INTAHE IKOMEYE😭: NARAYE HANZE MPUNGA ICAHA C'UBUSAMBANYI/IMANA IHEMBA NEZA KUBIHANGANYE by Mme Jacky

Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
#intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts

Пікірлер: 44

  • @user-vb6kz3zz7c
    @user-vb6kz3zz7c29 күн бұрын

    Mama barouk , lmana ibahezagire,iki gihe twagiranye ibihe vyiza , narafashijwe nintahe zawe.

  • @GloriaKundumukiza
    @GloriaKundumukiza9 күн бұрын

    Amen murakoze kuntahe nziza muduha

  • @iribaryiza1

    @iribaryiza1

    9 күн бұрын

    Amen

  • @EricNZIKWINKUNDA
    @EricNZIKWINKUNDA23 күн бұрын

    😮 😢 Ty pp 2:17 2:17 2:19 2:20

  • @onesiphoreburuma274
    @onesiphoreburuma274Ай бұрын

    Imana iguhe umugisha mwene data, intahe yawe irubaka rwose. Mugire umugisha wo kubandanya ukorera Imana.

  • @MarieChantalINAMAHORO
    @MarieChantalINAMAHOROАй бұрын

    Amen 🙏 Imana ibandanye ibahezagira

  • @user-lb8yx2rh4i
    @user-lb8yx2rh4i29 күн бұрын

    Amen

  • @user-on6eo8jl9f
    @user-on6eo8jl9fАй бұрын

    Urakoze kuduha ubutumwa

  • @RosetteNitunga
    @RosetteNitunga26 күн бұрын

    Amen.ndabona uracari mugakiza kweli.

  • @user-kx1cc7si8c
    @user-kx1cc7si8cАй бұрын

    Izintahe zadufashaaa umwami Mana ahabw icubahirooo!

  • @FernandoRuzoviyo
    @FernandoRuzoviyo24 күн бұрын

    Yoo sha ndibuka uduhanura mw'ishure

  • @user-xi1qu7dx2x
    @user-xi1qu7dx2xАй бұрын

    Mam intahe yaw ir kumfash yesu aguhesh umugish

  • @jacquesniyomwungere2981
    @jacquesniyomwungere2981Ай бұрын

    Ooo Jackie ndakuzi nukuri waru mukristo mwiza mwishengero ryo mu kibenga Imana akumpezagirire uracakunda Imana

  • @CelenieNsavyimana
    @CelenieNsavyimana25 күн бұрын

    ameni lmana lkutuzigamire maze

  • @user-li2uj8mw2m
    @user-li2uj8mw2mАй бұрын

    Yesu Kristo ahabwe icubahiro!

  • @NathalieMutoni

    @NathalieMutoni

    Ай бұрын

    Amen

  • @Souavis-ladouceBigirimana
    @Souavis-ladouceBigirimanaАй бұрын

    Imana igira neza caneee

  • @oso-dannyndayisenga1602
    @oso-dannyndayisenga1602Ай бұрын

    Imana ikomeze ikugirire neza muvyeyi

  • @user-vb6kz3zz7c
    @user-vb6kz3zz7c29 күн бұрын

    Maman barouk, uyu munsi narafashijwe cane.

  • @JoanaKeza
    @JoanaKezaАй бұрын

    icubahiro nicimana 🙏🙏🙏🙏🙏👏👏👏👏

  • @AdelinHasabumutima-ks3vs
    @AdelinHasabumutima-ks3vsАй бұрын

    Emawe imana iguhaze umugisha.imana yarakoze kuguha kwihangana.amafranga azoboneka

  • @sarasarah2242
    @sarasarah2242Ай бұрын

    Imana iratabara

  • @HB-vj5zo
    @HB-vj5zo25 күн бұрын

    Abakobwa nka we kino gihe tuzosubira kubakura hehe koko

  • @NteziryayoPrisca
    @NteziryayoPriscaАй бұрын

    Ndafashijwe kubera wabaye nka Daniel ugafata imigambi myiza yo kutiyanduza Imana nayo igashyigikiza imigambi yawe.komeza uhezagigwe

  • @EmmanuellaNDAYISHIMIYE-iy2ln
    @EmmanuellaNDAYISHIMIYE-iy2lnАй бұрын

    Imana igukomeze

  • @VioletteNZIGAMASABO
    @VioletteNZIGAMASABO27 күн бұрын

    Turi ababanyi disi naj mvuka i matongo.intahe yaw turayisangiy kweri.

  • @iribaryiza1

    @iribaryiza1

    27 күн бұрын

    Duhe intahe nawee uko Bimeze twanndikire Kuri +25761053102

  • @user-ns7jb2wm5c
    @user-ns7jb2wm5cАй бұрын

    Iyutayikojeje isoni nayo ntasoni Igukoza,Iragahora kungomaaa

  • @biosanta8628
    @biosanta8628Ай бұрын

    Uwiteka azakwiture kuba warashoboye kunesha

  • @GeremyNdereyimana
    @GeremyNdereyimanaАй бұрын

    Okp 'okm😊oo karibukpioloo Lo

  • @GivenLubenda-cc6xr
    @GivenLubenda-cc6xrАй бұрын

    I'mana ninziza ibihe byose

  • @ibuyerizimatv
    @ibuyerizimatvАй бұрын

    Turabakunda mwa mpfura mwe mugubwe neza

  • @iribaryiza1

    @iribaryiza1

    Ай бұрын

    Amen amen Mugenzi

  • @hatungimanavianney
    @hatungimanavianneyАй бұрын

    Imana ibahézagire turigufashwa cane

  • @lisndikuman6470
    @lisndikuman6470Ай бұрын

    ❤❤❤❤❤❤🎉

  • @nyirambarushimanaclementin9723
    @nyirambarushimanaclementin9723Ай бұрын

    yego njyufasha imfubyi nabapfakazi

  • @ishimwegracekelly8737
    @ishimwegracekelly8737Ай бұрын

    Egoo shaa jack ndamuzi twarabanye mukinanira

  • @user-ni7xy4mw5d

    @user-ni7xy4mw5d

    Ай бұрын

    Nanje twabanye kugatumba,dusengana sunday school

  • @user-fc1jk4xt1d
    @user-fc1jk4xt1dАй бұрын

    Sha ntaco nvuze umutima ukubarire

  • @iribaryiza1

    @iribaryiza1

    Ай бұрын

    Shaka h Ukivuge ntakibazo

  • @user-gb9fi2pc9c

    @user-gb9fi2pc9c

    Ай бұрын

    Kubera iki ?

  • @NiyongereAlice-lx6nq
    @NiyongereAlice-lx6nqАй бұрын

    Amen

  • @sarasarah2242
    @sarasarah2242Ай бұрын

    Imana iratabara

Келесі