😭😭😭Nibi agiye ABIVUZE: HUNGA AMACAKUBIRI Y'amoko!!

Mu kiganiro Pasteur Lameck twagiranye yatubwiye Ivy'amoko uko yavutse Nuko abaKristo bakiye kubihunga. Yavuze na kahise kiwe

Пікірлер: 40

  • @cecilebukuru2298
    @cecilebukuru2298 Жыл бұрын

    RIP mutama wacu.Uratabarutse.Usoje Ikivi.Ntituzokwibagirwa Ubutwali bgawe.Wambereye Pastor kuva mu buto bganje.Ugiye tukigukeneye,ariko Imana yagukunze kuturusha.

  • @octaviennendayifukamiye4754
    @octaviennendayifukamiye4754 Жыл бұрын

    Muvyeyi wacu ntankeka ijuru wakoreye mu bwitange bwinshi urarishitsemwo turwa imiruho ni mibabaro lcompa nanje nkazorangiza amahoro,nkukwabagororotsi barangiza Amen amen

  • @horimberepeace7376
    @horimberepeace7376 Жыл бұрын

    HALLELLUA HALLELLUA URAKOZE GOOOSEEE YESU CHRISTO 🙌🙌🙌🙌🎸🎸🎸🎸🎸🎶🎶🎶📯📯📢📢📢📢📢

  • @winnyroda7558
    @winnyroda7558 Жыл бұрын

    Amoko benshi mumashengero baracayicayeko kd bamaze igihe kinini mwishengero uyu mutama yarabahanuriye nimba mutavyumva nyaho muzoja ayomacakubiri yamoko nintara akibaboshe mumitima mutayihanye miriko muruhira ubusa muzotahira ubusa kd ibindi mwarabikoze kumusi wurubanza umwami azobihakana nsimbabesha

  • @winnyroda7558
    @winnyroda7558 Жыл бұрын

    Icokintu benshi carababoshe bagaragaza kuvugimana nimirimo yiwe ariko ubwoko bwabahutu abatutsi nabandi benshi baracabigendera mumitima yabo ubwibone ngubwoko kanaka ngo basa nabi bamw banka nogushingiranira kubera ubwoko cnk intara uvamwo nukuri birababaje kubantu bitwa ngo nabakristo Yesu arabihweza ibwina iwabo akarira Mana tabara kubemera guhindura

  • @dejuniorthierry7074
    @dejuniorthierry7074 Жыл бұрын

    Ijuru wakoreye rikwakire natwe turinyuma yae kumana ntiturota tuyivako until we win this world🙏

  • @Zn33755
    @Zn33755 Жыл бұрын

    Imana imwakire mu ntungane n'intumwa zayo yongere iremeshe abiwe asize ibahe kugumya iragi ryiza abasigiye

  • @jeanclaudenijimbere120
    @jeanclaudenijimbere120 Жыл бұрын

    Hahirwa abapfa bapfira mu mwami Yesu christo

  • @jeanboscondikumana8489
    @jeanboscondikumana8489 Жыл бұрын

    Mwarakoze mutama kukiringo twamaranye,mutwigisha ariko abirabure ntibakomoka kuri Hamu,wibeke yuko Afrika est le berceau de l'humanité,kand muri Afrika niho ikiremwe muntu gishobora kubaho kitambaye kandi umuntu ntiyavukanye impuzu,

  • @anny7238
    @anny7238 Жыл бұрын

    Imana, ikwakire,, pp, ruhuka, amahor, watuberey, umugish, muri vyish,, icompa, nanj, nkarangiza, neza, nkabera,,

  • @bigirimanapapy5253
    @bigirimanapapy5253 Жыл бұрын

    Amen Amen Amen

  • @eddyneyfhh7034
    @eddyneyfhh7034 Жыл бұрын

    Rip muvyeyi wirqngirij neza ese natwe tworonkayomahirwe

  • @ericuwimana8327
    @ericuwimana8327 Жыл бұрын

    Sinkekeranya! Ijuru niryiw yararikorey! Esenyigishoziw,abasigay ,mugwan intambanziza! Ariko mbonavyubu bigoy! Abimber bazoba abanyuma! Vyiza nugukora vyo yesu agomba

  • @wiyangamoussa3002
    @wiyangamoussa3002 Жыл бұрын

    Un Baobab de l eglise Pentecôte de NTAHANGWA Au Burundi nous a quitté RIP

  • @gisaclaudine2342
    @gisaclaudine2342 Жыл бұрын

    Imana nimwakire

  • @valenenzoyisaba7148
    @valenenzoyisaba7148 Жыл бұрын

    Amen

  • @MamaTwinsboys
    @MamaTwinsboys Жыл бұрын

    Background music iri loud ntabwo tumva ivyavuga neza mube mumanza kuyipunguza canke kubi check imbere yuko muposting please. RIP🕊 Papa 🕊

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 Жыл бұрын

    Ha !!! Si ubu aho ubutegetsi bukurikiravinzira ija mwiburu. Ngura ni mubutegetsi bugiye kuza. Naho ubwiki give ??? Imizi yamacskubiri izoba yarabavuyemwo ??? Sindabizi

  • @nzeyimanamatthieu2722
    @nzeyimanamatthieu2722 Жыл бұрын

    Ndashimye cane kubantu bamuhaye ibi biganiro . Nibizima cane . Muhezagigwe.

  • @iribaryiza1

    @iribaryiza1

    Жыл бұрын

    Amen amen

  • @henriettendayiragije735
    @henriettendayiragije735 Жыл бұрын

    Iyonibutseko ntigera numva mfise mumutima amacakubiri umutima wanje uranezerwa cane.

  • @winnyroda7558

    @winnyroda7558

    Жыл бұрын

    Warahezgiwe ncuti

  • @Mukeshapo-hq6xc
    @Mukeshapo-hq6xc Жыл бұрын

    😊

  • @nindemeshamuheburayo8803
    @nindemeshamuheburayo8803 Жыл бұрын

    RIP

  • @cizasteve-pg8sd
    @cizasteve-pg8sd Жыл бұрын

    Ngoyesu igihe yapfa isabato yaciyibyegezwa vyanditsehe? Mbega intumwa kozaruhutse isabato ? Yemwe igisha ukuri ukwokuri mbeg ivyagezw haricanyegejwe

  • @JacksonJacknday
    @JacksonJacknday Жыл бұрын

    Rest in peace mukozi w'Imana! Imana ikwakire mubwami bwayo!

  • @cizasteve-pg8sd
    @cizasteve-pg8sd Жыл бұрын

    Yavuga neza Niko haribinyoma ashiramwo

  • @ccyoutube1485

    @ccyoutube1485

    Жыл бұрын

    Urazane ukuri kwawe nawe tubohoke

  • @cizasteve-pg8sd
    @cizasteve-pg8sd Жыл бұрын

    Vugukuri ntimugushore mbega murazi abantubishwe bahogwa isabato kugira yibagigwe? Ariko umwami ashimwe nubu iracariho .arambabaje kubinyoma yavuze

  • @bnjamindayisaba1326

    @bnjamindayisaba1326

    Жыл бұрын

    Mpore ncuti ndunva idini ryaragufash si wew kimw gusa I Sabato ntaho izojana umuntu mwijuru witeze kuzira I Sabato cank kuzira Kristo? Nyamba ushaka kumenya no gutahura ndagutumiy uze ukurikiran Channel yitwa Vase d honneur uzotahura lmana ikugiriye Ubuntu kuko idini ririca ncuti

  • @cizasteve-pg8sd

    @cizasteve-pg8sd

    Жыл бұрын

    Oya isabato nicokimwe bibindi vyagezwe kuko nayo irimuvyagezwe cumi iconase nikubesh ngwisabato yaranyegejwe ikibazo yanyegejwe nand vyanditse hh muri bibiliya

  • @cizasteve-pg8sd

    @cizasteve-pg8sd

    Жыл бұрын

    Ishura ikibazo ntimwitwaze ivyamadini !

  • @fabricenizigiyimana

    @fabricenizigiyimana

    Жыл бұрын

    @@cizasteve-pg8sd ngira nkubwire nti pol sana mwagwanije yesu NGO mworeka kugwanya umuntu.rindira bizoshigwa ahabona

  • @natachakwizera

    @natachakwizera

    Жыл бұрын

    Yesu wenyene yivugiye kwariw isabato nogukiza abarwayi mbere yabakiza kumusi bavuga ng n isabato!!none ivyo ushak kudutahuza n ibiki??

  • @wamupepe5301
    @wamupepe5301 Жыл бұрын

    Ba kolonija bagize nabi Cyana mu mitwe ni mitima: ngo abatutsi ,ngo abahutu, quelle stupidité ? C'est quoi cette classification ? Elle cachait quoi ?umutego,amateka twese, no?

  • @jean-petituwimana1943
    @jean-petituwimana1943 Жыл бұрын

    Pasteur Ramec RIP

  • @imvangetv9425
    @imvangetv9425 Жыл бұрын

    Muturondere abatama nkabatwitangiye imbere bakomeze kudutahuza vyishi