Umviriza Ico Pasteur LAMECK avuga ku RWARUKA

Uyu mutama arimwo ubutunzi bukomeye mwumvirize ufashwe.

Пікірлер: 11

  • @ukuriijambo9418
    @ukuriijambo9418 Жыл бұрын

    Mwarakoze mwabahizi b'inkomezi mwe

  • @desirenshimirimana295
    @desirenshimirimana295 Жыл бұрын

    Ndahimbawe cane namajambo.pasteur wacu ashikirije Imana imutuzigamire aduhaye impanuro nziza cane

  • @iribaryiza1

    @iribaryiza1

    Жыл бұрын

    amen amen

  • @floridendayisaba7860
    @floridendayisaba7860 Жыл бұрын

    Nashikire ubwiza yateguriwe kabisa yarintwari

  • @ElissaNiyonizeye-qc9ie
    @ElissaNiyonizeye-qc9ie3 ай бұрын

    Amen.

  • @kaburagad7268
    @kaburagad726810 ай бұрын

    Ruhuka amahoro Muvyeyi wacu

  • @israelpacific6775
    @israelpacific6775 Жыл бұрын

    Ntamupaster azobaho uretse Rameki jewe twarabanye mubuyenzi nabasiramu bamushingira intahe

  • @ghffcfggffg6083
    @ghffcfggffg6083 Жыл бұрын

    Imana imukomez

  • @iribaryiza1

    @iribaryiza1

    Жыл бұрын

    amen

  • @juldasnikwitanga9697
    @juldasnikwitanga9697 Жыл бұрын

    Imana ikutuzigamire mutama

  • @iribaryiza1

    @iribaryiza1

    Жыл бұрын

    IMANA IMURINDE

Келесі