SHETANI ARAMBURA UMWAMI YESU AKAMBIKA||UMWUNGERE WA MBERE ELIE NDIKUNKIKO

MEIRRA Tv dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima ibicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 10

  • @siwemaesther216
    @siwemaesther2163 жыл бұрын

    Ndasavye muzoduhe inamba zuyu mukozi wimana muroba mukoze cane

  • @chrissbalaiy4787
    @chrissbalaiy47873 жыл бұрын

    Imana igira neza

  • @venantiekabahizi8837
    @venantiekabahizi88373 жыл бұрын

    Amen 🙏

  • @jeanclaudenkurunziza216
    @jeanclaudenkurunziza2163 жыл бұрын

    Umuvyeyi wacu IMANA imuhezagirire

  • @jeanmercierntacitangiriye7623
    @jeanmercierntacitangiriye76233 жыл бұрын

    Umwami Yesu Christo abahezagire

  • @meirratv

    @meirratv

    3 жыл бұрын

    Amen!

  • @emmanueljohn5965
    @emmanueljohn59653 жыл бұрын

    Amen Turabakunda MUVYEYI WACU

  • @meirratv

    @meirratv

    3 жыл бұрын

    Amen!

  • @beatricebybh2545
    @beatricebybh25453 жыл бұрын

    Dutabaze tel z, uyu mukozi w, Imana. Murakoze caane. 🙏

  • @meirratv

    @meirratv

    3 жыл бұрын

    Reka tuzozibaronderera!

Келесі