Vyumve vyogufasha Ep 3: Witonde!!!Nareze abana 9 kandi navyaye 3//BUKEYENEZA Joselyne

Ойын-сауық

Mwipfuza kuyaga natwe kuri telefone mwokwifashisha iyi numéro +25762924265 (Appel & Whatsapp) canke +25779476307 (Appel & Whatsapp) ariko kandi mwonatwandikira kuri Email yacu: neemagospeltv@gmail.com . Ivyiyumviro vyanyu,intererano zanyu kubw'ibiganiro n'ubutumwa tubashikiriza,vyose birahawe ikaze kubwo gutegura umugeni wa Kristo Yesu

Пікірлер: 75

  • @DianeUwimana-f7j
    @DianeUwimana-f7j3 күн бұрын

    Yesu naguhezagire ncuti yanj warahezagiw cn ndipfuzumubonano wanyu ncuti nanj vyonfasha ncuti

  • @bernadettesakubu5186
    @bernadettesakubu51864 күн бұрын

    Mme joselyne ndakuramukije cn yesu agukomeze muri vyose ndifuza nmro zanyu.

  • @user-bq7gf5ee2h
    @user-bq7gf5ee2h3 күн бұрын

    Ariko Mana ugiraneza..ndafashijwe caan.lmana iguhe umugishaa

  • @giselemunkurize6232
    @giselemunkurize62323 күн бұрын

    Amen🎉si Imana y'utajambo jambo🎉Irera🎉

  • @user-vf4ji8nt5z
    @user-vf4ji8nt5z5 күн бұрын

    Nukr simana yutujambo Jambo irera Kandi irera ❤❤❤

  • @EgideNdayizeye-b7p
    @EgideNdayizeye-b7p21 сағат бұрын

    Amen yesu aguhezagir kand warahezagiw niman yesu ashishikare kukonger imbaraga

  • @jeanbosconkengurutse291
    @jeanbosconkengurutse2915 күн бұрын

    Yaravyibushe José nukuriii 😂

  • @user-ew3uk8fm8q
    @user-ew3uk8fm8q4 күн бұрын

    Ndafashijwe❤

  • @ParfaitNiyubahwe
    @ParfaitNiyubahwe13 күн бұрын

    Egoo kweli s'Imana y'utujambojambo

  • @dusabeangeraissa3705
    @dusabeangeraissa37053 күн бұрын

    Déleguée wanje shaaaa kuri LMM

  • @deborahhatungimana4113
    @deborahhatungimana41139 күн бұрын

    Maman winner twabanye neza mukanyosha Imana iguhezagire

  • @KlodK-uf6nr
    @KlodK-uf6nr5 күн бұрын

    Uruwacu muvyeyi udusenger

  • @ClaudineNshimirimana-dm1fd
    @ClaudineNshimirimana-dm1fd2 күн бұрын

    Imana iguhe umugisha muvyeyi ndagukunda ❤❤

  • @merveillejeannettewitonze6752
    @merveillejeannettewitonze67522 күн бұрын

    Natwe Niko twabayeho kuri mukadata , twabirya dufuhagirika rimwenarimwe ntanabiduhe, agaca atubwira ngo turiko turahatira ivyo tudasumye , akatubwira ngo ntaco tuzimarira ariko Ubu araturaba akaduh'icubahiro Kuko tur'abanyacubahiro

  • @niyurukundofelicite790
    @niyurukundofelicite79010 күн бұрын

    Imana iguhezagire warapfunditse ipfundo nka doruka

  • @user-ew3uk8fm8q
    @user-ew3uk8fm8q4 күн бұрын

    Ahoni inyakigongwe

  • @stitore2388
    @stitore23889 күн бұрын

    Yesu weee ndafashijwe imana iguhemugisha

  • @RichardBukuru-cq1nl
    @RichardBukuru-cq1nl9 күн бұрын

    Imana Iguhe umigisha myinshi cane Joselyne.

  • @JeannetteNSABIMANA
    @JeannetteNSABIMANA11 күн бұрын

    Yes'aguhezagire uranyubatse nanje

  • @PatrickNkunzimana-gq7cv
    @PatrickNkunzimana-gq7cvКүн бұрын

    Hahahhhh,Haleluuuuuya ,Eface tout

  • @KlodK-uf6nr
    @KlodK-uf6nr5 күн бұрын

    Imana yaraguhaye impano pe!!

  • @gigxjr9754
    @gigxjr975411 күн бұрын

    Nanje narayibonye !

  • @PaulNiyongabo-m5v
    @PaulNiyongabo-m5v5 күн бұрын

    Amen

  • @LeonceNgendakumana-qg5qu
    @LeonceNgendakumana-qg5qu12 күн бұрын

    Imana iguhezagira mukozi wa Yesu

  • @chancelynendabacekure4870
    @chancelynendabacekure48707 күн бұрын

    Ndafashijwe disi harintahe ihembura umutima pe

  • @revprjuvenalndayishemeze7354
    @revprjuvenalndayishemeze73549 күн бұрын

    Uhoraho abahezagire Joselyne iyo Mana twarayibonye ikora ibikomeye kubugingo bwacu.

  • @JoselyneBUKEYENEZA

    @JoselyneBUKEYENEZA

    7 күн бұрын

    Yesu abahezagire

  • @EuphemieBukeyeneza
    @EuphemieBukeyeneza12 күн бұрын

    Amen ihoza amarira pee

  • @AdnetteGahezagire
    @AdnetteGahezagire10 күн бұрын

    Amen 🙌 ndafashijwe

  • @JeanetteNtibarugabanya
    @JeanetteNtibarugabanya10 күн бұрын

    Yesu aguhezagire ndakwipfurije ijuru

  • @ntwaraneanastase9516
    @ntwaraneanastase951613 күн бұрын

    Courage mukobwa wanjye

  • @NshimiyimanaOlivier-ev4vr
    @NshimiyimanaOlivier-ev4vr6 күн бұрын

    I believe that God will do the impossible Amen 🙏🙏🙏🏿❤

  • @EmmanuelIrakoze-ww5xi
    @EmmanuelIrakoze-ww5xi8 күн бұрын

    Imana iguhezagir ishishikare kuguh inkomezi

  • @EricNdayishimiye-br7kf
    @EricNdayishimiye-br7kf8 күн бұрын

    Imana igira neza

  • @DianeNdayizigiye-lk3gl
    @DianeNdayizigiye-lk3gl8 күн бұрын

    Ndafashijwe amen

  • @IradukundaLionel-mj5dq
    @IradukundaLionel-mj5dq14 күн бұрын

    Amen mbegintahe ndafashijwe😢

  • @NdayikezakKevin
    @NdayikezakKevin10 күн бұрын

    Ndafashijwe vraim

  • @kwizerajaphet7382
    @kwizerajaphet738213 күн бұрын

    Hezagigwa muvyeyi🎉

  • @NdayikezakKevin
    @NdayikezakKevin10 күн бұрын

    Ndafashijwe vrai❤

  • @BenemuluBillyado-ji4ze
    @BenemuluBillyado-ji4ze12 күн бұрын

    Kabisa👏👏

  • @user-xj3ny5xi8e
    @user-xj3ny5xi8e11 күн бұрын

    Yesu nimwiza kwl

  • @AlthrayhGold-qh1ii
    @AlthrayhGold-qh1ii6 күн бұрын

    Ndafashijwe

  • @PadonNiyonkuru
    @PadonNiyonkuru5 күн бұрын

    Hezagirw

  • @user-vv4ij6ul2k
    @user-vv4ij6ul2k11 күн бұрын

    Ndagukunze muvyeyi

  • @user-oq9jh2ks1c
    @user-oq9jh2ks1c12 күн бұрын

    Ahubwo tubona ng iyo ni ep 3,ep 1,niya 2bazoduh baguh izubw Kare ...harico ziriko zitwungura kininiya Can

  • @neemagospeltv

    @neemagospeltv

    12 күн бұрын

    Ni ep y'ikiganiro apana Intahe.Iyo ntahe rero iherera aho nyene

  • @JeannetteNSABIMANA
    @JeannetteNSABIMANA11 күн бұрын

    Yes'agukomeze cane

  • @wilsonyakakaremye1490
    @wilsonyakakaremye149010 күн бұрын

    I'mana iguhezagire,

  • @joselyneIrakoze-qp1wj
    @joselyneIrakoze-qp1wj8 күн бұрын

    Twariganye sha

  • @NgabiranoAlbert-ch6yw
    @NgabiranoAlbert-ch6yw10 күн бұрын

    Mugabe arabateye intege musengere nabasigayiyo

  • @FrancineNijimbere
    @FrancineNijimbere12 күн бұрын

    N'lman yigitangaza kabis

  • @ignacenduwamahoro4626
    @ignacenduwamahoro462613 күн бұрын

    Ameeeen

  • @vestineakimana8311
    @vestineakimana831112 күн бұрын

    Ni mana atari bayari

  • @user-gf1tc2oo1t
    @user-gf1tc2oo1t10 күн бұрын

    Amen amen

  • @Menyanawe-Tv
    @Menyanawe-Tv10 күн бұрын

    Yoooo ndakuzi kweli waravyibusheeeeee

  • @prudencerubonezambuga1462
    @prudencerubonezambuga14629 күн бұрын

    Urakoze mukozi w'imana ❤❤❤

  • @mukeshimanarose1334
    @mukeshimanarose13345 күн бұрын

    😮😢😢😢❤❤❤❤🎉

  • @Deborahntirandekura-tp6xl
    @Deborahntirandekura-tp6xl8 күн бұрын

    Aaaamen

  • @EmmanwillaEmmanwilla
    @EmmanwillaEmmanwilla10 күн бұрын

    Umusituvugananawe ukasengera naciyendonkakazi ubundashima yesaguhezagire

  • @JoselyneBUKEYENEZA

    @JoselyneBUKEYENEZA

    7 күн бұрын

    Uhoraho abihererwe icubahiro Kuko arakibereye ibihe vyose😊

  • @KlodK-uf6nr

    @KlodK-uf6nr

    5 күн бұрын

    Umwami aguhe umugisha

  • @user-xh2cj4xn4x
    @user-xh2cj4xn4x10 күн бұрын

    Ee kumbe wa mu mère ga afisintahe!je ndamuzi nkumuntu atwenza!mu kuvugijambo naho arakunda kuvuga ngo nuko iyo nama igatungana😂!ndakuzahantu muga ndazi wewe ntunyibuka!ramiriza mugenzi

  • @neemagospeltv

    @neemagospeltv

    10 күн бұрын

    😃😃😃😃😃

  • @onesiphoreburuma274
    @onesiphoreburuma2747 күн бұрын

    Imana iguhe umugisha mwinshi ku buhamya bwubaka utanze uyu musi.

  • @AbraMbazumutima
    @AbraMbazumutima2 күн бұрын

    Ego.cane.imanayubahwe

  • @butoyiRahabu
    @butoyiRahabu8 күн бұрын

    🙏 🙏 🙏 🙏 🙏

  • @user-kx1cc7si8c
    @user-kx1cc7si8c12 күн бұрын

    Izintahe zabene data ziraduha natwe ivyizigiro

  • @bernadettesakubu5186
    @bernadettesakubu51864 күн бұрын

    Mme joselyne ndakuramukije cn yesu agukomeze muri vyose ndifuza nmro zanyu.

  • @NdayikezakKevin
    @NdayikezakKevin10 күн бұрын

    Ndafashijwe vraim

  • @marielouangeblandinesangwe
    @marielouangeblandinesangwe12 күн бұрын

    Amen Yesu abahezagire cane mwodufasha ep 1 na ep 2

  • @neemagospeltv

    @neemagospeltv

    11 күн бұрын

    Ni Ep ku kiganiro apana intahe

  • @marielouangeblandinesangwe

    @marielouangeblandinesangwe

    11 күн бұрын

    @@neemagospeltv Murakoze cane

  • @NadineAkimana-uo2mq
    @NadineAkimana-uo2mq8 күн бұрын

    Amen

  • @NdayikezakKevin
    @NdayikezakKevin10 күн бұрын

    Ndafashijwe vraim

  • @NdayikezakKevin
    @NdayikezakKevin10 күн бұрын

    Ndafashijwe vraim

Келесі