Séminaire des couples/Umu Maman yinjira mu rugo rw'abana../Chambre yanje irashashe.../

Пікірлер: 74

  • @user-jl5pr9gx9n
    @user-jl5pr9gx9n3 күн бұрын

    Arakoze cane Madame Renilde, uwo ndamuzi numu christo dusenga hamwe muri Guérison des âmes nyakabiga. Mubisanzwe rero ingo ntizategerezwa gusambuka kuba christo bemera Imana kuko ijambo ry'Imana ririkwije kugira ingo zubakwe neza ariko ikibi nukudasoma ijambo ry'Imana no kurikurikiza. Abantu ni bakizwe nyavyo, ubwo ingo zizubakwa neza. Ingorane dufise dukizwa igice ntidukizwa vyuzuye. Murakoze cane ndashimiye Renilde

  • @CorneilleNdayishimiye
    @CorneilleNdayishimiye9 сағат бұрын

    Amahoro neza.Ndanezerewe n'inyigisho za madame Renilde vraiment.N'umu maman mwiza kandi ari inspiré par saint esprit rero IMANA yo mw'ijuru imuduhezagirire cane hamwe nawe Pamela.

  • @kennyinesinamahoro
    @kennyinesinamahoro6 күн бұрын

    Imana ibahezagire cane kurino mutumire wa grave 🎉🎉 PAM ndabakunda cane gose

  • @mugishacb
    @mugishacb6 күн бұрын

    Quel bon timing ⏱️, quel bon message 👏🏽

  • @ryabagabogedeon2531
    @ryabagabogedeon25313 күн бұрын

    Mwiriwe neza cane. Uyu mu Mama Imana imuhezagire cane impanuro ziwe ziratwubaka. Ariko hambavu yukwipfuza nukutihangana, ikindi nuko bras de fer nayo iza kurugero runini kuko aringeso iva kuri caractère yokudaca bugufi imbere yabagabo. Jewe ndemeza ko iyo umugore afise iyo ngabirano yoguca bugufi nogutahura umugabo, ntaco yopfa n'umugabo kuko abagabo turakunda kwubahwa hanyuma ibitagenda neza bigashikirizwa mu rupfasoni. Murakoze cane🙏🙏

  • @LarissaKarera
    @LarissaKarera7 күн бұрын

    Uyu mubyeyi Imana Imuhe umugisha afite impuguro nyinshi nziza

  • @Ntakiyinanira
    @Ntakiyinanira6 күн бұрын

    Merci bcp Pam❤, Mbega mbega,ikiganiro ciizaaa! Mbega umu Maman mwiza w'ubwenge! Uzomugarukane Pame,part2 tutasavye🙏🏽. Muhezagigwe❤

  • @adolphentibasharira9719
    @adolphentibasharira971915 сағат бұрын

    Ikiganiro Ciza cane kubibondo vyacu. Hanyuma muratumira n'umugabo

  • @josephineniyobuhungiro
    @josephineniyobuhungiroКүн бұрын

    Mbega vyiza ,nukuli twihanganire abo twashakanye. Ndabakunda cyane.

  • @PelousseNtirampeba
    @PelousseNtirampeba3 сағат бұрын

    Murakoze cane harimwo inyigisho nyinshi zamfashije nanje nofashisha abandi

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi58226 күн бұрын

    Uyu mupfasoni aciye ubwenge cane atanze impanuro nziza uyu mugore arafis Yesu Christ.

  • @jeaninehan
    @jeaninehan6 күн бұрын

    Ndafashijwe vraiment 🙏❤️

  • @m.raissa9660
    @m.raissa96602 күн бұрын

    Merci beaucoup Pame na Mme Rénilde. Nukuri muri abakenyezi beza, dukunda bafasha. Iryo Jambo ryo muri Tito ryantangaje kweri, nagumye ntangara. Merci beaucoup. Ako ka nyuma niko kankanguye: "Imana izokubaza urugo, abana yaguhaye!"

  • @Nichou24
    @Nichou244 күн бұрын

    Mercii Pame...tes emissions ziranyubaka gose Imana ibahezagire n'umutumire🙏

  • @irihoanemonequeen3043
    @irihoanemonequeen30433 күн бұрын

    merci bku Pam watuzaniye umutumire mwiza afise ubwenge bw'Imana; encore une fois merci pour tes programmes enrichissants

  • @ntakarutimanaadeline9639
    @ntakarutimanaadeline96396 күн бұрын

    Oooo.....nizere ko avyigisha kenshi...inyigisho nziza pe

  • @nadinengendakumana6296
    @nadinengendakumana62966 күн бұрын

    Murakoze cane kukiganiro ciza cane cigisha kandi gikebura

  • @ManirakizaCharles-h3h
    @ManirakizaCharles-h3h21 сағат бұрын

    Uyumumama arahanura neza pame uzokwame uramutumira inyigisho ziwe zirakomey imana imuhezagire

  • @SecondeNIYIZONKIZA
    @SecondeNIYIZONKIZA6 күн бұрын

    Inyigisho yuwo mufasoni yamfashije cane.koko yarongowe na mutima mweranda.ahari umugabo umugore Imana hari urugo rwiza . réciprocité :niwubah umugabo azogukunda ;niyagukunda uzimwubaha .urugo ni ishure idahera usaza wiga mwarahezagiwe

  • @wilsonwilson6833
    @wilsonwilson6833Күн бұрын

    Urakozecane mabukwe uraduhaye impanurozi fadikaiyaba twozigendr

  • @kezalarose-ga5ck
    @kezalarose-ga5ck6 күн бұрын

    Aha muhatebe cane,ingo nyinshi zirasenyuka kubera gusamara kwabubakanye.

  • @mudahogoradaella385
    @mudahogoradaella3852 күн бұрын

    Thank you so much Mum Renilde am. Inspired by your advice , we love 💕 you and you are a blessing to this generation 🙏 God bless you always woman of God 🙏

  • @scholastiqueharushiyakira8890
    @scholastiqueharushiyakira88906 күн бұрын

    Madame turasavye izonyigisho uzozitange mu miryango yaba jeunes bubu be n,abitegura kubaka kuko ubu ama divorces yabaye menshi cane kuko abubakanye batitaho kumenya ico Imana ivuga kubijanye no kubaka urugo

  • @divinegirukwishaka1961
    @divinegirukwishaka19616 күн бұрын

    Une émission riche .bravo Pamella.shishikara kuduha ibintu vyiza.Mme Renilde merci pour les conseils

  • @rbb341
    @rbb3413 күн бұрын

    Very interesting!!! Thanks for choosing to share with us such insightful contents despite the current big temptation of uploading empty content...thanks for choosing value over volume....Keep it up 💪💪 URAKOZE CANE

  • @SerukundoGervais
    @SerukundoGervaisКүн бұрын

    Murakoze cane kukiganiro ciza nizere ko kidufashije turi besides muhezagirwe rero

  • @user-sg3cq4le9d
    @user-sg3cq4le9d6 күн бұрын

    Uyo muvyeyi arampay inkomezi kandi harico yavuz nanj gihora kinshikira kuvuga ngo nokwigira iwacu ariko sinzongera pe! Hama ngiy gufata muminw urugo rwanj imana ntize imbaze abana n umugabo yampay kandi pamella iyo emission iramfashije cane

  • @teginezamilca2472

    @teginezamilca2472

    4 күн бұрын

    Courage Maa IMANA Izogufashe

  • @dianekankindi4051
    @dianekankindi4051Күн бұрын

    Ikiganiro ciza caaaane🙌🙌🙌

  • @felisanzomukunda3502
    @felisanzomukunda35023 күн бұрын

    IMANA ihezagir uyumudame afis ijambo muriwe 🙌🙌🙌izimpanuro IMANA idufash kuzigendera

  • @gettynezerwe4199
    @gettynezerwe41995 күн бұрын

    Wow 🔥🔥🔥 bien aimée Pamela 👏👏👏 wagize neza caaane gutumira Évangéliste Renilde aravuze ukuri peee 👌 Mpwemu-Yera akomeze kumukoresha mu gufasha abubatse, nabagira bubake.

  • @user-oz2ue6gd8n
    @user-oz2ue6gd8n6 күн бұрын

    umupfasoni mwiza k umutima no k umubiri. Twariganye L. Clarté n.d

  • @asmasarahan2905
    @asmasarahan29053 күн бұрын

    Merci beaucoup

  • @mudahogoradaella385
    @mudahogoradaella3852 күн бұрын

    Pam u are very funny😅ngo ibyo biri muri bibiliya😂😂

  • @AlphonsineNiyibampa
    @AlphonsineNiyibampa2 күн бұрын

    Uyu muvyeyi arikumw n'Imana pe

  • @BenigneNdayiragije
    @BenigneNdayiragije2 күн бұрын

    Imana ibakomeze mwebwe mwareguye iki kiganiro....nize kwihangana.❤

  • @carmellefuraha207
    @carmellefuraha2074 күн бұрын

    Amen, Amen . Merci kukiganiro ciza.

  • @zalga74
    @zalga744 күн бұрын

    waouuuh emission yubaka Imana iguhezagire Pame🙌🏽

  • @MarieclaireMUHORAKEYE
    @MarieclaireMUHORAKEYEКүн бұрын

    Nukuri muhezagigwe caane !ariko nabagabo bisubireko!beshi barateshagaciro abagore babo.murakoze.

  • @kankindifelicite9464
    @kankindifelicite94644 күн бұрын

    Merci bp pamela m renilde,muratwigishij,muhezagirw❤

  • @AlidaIzonkiza-tx1jm
    @AlidaIzonkiza-tx1jm6 күн бұрын

    Imana ibongerereze ubwenge🥰

  • @jclaudeniyonsaba1592
    @jclaudeniyonsaba15925 күн бұрын

    Très bien apprécié par moi, les exemples donnés par cette femmes sont concrets: surtout KO arugesenga cane kububatse, nukureka kwifuza amatungo kubadamu ...,

  • @claudinenkunzimana8435
    @claudinenkunzimana8435Күн бұрын

    Murakoze cane

  • @user-yg7sk6jt4r
    @user-yg7sk6jt4r3 күн бұрын

    Merci bcp maman pour vos conseils

  • @eulfrideniyongere7028
    @eulfrideniyongere70286 күн бұрын

    Mbega ikiganiro,mrci nukuri

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi58226 күн бұрын

    Uvuze ukr madam arik umugabo ntashobora gukunda umugore mugihe umugore atubaha umugore

  • @user-rs1ib1pj1c
    @user-rs1ib1pj1c4 күн бұрын

    Urukundo rwumugabo rukomoka mu buriri rugasohoka muri salon rugasohokera murugo rugakwira igihugu.Wosohokana umugore atigera akunezereza ngwagukorere agasha muburiri nisuku ryahonyene akunezereze akwubahe akwumvire nawe uheze umukunde aho birashoboka.

  • @blanchemuco3492
    @blanchemuco34925 күн бұрын

    ikiganiro ciza gose!!!! avugishije ukuri uyo mu maman

  • @divineibonavyose8952
    @divineibonavyose89526 күн бұрын

    Merci bcp

  • @kathiadorelleiteriteka5661
    @kathiadorelleiteriteka56615 күн бұрын

    Merci pamela❤nize ukuntu twobigenza mukubaho tuguwe neza mu rugo rwacu

  • @derciemugisha4872
    @derciemugisha48723 күн бұрын

    Imana imuhezagire canee pe uyo mu maman aratesa 🫡 , Pamella nawe ngo gwinoo😀😀 vyananiye kukamenyer nca ntenga ngo mwigisha ako rero😀😀😅😅

  • @habonimana
    @habonimana3 күн бұрын

    Ikiganiro ciza can❤❤

  • @user-xw6ru9ou7d
    @user-xw6ru9ou7d7 күн бұрын

    Umu maman mwiza disi❤❤❤

  • @EgideNdagijimana-cd5gf
    @EgideNdagijimana-cd5gf2 күн бұрын

    Wakoze muvyeyi uragahora urayaga uhanura

  • @botiger7208
    @botiger72083 күн бұрын

    Iki kiganiro kirimwo inyigisho zikomeye umwe wese akiravye akurikize zino mpanuro

  • @irakoze01
    @irakoze014 күн бұрын

    Uyo mu Mama ❤IMANA imuhezagire cane 🥳 😢

  • @rosettenzeyimana3248
    @rosettenzeyimana32485 күн бұрын

    Abakobwa dutunga bigira aba deminues😂😂😂ndakunze pamella start

  • @user-qd3ik9wb5o
    @user-qd3ik9wb5o5 күн бұрын

    Muhezagorwe cane. Mukomeze impanuro

  • @cedricrukundo7229
    @cedricrukundo72295 күн бұрын

    Lo❤ u mwese

  • @user-rs1ib1pj1c
    @user-rs1ib1pj1c4 күн бұрын

    Ayamahano yose mubona mugihugu henshi hashoboka bigizwe nabagore barenga ibigo ha gukosora amafuti bakora.Ico rero ninkovu idahera kubagabo.ahubwo bwira ico wipfuza uwo mugabo mwubakanye vyose woye kumuca inyuma.

  • @user-rs1ib1pj1c
    @user-rs1ib1pj1c4 күн бұрын

    Mwiriwe Pame nkumugabo urukundo dukunda abagore rubavako ni reciproque umugore atakwakira umugore atakuryamika ngunezerwe umugore atabanga na rimwe akubwira umugore atigera yemera ikosa numusi umwe umugore ataciza yigera agukorera nibindi uwo wewe ubaye umugabo womukunda gute?

  • @user-rs1ib1pj1c
    @user-rs1ib1pj1c4 күн бұрын

    Abagore barumva ko bakwiye gukundwa mugabo urukundo ruvakuvyo agukorera uko agufata uko akwubaha uko akwumvira ruca gwizana kandi ntawoshobora ku runyiganyiza.Agiye kuronderera urukundo ahandi aho gukosoza amakosa yiwe ibikorwa vyiza hoho uba utovye vyose.

  • @josgas
    @josgas3 күн бұрын

    AHANTU HOSE UZOBONA UMUGORE AKUNZWE VYUKURI KUBAHA BIZA AUTOMATICALLY IKIBAZO GITANGURA KU BAGABO NTIBAKORA ICO BABWIWE NIYO MPAMVU UMUGORE IYO ATARONSE ICAJEJWE ACAKIRONDERA MU NZIRA NYISHII

  • @user-rs1ib1pj1c
    @user-rs1ib1pj1c4 күн бұрын

    Ahubwo shishikara abagore umugabo yagutoye mubagore amamiriyoni yokwanka washitse mu rugo iwe?

  • @umutonimodeste3047
    @umutonimodeste30474 күн бұрын

    Ameeen❤❤❤❤

  • @rosettenzeyimana3248
    @rosettenzeyimana32485 күн бұрын

    Zuraducirako uturongo😂😂

  • @ninonshimwe6778
    @ninonshimwe67784 күн бұрын

    ikiganiro ciza

  • @kamanavenerande1408
    @kamanavenerande14082 күн бұрын

    Muhezagigwe

  • @LarissaKarera
    @LarissaKarera7 күн бұрын

    Pamela Imana Ikomeze kukwaguraaaaaaaaa

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco26102 күн бұрын

    None Eva satani aje ko atayibwiye ngo ja kubaza Adamu?

  • @laetitiaharushimana537
    @laetitiaharushimana5373 күн бұрын

    Ibobagabo nabo mukinjana cakangahe?

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco26102 күн бұрын

    Nta bagabo bita ku ngo zabo abagore bakigenza na Eva guca inyuma Adamu aja kuryamana na satani?

  • @CardinaleNdikumagenge-ui3ox
    @CardinaleNdikumagenge-ui3ox4 күн бұрын

    Uravuga ntuvura muvyeyi.Ukuri kwuzuye abatagir'ubwenge ntagishobora kuvamwo naho wob'umugore w'ubwenge gute,naho wogerageza gute utamba wirorera

  • @caritasnibaruta7199
    @caritasnibaruta7199Күн бұрын

    Urakoze sha mama Renilda uvuga ukuri kw,Imana Ndakwikundura ncuti Imana igume igukuza mukuyikorera

Келесі