INDIRIMBO ZA CHORALE YA MBERE YO MW'ISHENGERO RYA PENTEKOTE RY'I GITEGA - Album 2

Музыка

Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 39

  • @merveillencutinziza2885
    @merveillencutinziza28856 ай бұрын

    ❤❤❤❤

  • @meirratv

    @meirratv

    6 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @damascenengirinshuti2211
    @damascenengirinshuti2211 Жыл бұрын

    Mwabuze iki ngomuririmbe izibona

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    🙏

  • @dzelbahnijmb1765

    @dzelbahnijmb1765

    7 ай бұрын

    Ahubwo jewe mbona izitabona arizo zisohora amajwi neza.@@meirratv

  • @brendamulenga5913
    @brendamulenga591310 ай бұрын

    Imana ihezagire aba baririmvyi amen

  • @meirratv

    @meirratv

    10 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @HermanHAJAYANDI-mc4rt
    @HermanHAJAYANDI-mc4rt8 ай бұрын

    Muhezagirwe n'Imana

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb17657 ай бұрын

    Abanyagitega bazi kuririrmba nibagende. Baba banyemeje tu! Muhezagirwe gose kandi muze muhabwe impera nini.

  • @meirratv

    @meirratv

    7 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @user-xb4mp5mu4x
    @user-xb4mp5mu4x11 ай бұрын

    Imana ibongere inkomeze mukomez mutwigishisha kugira tugire iherezo dyizaaa

  • @meirratv

    @meirratv

    11 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @japhetharagakiza2296
    @japhetharagakiza2296 Жыл бұрын

    Ayayaya Merci beaucoup que Dieu vous bénisse enormement

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen! Que Dieu vous bénisse aussi abondamment 🙏💖

  • @SamuelNsabimana-rp8ri
    @SamuelNsabimana-rp8ri11 ай бұрын

    Courage mwarahezagiwe ntidufis'uko twobashimira Data watwese abogererez'amavuta azobahe iherezo ryiza mwarahezagiwe muradushika kunyota pe nanje ndumwe mubomusangiy'urugendo ruja mwijuru muri misioni ya Bujumbura ububwiriza bwo mu Gahahe mwarahezagiwe

  • @meirratv

    @meirratv

    11 ай бұрын

    Amen Amen Amen 🙏💖

  • @gilbertndikumwami7602
    @gilbertndikumwami760210 ай бұрын

    Aamen amen muragahezagirwa.Ndabakunda cane!

  • @meirratv

    @meirratv

    10 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @SebastianNdikumana
    @SebastianNdikumana5 ай бұрын

    Imana izibah'erezo ryiza

  • @meirratv

    @meirratv

    5 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @merchiadebucumi4247
    @merchiadebucumi42475 ай бұрын

    Mwarahezagiwe courage

  • @meirratv

    @meirratv

    5 ай бұрын

    Amen 🙏💖😊

  • @Grainofliin
    @Grainofliin4 ай бұрын

    Izindirimbo narinazirondeye ndazibura ariko Imana ibahezagire

  • @meirratv

    @meirratv

    4 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @OBEDIIRAKOZE-ly3xi
    @OBEDIIRAKOZE-ly3xi Жыл бұрын

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    🙏💖

  • @wiyangamoussa3002
    @wiyangamoussa3002 Жыл бұрын

    Muhezagirwe cane

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @IsaacNintunze-wu8eq
    @IsaacNintunze-wu8eq8 ай бұрын

    Asante sana Dzikomo kwambili 🙏

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    🙏💖

  • @ntamakirirolevy6275
    @ntamakirirolevy627511 ай бұрын

    Turabakeje

  • @meirratv

    @meirratv

    11 ай бұрын

    🙏💖

  • @merchiadebucumi4247
    @merchiadebucumi42475 ай бұрын

    😂😂

  • @meirratv

    @meirratv

    5 ай бұрын

    🙏💖

  • @jeansonnjejimana8630
    @jeansonnjejimana863011 ай бұрын

    ❤❤❤❤

  • @meirratv

    @meirratv

    11 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @merchiadebucumi4247
    @merchiadebucumi42475 ай бұрын

    😂😂😂

  • @meirratv

    @meirratv

    5 ай бұрын

    Utwengejwe n'iki? Ngira ni umunezero mwinshi! Yesu Kristo aguhezagire.

Келесі