😭😭INTAHE IBABAJE CAANE//YAPFUYE AMENYE AMABANGA YOSE YAHO YAKUYE UBUSHOBOZI BWOGUKORA IBITANGAZA🧜♀️
Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Пікірлер: 25
Yesu abahezagire murongozi
Imana idutabare caane ,nigihe ciherezo imana iduhubwe, kandi nuyo mupastori imana imuharire
Murakoze cane kurubu butumwa Yesu atwuzuze Mpwemu yera Ava mwijuru
Imana idutabare ivyiki gihe Ntivyoroshe. Gusa biragwiriye.
Nukuri imana ibahezagire kuko biboneka beshi bamaze kuzimizw ninyigisho zibinyoma
Es'Imana yoba yaramutabaye ikamuharira yemwe benedata ,ndababaye caneee,tube maso dusenge cane
Amen yesu
ntivyoroshe kweli. Imana idufashe
Yesu nadutabare knd aduhe namaso namatwi nubwenge bwimpwemu Kugir dushobor kurobanura ibihwany nibidahwany.kk ivyo biragwiriye
Birababaje
YESU weeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeraaaaaaaaaaaaaaaa
Urakoze cane Ku ntashe yawe nzoza.
Nukuri kabisa
Imana dutabare
Imana idutadare
Amen,Amen,Amen.
Murakoz
Yesu weee
Birababaje😢😢😢😢😢
Mana yacu urimwijuru dutanare tugendere mungendo ziguhimbara uzobukoze 🙏
Yesu abahezagire murongozi
Birababaje😢😢😢😢😢
@AmielIranzigama
8 ай бұрын
Iyinkuru irababaje cane .ikibabaje cane nuko bemshi cane batabonako nabo bakurikiye amafaranga amategeko y'Imana kayirengagiza wewe wadushikirije iyinkuru uhagazegute nabawe? Mbega natwe tuvyumvise ubwo ntitwakutikiye yanzira icamwo beshi? Bavugako amategeko yakuweho nurufpu rwa Yesu? Ntahutaniye nuyumugabo ariko wewe biranonekako yafpuye yihanye jewe nawewe gute?
@AmielIranzigama
8 ай бұрын
😮😮