✍️"YARAFISE IGIKUNDIRO!"KU MYAKA 72 AKORERA IMANA AVUZE IBINTU YAKUNDIRA NYAKWIGENDERA NDIKUNKIKO

Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
#intahe #emcitv #ytb #ytshorts

Пікірлер: 18

  • @sylvestremanirambona-bd6fp
    @sylvestremanirambona-bd6fpАй бұрын

    AMEN KUBWA MWABANYE NEZA

  • @DavidNIYONGABO-yv7vb
    @DavidNIYONGABO-yv7vbАй бұрын

    Muhezagirw caan Ababavyeyi turakweyi kubika neza ubwo butunzi Imana yashize muribo

  • @bigirimanapapy5253
    @bigirimanapapy5253Ай бұрын

    Amen Amen Amen !!!!

  • @KandavaEsperatte
    @KandavaEsperatteАй бұрын

    Yesu aguhezagire mukozi w'Imana turaguhaye Kaze mukirundo turagukumbuye mugikorane mukirundo ikigozi

  • @ndayiratasophonie3718
    @ndayiratasophonie3718Ай бұрын

    Imana ihezagire cane umukozi wayo. Aduciriye umugani mwiza: Utema uko So atatemye ukitema ukuguru. Salomo na we mu migani yiwe ati: Ntugashingure akarimbi k'urubibe rwa kera ba sogokuruza bashinze. Imana idushoboze kuguma ku rufatiro nyarwo kugira ntiyuzohave twisanga ahandi hantu atari heza.

  • @nduwayo3172
    @nduwayo3172Ай бұрын

    Ubarikiwe sana mushumba icompa iyo pwemu yanyu ikaba kuri twebwe mubarikiwe na bwana Mungu.

  • @nduwayo3172
    @nduwayo3172Ай бұрын

    Riba ryiza we! Muhezagirwe

  • @iribaryiza1

    @iribaryiza1

    Ай бұрын

    Amen amen

  • @noemieuwizeyimana6649
    @noemieuwizeyimana6649Ай бұрын

    Imana ibahe umugisha kukiyago ciza muduhaye Iyaba you tube yacako ibintu nkibi gusa abeshi bohindutse

  • @user-zd9ck8km5i
    @user-zd9ck8km5iАй бұрын

    Muzehe mufite ubuhamya bwiza, Imana yaraguhezagiye kuko mwakoze akazi keza

  • @donatienikorukwishaka3275
    @donatienikorukwishaka3275Ай бұрын

    Imana Iguhumugisha Mushumba Sebitereko, Umusaza wa koreye Imana cyane

  • @christianniyokwizera6148
    @christianniyokwizera6148Ай бұрын

    Amen

  • @user-jq2dx5bo3t
    @user-jq2dx5bo3tАй бұрын

    MWENE-DATA, journaliste, hezagirwa, urakoze cane kubw'ico kiganiro c'umukozi w'IMANA wa kera yaramirije m'urugendo ruja mw'ijuru; Urahora, uturonderera n,abandi benshi, uhore, ubatuyagishiriza!

  • @iribaryiza1

    @iribaryiza1

    Ай бұрын

    Amen amen

  • @violettensabiyumva9198
    @violettensabiyumva9198Ай бұрын

    aman amen

  • @claverninganza5624
    @claverninganza5624Ай бұрын

    Yewe hari abavyeyi baryoshe kumviriza pe! Abiyumviriye kumuvugisha Imana ibahe umugisha nukuri🙏🙏🙏🙏🙏

  • @iribaryiza1

    @iribaryiza1

    Ай бұрын

    Amen amen

  • @eliezelnizeye-yb5tc
    @eliezelnizeye-yb5tcАй бұрын

    Eliezel aragukumbuy

Келесі