293

    @jeannemanirambona293

    3 жыл бұрын

    Fanny wanje na kamikazi ndabakunda cane mwese

  • @nahimanadieudonne7905

    @nahimanadieudonne7905

    2 жыл бұрын

    Iyo ndirimbo ndayikunda Nuko nkiri mwisi Yesu nguhiyeko nokumusi wimanza ngeze munyonga hawe uzundeke nkwisunge.

  • @sandra-zl5se
    @sandra-zl5se3 жыл бұрын

    Mbaye uwanyum arik ndahezagiw Sandra Iman ishishikare kubasig a Amavuta mwubaka Imitim yabeshe Amen Amen

  • @fulahaalice3357
    @fulahaalice3357 Жыл бұрын

    Nzizigira yesu gusa habamubukene habangwaye nzizigira wew yesu wanjeeee 🗣🗣🗣🗣🗣🗣thank you lord 🙏🙏🙏ahowankuy yesu nafashijwe nizindirimbo za kamikaze sandrine yesu shimwa niyisah nkizumviriza kukozirikunkomeza haleluya🗣🗣🗣🗣🗣🗣🙏🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️

  • @opk3943
    @opk39433 жыл бұрын

    Indirimbo zawe zirampumuriza nkiyumva neza ko ndemy muri jew😪😪😪😪 nkashishikara kugira ivyizigiro muMwami Yesu🙌🙌🙌🙌🙌🙌

  • @angecherissaingabire163

    @angecherissaingabire163

    3 жыл бұрын

    Courage abagukunda niho turi

  • @greciouslugumirah4910

    @greciouslugumirah4910

    3 жыл бұрын

    Kamikazi terimbere

  • @mutesishanella884
    @mutesishanella8843 жыл бұрын

    Kamikzi ndakunda cyane numva nava iyamahanga nkza gutura muburundi imana igusingize urumukozi w lmana mwiza❤️❤️❤️🇷🇼🇷🇼

  • @godaible8936
    @godaible89363 жыл бұрын

    Urebye Nkunda iburundi kubera Kamikazi, kurwego mba numva nahatura🤣❤️💖 I love you Kami.

  • @nadinekarerwa9527
    @nadinekarerwa95273 жыл бұрын

    Yesu akongere amavuta mukozi w'lmana kandi ubere maso umurimo wahawe kuko satani ntakunezererewe.uhezagirwa warahezagiwe👏👏👏

  • @christinenezerwe6478
    @christinenezerwe64783 жыл бұрын

    Ugusenga kuramfasha ibihe vyose Amen mwene data dufatanije urugendo rwokuja mwijura muhezagirwe namwe

  • @francineumurundi1916
    @francineumurundi19163 жыл бұрын

    Imana I bongere imigisha ninkomezi nyinshi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 turabakunda cane

  • @claudebigirimana472
    @claudebigirimana472 Жыл бұрын

    Mwubahwe kuko turahezagigwa cane reka uhoraho abakomeze abagure abageze nokuvyomwipfuza

  • @sebastienbagwira202
    @sebastienbagwira2023 жыл бұрын

    KAMI vyukuri IMANAiguhe umugisha Caaaane ,,IMANA ibandanye ikwaguriraaa!!!!!!

  • @izibyosegloria7507
    @izibyosegloria75073 жыл бұрын

    Nice Songs Kami👏👏👏 God Bless you 🙏 Ndagukunda bikomeye Imana ikomeze Ikwagure Muburyo Bwose😘🌹

  • @fannylavineofficial1360
    @fannylavineofficial13603 жыл бұрын

    nduwa YESU ndabizi nawenyene nuwanje ntahandi mbona impore ntacodutandukanya gushika gupfa halleluaaa 🙌🙌🙌🙌🙌

  • @KAMIKAZISandrine

    @KAMIKAZISandrine

    3 жыл бұрын

    Amen my Sister

  • @ntihindukabienvenue2228
    @ntihindukabienvenue22282 жыл бұрын

    Raba ndagenda gusa ndakwingize unyambike!😥😥ndasavye nanje unyambike yesu!nsa nuwagutaye!!Amen

  • @AlineVyukaOfficial
    @AlineVyukaOfficial3 жыл бұрын

    Murakoze kundirimbo nziza zo guhimaza Imana , Yesu abandanye abakoresha

  • @KAMIKAZISandrine

    @KAMIKAZISandrine

    3 жыл бұрын

    Amen My Sister

  • @francoishabonimana446
    @francoishabonimana4462 жыл бұрын

    Mukomere, Uhoraho Abazigame abongere imigisha,ubutumwa mutanga buratwubaka muri christo Yesu, Muhezagirwe 🙏🙏🙏⛪🇧🇮🕊️🌴🙋🇺🇲👍 Amen

  • @user-we4cc4vd2y
    @user-we4cc4vd2y3 жыл бұрын

    Imana iguhezagir uradukomeza mubihe bitoroshe turimwo mubarabo bituma tutibagira ko mwiju harimana imana ikomeze ingabire dasnzwe ikurimwo ikurinde igutabare kugira dushishikar kurema nogukomera

  • @KAMIKAZISandrine

    @KAMIKAZISandrine

    3 жыл бұрын

    Amen Amen

  • @bukurubenjamin6813
    @bukurubenjamin68133 жыл бұрын

    Ijwi ryiza kwelikweli ayo namagi mabisi thanks for nice gospel song.

  • @gosoendjoewjbshsjsj8481
    @gosoendjoewjbshsjsj84813 жыл бұрын

    God bless you kami ndiho ashishikare agukomeza numuryango wawe❤❤❤

  • @mariechantalsiniremera6552
    @mariechantalsiniremera65523 жыл бұрын

    Yesu azaguhe iherezo ryiza kami ziraduhezagira indirimbo zawe yesu akugirire neza.

  • @PaulinaNziyomaze-je8cq
    @PaulinaNziyomaze-je8cq10 ай бұрын

    Forsure she has a good songs may God bless her,and gave more blessings

  • @chimyornyvette3883
    @chimyornyvette38833 жыл бұрын

    Iyo numvirije indirimbo zawe ndahimbagwa caane imana ikongerereze amavuta menshii caane👏👏👏

  • @KAMIKAZISandrine

    @KAMIKAZISandrine

    3 жыл бұрын

    Amen Yvette

  • @nademidk2416

    @nademidk2416

    3 жыл бұрын

    Mugirugisha kamikazi imana iziguhe ijuru kk ivyomwisi birahera...ikind naco ndipfuza kuririmban nawe kk iyongabir ndayifise nipfuzako twbikoran ivyobikorwa vyimana

  • @chimyornyvette3883

    @chimyornyvette3883

    3 жыл бұрын

    @@nademidk2416 yooo nawe courage mwiza kufita iyongabire komeza imana ntabwo yigera inanigwa

  • @igiranezanadia7340
    @igiranezanadia73403 жыл бұрын

    Yesu aguhezagire Mukozi w,Imana data akongere amavuta

  • @isaiensengiyumva7273
    @isaiensengiyumva72733 жыл бұрын

    Imana iguhezagire Sandrine !indirimbo zawe ziramfasha cane

  • @user-um4hd6ky1e
    @user-um4hd6ky1e10 ай бұрын

    Numva ndemye kubwindirimbo zakamikazi hezagirwa❤

  • @joshuabucumi5784
    @joshuabucumi57843 жыл бұрын

    Vyiza cane. Abarundi n Abarundikazi dukwiriye kuza turasengera nkaba Bantu bafise zino mpano. Vyiza Kamikaze wacu. Ibendera riduzwe mumakungu n mw ijuru

  • @esperancekamo7016
    @esperancekamo70163 жыл бұрын

    Ndagukunda urampezagira ma soeur .Imana iguhezagire cane

  • @anastasiemanirambona2131
    @anastasiemanirambona21313 жыл бұрын

    Oooh Ameeeen. IMANA Nyeninkomezi Ibongere Umugisha, Ibongere Inkomezi nandi mavuta mu mirimo Yayo, turabakunda Ppa Joshua &Mma Joshua 😍

  • @KAMIKAZISandrine

    @KAMIKAZISandrine

    3 жыл бұрын

    Amen amen muhezagirwe cane

  • @pacifiquemugwaneza4555
    @pacifiquemugwaneza45553 жыл бұрын

    Imana Ibandanye kubaha Imbaraga zo gukora Ibikogwa byiza

  • @tuxylokjsk7471
    @tuxylokjsk74713 жыл бұрын

    Imana nikumpere Umugisha utagabanije mukozi w'Imana nzima

  • @fulahaalice3357
    @fulahaalice3357 Жыл бұрын

    Amen 🙏🙏🙏🙏🙏

  • @user-kd4qr2iq7t
    @user-kd4qr2iq7t Жыл бұрын

    Muhezagigwe, mwarahezagiwe👏👏👏

  • @Dj_General_Benda_Fan
    @Dj_General_Benda_Fan11 ай бұрын

    Kami ndagukund Can iyonumvirij aloubum yaw ndumv nezerew Can yes akujimber

  • @faustinendikumana6606
    @faustinendikumana6606 Жыл бұрын

    Imana ibajimbere mubikorwa vyanyu vyiza

  • @sandrinenizigiyimana6012
    @sandrinenizigiyimana60123 жыл бұрын

    Imana iguhezagire cane ma chérie.Uhoraho agukomeze ugume ufasha imitima ya benshi

  • @KAMIKAZISandrine

    @KAMIKAZISandrine

    3 жыл бұрын

    Amen Maman Pasteur.duhurire muri Film Urugo

  • @onesphornshimirimana5846
    @onesphornshimirimana58463 жыл бұрын

    Nzogukunda nkikubona kamikazi imana ikomeze kuguhezagira je' t'aimes

  • @NdayizeyeEmanuel-fk9no
    @NdayizeyeEmanuel-fk9noАй бұрын

    Imana ikujimbere

  • @claudianiyogushimwa9125
    @claudianiyogushimwa91253 жыл бұрын

    Imana izomfashe naje nzobe mibazanye ivyimburwa

  • @user-gk4ly1ut2h
    @user-gk4ly1ut2h3 жыл бұрын

    Kamikazi wubahwe ma grande sr💞 ndakwipfurije Kubaho ubugira kandi🧎‍♀️🙏

  • @KAMIKAZISandrine

    @KAMIKAZISandrine

    3 жыл бұрын

    Amen

  • @jeanmariebararunyeretse586
    @jeanmariebararunyeretse5863 жыл бұрын

    Album nziza cane iryoheyamatwi kumviriza,komeza guhezagirwa Sandrine

  • @simionniyonkuru3054
    @simionniyonkuru30543 жыл бұрын

    Amen amen.Album imeze neza cane Yesu aguhezagire

  • @uwimanaconsole2873
    @uwimanaconsole28733 жыл бұрын

    Iman lmuhe umugisha 👏👏👏👏 nukuri uratunyura🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @ireneburundi7144
    @ireneburundi71442 жыл бұрын

    Waoo Kami komerezah yes akujimber

  • @sandrine-belisegirukwishak7370
    @sandrine-belisegirukwishak73703 жыл бұрын

    kamikazi uri umuntu WIMANA nabantu komera

  • @Dj_General_Benda_Fan
    @Dj_General_Benda_Fan11 ай бұрын

    Kami Iman izoguh iherez ryiz kuk urayikorer

  • @user-qj8fl4xr9l
    @user-qj8fl4xr9l2 жыл бұрын

    Indirimbo zawe zirandemesha cane yesakongere umugisha

  • @ishitsamasezerano6841
    @ishitsamasezerano68413 жыл бұрын

    Komezaho,mukoziwimana

  • @cycy8854
    @cycy88543 жыл бұрын

    Imana ikonger'amavuta ndakwikundir cane 🇧🇮💪🙏🙏🙏 God bless u my sister

  • @francinebukuru1550
    @francinebukuru15503 жыл бұрын

    Wauo lmana ikomeze kubaha vyishi vyokudufasha love me Kami kd umwami azabibahembere

  • @KAMIKAZISandrine

    @KAMIKAZISandrine

    3 жыл бұрын

    Amen Shima Yesu wewe atuba hafi

  • @monyaaboalez3774
    @monyaaboalez37743 жыл бұрын

    Mbega umugisha vyukiyeko kamikaze ndagukunda ukuntu ntovuga IMANA yakuduhaye nkumugisha ikomeze ikurinde

  • @KAMIKAZISandrine

    @KAMIKAZISandrine

    3 жыл бұрын

    Amen

  • @peniellaiteriteka4690
    @peniellaiteriteka46903 жыл бұрын

    Amen Imana ibahe umugisha kundirimbo nziza muduhaye Imana ibakomereze amaboko

  • @ndayishimiyeflorance4307
    @ndayishimiyeflorance43073 жыл бұрын

    Iman iguhezagir cane kami turahezagiwe can

  • @mugenzisamson284
    @mugenzisamson2843 жыл бұрын

    Kami uririmba neza Imana ijyiguhezagira

  • @mugenzisamson284

    @mugenzisamson284

    3 жыл бұрын

    Izindirimbo ninziza zitwegereza Imana

  • @AaA-xl1wq
    @AaA-xl1wq2 жыл бұрын

    Gusabiye ku Mana yonyene a ariyo izi ibigukwiriye urumunyankomezi ndagukubda

  • @redme2622
    @redme26223 жыл бұрын

    Amin nanje ndagunda mama adukuriye mundirimbo

  • @user-gi5ib5gj9f
    @user-gi5ib5gj9f2 жыл бұрын

    yesu, naguh, umugisha

  • @nduwimanaelick6929
    @nduwimanaelick69292 жыл бұрын

    Kabis Iman imugirir nez

  • @dianeniyibitanga5630
    @dianeniyibitanga56302 жыл бұрын

    Imana ibandanya kuguhezagir🙏🙏

  • @freddymuganga9731
    @freddymuganga97313 жыл бұрын

    AMEN IMANA IGUKOMEZE MUKOBWA WA YESU

  • @hapakahaha5579
    @hapakahaha55793 жыл бұрын

    Amen imbaraga mwene data korer Iman ntabuhomb burimw

  • @anataanata1629
    @anataanata16293 жыл бұрын

    Amen.indirimbo.zawe.ziranduhura.kami.ndagukunda❤warahezagiwe

  • @nabiimoses6132
    @nabiimoses61323 жыл бұрын

    Tuzonezegwaa tuzanye ivyimbugwa.Amen

  • @duduniyukurigospelndayisen5838
    @duduniyukurigospelndayisen58383 жыл бұрын

    Terimbere ncuti imana iguhezagire cane

  • @NyabendaAmede-qh9wi
    @NyabendaAmede-qh9wi4 ай бұрын

    Ndagukunda urampezagira

  • @user-os5xe4xq9i
    @user-os5xe4xq9i3 жыл бұрын

    Amen ndahezagiw cane umwami ues aguhe inkomez nokurangiz amahor

  • @rachellanibaruta6226
    @rachellanibaruta62262 жыл бұрын

    Amen kami warahezagiwe

  • @nyiracumialoysie1955
    @nyiracumialoysie19553 жыл бұрын

    Urakoze nshuti mwene data.izindirimbo ndazikunda nawe ndagukunada cyane.

  • @rumurirosine7289
    @rumurirosine72893 жыл бұрын

    Hezagirwa muko zi w'IMana uhoraho akogereze amavuta menshi

  • @istinebupe9961
    @istinebupe99613 жыл бұрын

    gumamomubyeyi Ndakwikundira Kubwubutumwabwiza Utugezaho

  • @KAMIKAZISandrine

    @KAMIKAZISandrine

    3 жыл бұрын

    Amen amen

  • @sifamunyange6406
    @sifamunyange64063 жыл бұрын

    Imana igume ikukomeza kabisa I love you so much

  • @KAMIKAZISandrine

    @KAMIKAZISandrine

    3 жыл бұрын

    Amen

  • @merryburundi963
    @merryburundi9633 жыл бұрын

    Mama Jochua jtm bcp🥰😘

  • @vivyntakirutimana4217
    @vivyntakirutimana42173 жыл бұрын

    Hezagirwa Mukozi w'Imana

  • @godaible8936
    @godaible89363 жыл бұрын

    Be blessed My love tuzaneza nitunda imiba

  • @kikichristaofficial3124
    @kikichristaofficial31243 жыл бұрын

    Terimbere mur Yesu

  • @jeanclaudenizeyimana1940
    @jeanclaudenizeyimana19403 жыл бұрын

    God be with you Kamikazi. From Rwanda

  • @jeromebukeyeneza5698

    @jeromebukeyeneza5698

    Жыл бұрын

    She's from Rwanda or Burundi?

  • @annonciateirankunda6637

    @annonciateirankunda6637

    Жыл бұрын

    Vcx

  • @fdff3980
    @fdff39803 жыл бұрын

    Ameee mukore caane mm Joshua and pp Joshua muzigamw caaane turabakunda

  • @KAMIKAZISandrine

    @KAMIKAZISandrine

    3 жыл бұрын

    Amen cane.turakiriye uyo mugisha.

  • @nsabimanarichard4625
    @nsabimanarichard46252 жыл бұрын

    Umukama abandanye abahezagira

  • @anithaniyogushimwa2094
    @anithaniyogushimwa20943 жыл бұрын

    Amen Amen warahezagiwe muvyeyi

  • @mdrubiyan9701
    @mdrubiyan97013 жыл бұрын

    Amen turagukunda cane njt

  • @niyokwizerabernardine-2599
    @niyokwizerabernardine-2599 Жыл бұрын

    Kamikazi urumugisha kuri jewe

  • @vyukaatv7517
    @vyukaatv75173 жыл бұрын

    NICE SONG SANDRINE 🤝GOD BLESS YOU AGAIN

  • @KAMIKAZISandrine

    @KAMIKAZISandrine

    3 жыл бұрын

    Merci ma Cherie Alice

  • @Ndayisengadenise
    @NdayisengadeniseКүн бұрын

    Mana urimwiza kandi umpe kugukunda kuruta vyose izina ryaw ryubahw

  • @joselynentakarutimana3419
    @joselynentakarutimana34193 жыл бұрын

    Hezagigwa maman Joshua terimbere urabizi ko nzirikan ineza ya we imisi yose

  • @KAMIKAZISandrine

    @KAMIKAZISandrine

    3 жыл бұрын

    Duhezagiranwe kugeza kumusi tuzoragiza urugendo Amahoro.

  • @joselynentakarutimana3419

    @joselynentakarutimana3419

    3 жыл бұрын

    @@KAMIKAZISandrine amen

  • @kamikaziregineclarisse1874
    @kamikaziregineclarisse18743 жыл бұрын

    My name good job,God bless you

  • @kamikaziregineclarisse1874

    @kamikaziregineclarisse1874

    3 жыл бұрын

    🙏🙏

  • @burundikugatumbatv16
    @burundikugatumbatv163 жыл бұрын

    Ndagukengurukiye muririmvyiwacu Kamikazi.

  • @KAMIKAZISandrine

    @KAMIKAZISandrine

    3 жыл бұрын

    Amen cane

  • @zawadimaniriho3096

    @zawadimaniriho3096

    3 жыл бұрын

    @@KAMIKAZISandrine Amina and god blessed you

  • @chachaburundichachaburundi4814
    @chachaburundichachaburundi48143 жыл бұрын

    Murakoze cane gose murakoze

  • @umutonirebecca7137
    @umutonirebecca71373 жыл бұрын

    Ndabakunda video niryar none

  • @gorethmanishimwe9648
    @gorethmanishimwe96482 жыл бұрын

    hezagigwa❤❤❤

  • @priscabutoyi3922
    @priscabutoyi39223 жыл бұрын

    Amen amen good songs God bless you.

  • @michouirakoze3088
    @michouirakoze30883 жыл бұрын

    Cool M Chérie 💖💖

  • @divineirakoze9618
    @divineirakoze96183 жыл бұрын

    Imana iguhezagire kami

  • @magnifiquentkrtmna320
    @magnifiquentkrtmna3203 жыл бұрын

    Oooooh HALLELUAA. GOD BLESS YOU

  • @emmanuelkagabo6070

    @emmanuelkagabo6070

    3 жыл бұрын

    Love u sister

  • @richardniyukuri9509
    @richardniyukuri95093 жыл бұрын

    Imana ibahezagire indirimbo muririmba ziranyubaka

  • @bucumirizanirizani9788
    @bucumirizanirizani97883 жыл бұрын

    Komera mu mwami maman✌️

  • @jolie6396
    @jolie63963 жыл бұрын

    Barikiwa Mama Mungu azidi kukubariki

  • @sfkl8257
    @sfkl82573 жыл бұрын

    Terimbere Kami wacu turaku lo💗❤💝

  • @annabellaakimanamurengeran9927
    @annabellaakimanamurengeran99273 жыл бұрын

    🙏 yesu aguhezagire cane

  • @KAMIKAZISandrine

    @KAMIKAZISandrine

    3 жыл бұрын

    Amen cane

  • @mugishaclarisse8130
    @mugishaclarisse81303 жыл бұрын

    Amen mwarahezagiwe ❤❤❤

Келесі