NO STOP CHORALE SEMERERA EP2//UMVIRIZA INDIRIMBO ZIRENGEJE IMYAKA 35 ZIRIRIMBIWE I TANZANIYA
Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Пікірлер: 49
Imana ishimwe cane gose. Jewe ndi muri église catholique, aba baririmvyi narabakunze cane. Naragiye kubaramutsa i Tabola muri Tanzania Aho bita uryankuru. Murakoze
@user-nn1do8ib5e
6 ай бұрын
Imana nawe iguhezagire.natwe turavuga duti:lmana nyene amahoro izobahembere ivyo bakoze
Mwarakoze kuzitwegeraniriza. Yesu abongere umugisha
Murakozeee kuzitwibutsa muradukumbuje ibihe vyakera
Imana ibahezagir
Murakoze cane
Nyuma y'imyaka myinshi nzishaka nongeye kuzumva. Yesu abahe umugisha!
Umwami Yesu abahezagire ibihe vyose aze abagororere ingero yubugingo budashiira
Imana ibahezagore cane baririmvyi
Murakoze caaaaane kuzana ubu butumwa bwiza mudushirireko niyindi album y'ikiswahili ya Heri mtu yule Asie kwenda katika shauli yawasio haki... Asanteni
Amen,amen Imana ikomeze ABA baririmvyi ba kera ,baradushikanye ahandi hantu hi mpwemu,Aho Bari hose Imana ikomeze kubana nabo.
Nibutse Papa wanje akiriho nkiri muto niwe yakunda kuzivuza akanazigisha mur'usengero. Rero abantu muzizanye IMANA Ibahe umugisha kandi Izabahe iherezo ryiza. Natwe dukwiye kugera ikirenge nk'iki aba bantu baciyemwo natwe tukama twibukirwa ku vyiza bisigara vyigisha abantu murakoze.
Nta ndirimbo ya kera Itaryoher' abantu
Mwarahezagiwe
God bless you guys. Can we please have more songs like this?
Murakoze kuduha zino ndirimbo .
Murakoze cane kuri tuno turirimbo,muturonderere vol 1
Amen. Imana ishimwe kubw'aba bagaragu bayo baririmbye indirimbo zifite ubutumwa budasaza!
Ndiho abahezagire cane
Mbega iyi chorale yari iyo mu ruhe rushengero, ico nibuja ni uko izi ndirimbo zasihotse mu myaka ya 1980
Murakoze nanje nazishaka zose
Amen
Muduhe nizindi ndirumbo zaba baririmvyi muzoba mukoze
Muhezagigwe cane ndabipfuriza gushika mwijuru mwese atawuvuyemwo
Bariho
Indirimbo zakera zarimwo amavuta
Imana ibampere umugisha
Amen amen amen
NDIHO UHORAHO NYENINGABO Abahe Umugisha abaturungikiye izindirimbo. Mbega iyi Chorale iracariho? Irihe? Mubaririmvye izindirimbo ntanumwe akiriho? Kuko narabarondeye narababuze abombajije nabo babwiye ngo booose bararangije Urugendo!! None nivyukuri ntanumwe akiriho muraba Bene Data Baririmvye izindirimbo?!
Amen🙏🙏
Aba baririmvyi haraboba bagihari?
Mishireho video zizondirimbo Dividi video
Yesu ashimishwe murakoze nari narazibuste ngiyi chorale yimyaka yose muzotubarize aho bari mwoba mukoze
@bugomasipola9075
Жыл бұрын
Bari mw'Ishengero riri muri TZ.Mu ntara yitwa Tabora.Mw'Ishengero rya Ulyankulu .Bari muri camp y'impunzi z'Abarundi.
@bugomasipola9075
Жыл бұрын
Ariko muribo har'abamaze kwitaba Imana.
@angenshimirimana9461
Жыл бұрын
Imana ibahezagire cane mutwibukije ibihevyiza mbe umuntu yozironka gute muri frash
@cyprienkabanda1030
2 ай бұрын
@@bugomasipola9075Ni byo urabyibuka kabisa. Ndabakumbuye cyane nazumvaga muri za 1993 i Kigali.
@cyprienkabanda1030
2 ай бұрын
@@bugomasipola9075Abashoje urugendo Imana ibakire mu bwami bwayo. Yoooo, ndababaye. Narabakunze kugeza n'ubu nkibakunda.
ARIKO MWARI KUZIDUHA ZIRI HAMWE ZOSE. ATARI MUBICE 2
Izi ndirimbo zinyibutsa urupfu rwa Nyakwigendera NDADAYE Melchior, abo bakorana hamwe n'abana 2 twavukana. Bica binyibutsa n'intambara yaciye ikurikira igatuma tuza turara mu gahinga. Ico gihe, izi ndirimbo zaravugijwe cane kuri Radio y'Igihugu.
@UMUCOWERATV2021
2 күн бұрын
😭😭😭😭
Iri torero n' irihe?
@mamanbella5460
Жыл бұрын
Ndabakunda cane icompa mukazogira iherezo gyiza
Izondirimbo zaramfashije1998 ndimubih bigoy nubu inkomezi nakanovera kazo biraca'nyubaka hezagirwe bene data tuzohurire mwijuru
@Charles-vt1ci
Жыл бұрын
Ntaworonka ukoyoshima kubatwegeranirije Zino ndirimbo iimanbahezagire kubumenyi bwanyu murakoze
@Charles-vt1ci
Жыл бұрын
Turavyigihe zavugamwo carigihe kigoye cane narimuto sinazitegera arikubu ndazivuza nkagatanu kumusi mwarakoze cane amen
@Charles-vt1ci
Жыл бұрын
Turavyigihe zavugamwo carigihe kigoye cane narimuto sinazitegera arikubu ndazivuza nkagatanu kumusi mwarakoze cane amen
Amen