Ibyahisuwe 14:13 Numva ijwi rivugira mu ijuru rimbwira riti “Andika uti ‘Uhereye none hahirwa abapfa bapfira mu Mwami wacu.’ ” Umwuka na we aravuga ati “Yee, ngo baruhuke imihati yabo, kuko imirimo yabo ijyanye na bo ibakurikiye.”
Igire mutama waramfashije kugumana na Kristo ubwo wanna hafi ku Ntahangwa mu nyigisho z'urubatizo kdi wari umwungere en 1994 avant que ntahuka mu Rwanda,n'ubu ndakobenje sinzoreka igire tuzagusanga yo
@socrategfay4620 Жыл бұрын
Pasteur Lamec ni mzee mushahuri wangu, na furahi kuona Ana maliza vizuri.
Пікірлер: 143
Itahira mahoro mutama. Imana wakoreye izoguhembe .Ripa mutama kwisi nuko siyacu.
Imana iguhe uburuhikiro bwiea papa wacu ntituzokwibagira warumuvyeyi wimpfuvyi nabapfakazi❤
AMEN MWIRUHIKIRE AMAHORO
Iman ntaco izokora itibiye akabanga abasavyi bayo ivugisha.
Uzompe kukwitaba vyizigiro aho uzohamagara amazina Amen muruhuk mumahoro mukozi w Imana Guherubw arambarir ati hahirwa abo bashumba shebuja azoza agasanga bari maso Amen
Amen Mana uradushoboza kugira iherezo ryiza kuko kuriyisi tunanizwa navyinshi
RIP ariko c abantu twabay gute kuk dushira hanze ubukorwa vy'umuntu vyiza yakoze aruko apfuyeeee akiri muzima tutabisangij abandi shaaaa ucumenga dukunda agapfuyeee mbiswa nirenganire
@ceciletuyisenge9352
Жыл бұрын
Urabesh ubutumwa bwiw bwariko kuri you tube
Yesu agutuze heza cane mukozi w'Imana warakoze ibikwiye kwubaka ishengero rya Kristo natwe Umwami adufashe gukurikiza amajambo y'Imana meza twigishijwe
Imana ikomeze kumutuza aheza@kuko yakoze ivyiza akiriho.natwe tumwigireho
Warayikoreye Mukozi w'Imana. Imirimo y'abera Izagenda Ibakurikira
Imana yakwakiriy cn gose
Ibyahisuwe 14:13 Numva ijwi rivugira mu ijuru rimbwira riti “Andika uti ‘Uhereye none hahirwa abapfa bapfira mu Mwami wacu.’ ” Umwuka na we aravuga ati “Yee, ngo baruhuke imihati yabo, kuko imirimo yabo ijyanye na bo ibakurikiye.”
Nukuri iki gihe Umukwe ariko atwara umugeni wiwe Mana mpa guhinduka vyukuri Umpishe mumababa yawe kuk ibiri imbere ntivyoroshe R.I.P mon Pasteur
Urugendo gwiza mukozi w'lmana lman icoma nkanzokubona mwijoru
Amajwi yiwe ntasohoka,ntanakimwe twumva. Ahasigaye niyiruhukire amahoro,isaha y', Imana yarigeze!
@iribaryiza1
Жыл бұрын
Biraterwa na telephone mukoresha ahandi birumvikana
Ubu avyagiye ahera mw'ijuru. Abamalayika baranezerejwe no kwimbura umugeni
@prospernkunzimana4860
Жыл бұрын
Ruhuka Muvyeyi mwiza.
Umwami Yesu agira neza kandi n'umwizigirwa muri vyose. Tuzohurira mu Bwami bwa Yesu kristo.
@muhamuha-6965
Жыл бұрын
Bizindavyi Gervais indirimbo ya tenzi za kijini 102
Imana imwakire
Uyumutama Imana Imwakire mubwami bwayo
Mwarakoze cane Mon Pasteur !!! Kutureresha Amajambo y'IMANA mu Gice, impanuro zanyu, amasengesho yanyu. Mwarakoze cane
Yesu uzoduh iherezo ryiza
Umwami Imana Irera kandi ni Umunyarukundo
Ruhuka amahoro mukozi w' Imana imirimo myiza wakoze iguherekeze 🙏
Ruhuka amahoro mukozi w'Imana
Mwigisha uruhuk amahoro hari bensh twamenya yesubkubwayo natwe tuzohuriray mwijuru
YESU UZOMPE KU KWIZERA NO GUKORA IBIKORWA VYO KUGOROROKA ,NKORE NIVUYE INYUMA NTIDODOMBA. KANDI UMPE KUGUMA MU MUHAMAGARO WAMPAMAGARIYE.
Amen Mana urampa iherezo ryiza
Iruhuko ryiza cane mwarayikoreye mubikiwe ibitsibo
Murakoze kuduha ivyo yasize avuze
Iruhukire amahoro warakoreye Imana
Iruhukire mukozi W'Imana wararikoreye rijandajande mwo
Imana ikwakire mubwami bwayo papa wachu😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
Uyu hisi IMANA imwakire vrt ntakintu nakimw yavuze kitariko gishikir ibihug u nacane uburundi .
Ruhukira amahoro mubwami bw'Imana 🙏🙏🙏papa wacu😢😢
Uyumisaza yakoreye imana nka mpyisi
Ndakwinginze Mana uzumpe iherezo Ryiza.
Imana ikwakire mubwamibwayo
niwigendere namahoro MUTAMA wanje IMANAiguhe uburuhukiro budashira
Naruhuke amahoro kandi Imana imumenyere uruhande rumukwiye kuko ijambo ry'Imana rivunga ngo Numva ijwi rivuye mw ijuru rimbgira, rit' Andika, ut' Uhereye none hahirwa abapfa bapfira mu Mwami. Kandi Mpwemu aravuga, at' Ego me, ngo baruhuke ubutame bgabo, kukw ibikorwa vyabo bijana na bo bibakurikiye. Ivyahishuriwe Yohana 14:13
Nanje Mwami uzumpekurangiza neza
@iribaryiza1
Жыл бұрын
Amen amen
Hahirwa abapfa bapfira MWAMI
MWISI, TURI INYAMBUKIRA N'INGNZI!!!! ICOMPA TUKAGIR'IHEREZO RYIZA!!!
ruhuka amahoro mushumba wImana.wakoz ibikorwa vyiza wakorey Kristo mubwizigirwa aguhe gutuza ahera
Ndagusavye uzompe iherezo ryiza mana😢
Aho muri murasinziriye.Murangije neza.mwaratwigishije bikwiye tuzokwama tubibuka
Ruhuka mahoro Hahirwa abafabafira mu Mwami🙏🙏😭
Hahigwa abapfira mu mwami RIP mon Pasteur
Imana iko yimbura abantu bayo vyukuri.. rest in perfect peace papa 😭🙏
@jeanmpozenzi3794
Жыл бұрын
Ppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppppp de
Imana iguhezagire
Yoooo yafuye nasinzire abayo ntabwo bafa barasinzira yoo mudusabire natwe turinyuma tuzarangiz neza 😢😢😢😢😢😢
Rest in Peace .Twamenye Yesu kuko witanze ukamutumenyesha ,tuzokubona muri bwa bukwe.
Iruhukire amahoro warumuvyeyi wakarorero icompa nkazogira iherezo ryiza nkirya bagororotsi
Tuzohurirayo kabisa
Icompa nkazokwipfira nkukw'abagororotsi bapfa
Aratashe....yooo...mwijuru numusi mukuru kweli.
Wavuga nkuwugira yigire manawe izompe nanje mbe mubawe nka pasta😭😭🙏🙏
@iribaryiza1
Жыл бұрын
Amen amen
Ni wirukire amahoro❤
yaratubwiye
à Dieu pasteur Lameck on t'aime
Imana idufashe
Rest in peace man of God wakoreyimana ni wiruhukire mu mahoro
Ibikogwa vyiza wakoze bigukurire Pasteur wacu
Niwigire Amahoro Muvyeyi wanje
R I p papa😢😢 sinkeka ahuri uramajoro ❤❤❤❤
Yesu yaraguteguj papa rukamumahoro
❤❤❤
Ameen
Iruhukire amahoro warayikoreye
Mana nisabiye iherezo ryiza nkiri mwisi umpe kugukorera
Bambimyambar yera warayikorey
Nimwiruhukire muvyeyi wacu wari waratwigishije vyindhi nuko abantu batumva
😢😢😢😢 terribles
Mwijuru numusi mukuru kweri kk atoye umugeni wiwe
Rest in peace Papa!!!
Nezerwa Aho uri niheza
Amen
Imanimwakire mubwamibwayo aze adusabire natwe
Rest In peace the Man of God
Igire mutama waramfashije kugumana na Kristo ubwo wanna hafi ku Ntahangwa mu nyigisho z'urubatizo kdi wari umwungere en 1994 avant que ntahuka mu Rwanda,n'ubu ndakobenje sinzoreka igire tuzagusanga yo
Pasteur Lamec ni mzee mushahuri wangu, na furahi kuona Ana maliza vizuri.
@eugenekayitare2610
Жыл бұрын
7
@eugenekayitare2610
Жыл бұрын
7
@eugenekayitare2610
Жыл бұрын
7
@eugenekayitare2610
Жыл бұрын
7
@eugenekayitare2610
Жыл бұрын
7
Ameeeeen
Uwiteka arikumwe nawe
Aheza mwijuru tuzeduhurireyo
Rest In Peace
Warayikoreye iruhukire muvyeyi Rip
❤
Rip mutumishi wamungu
yiruhukire amahoro uwo mutama,tumuziko vyishi vyiza
Rest in heaven papa🙏❤️
Rip papa lameck
Ni mwiruhukire amahoro papa wacu
--Murabe amashusho mupresenta kuri video ko aba ameze neza. Be careful Iriba ryiza Tv. -- RIP to our Pastor 🙏
Ruhuka mumahoro mutama wacu intahe zawe zizohindura beshi muri twebwe abuzukuru nawe
Uburuhukiro bwiz
R.I.P
Rest in Peace mugiye tukibakeneye muvyeyi ark ruhuka amahoro
Rest in peace my Pastor
Nukuri abo wigishije tugakomeza turakwibuka ntituzagutenguha ushoje neza ruhukira mu mahoro
Rest in peace
Niyigiramahoro yarabovyimbuto