Wa mugore we mbega Imana ishaka ukuryoherwa kw'umubiri canke ishaka umutima ishaka
Amen amen muhezagigw can
Intamuntu azoronka ico yireguza kuko Imana iguma iburira abantu
Amen
Imana iteye ubwoba
Nukuri icokwireguza ntituzokironka
Yewe nukuri ico kintu kigiye guhitana aba gore ariko mumenye koharibo nabagabo banka gukorera abagore ivyo muburiri babishaka
Nabi birabaraba koko
IMANA iguhumugisha
Iman ishimwe kandiyongere itubabarire 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🤗🤗🤗
Imana imbabarire kumugabo wanjye
Aka kantu nyene karakomeye😂😂 mugihe cuyu muvyeyi tubona akaja kuresha umuhungu😂😂😂Mpwemu yera arakomeye kweri🎉🎉🎉
Imana iguhe umugisha kubwo ubutumwa uguhaye
Iyintahe iteyubwoba vrm 😢😢😢😢😢😢😢 nukuri Imana idufash cn vrm 😢😢😢😢
Amen mama wacu ❤
Umugisha
Yesu nashimwe cane
Yesu kristo adutabare çane
Imana ihezagire umuco wera kubutumwa bama baduha Yesu azabahe Ijuru.
Imana idutabare😮😮
Umuco wera Yesu abamperumugish kuntahe mutuzanira❤
Ntanguye gusaba imbabazi Ariko kuyu mu mama avuze koyabonye inzoya mw,ijuru zifise Imiswara yokuzohanagura amarira y,abagororotsi bibilia ivuga gt?yavuze koyabonye abantu bafise mw,ijuru bafise uburozi bitsishijwe barindiriye ababise bakazobibaha bibilia ivuga gt? 1.bible ivuga ko Yesu Kristo ariwe azohanagura amosozi kumaso yacu ntabwo Ar,Inzoya 2.Ariko ko bibilia ivuga ko ijuru ari iryera ubwoburozi bwaciyehe kugira bushike mw,ijuru canke niyo ababishe bapfa bakabibaha bazoca babita hehe Komw,ijuru atayarara ribayo bazoca babita hehe? Nimuze Benedata Dusome bibilia ubuhanuzi bwose twumvise tubugenzuze ijambo ry,Imana.murakoze
Kukirenga zuba cenda bisiguriki?
Kumasaha yokumugoroba izuba riri kurenga
𝑼𝒎𝒖𝒄𝒐 𝒘𝒆𝒓𝒂 𝒕𝒗 𝒎𝒖𝒓𝒊𝒌𝒐 𝒎𝒖𝒃𝒊𝒌𝒐𝒓𝒂 𝒏𝒆𝒛𝒂.𝒍𝒎𝒂𝒏𝒂 𝒊𝒃𝒂𝒇𝒂𝒔𝒉𝒂 𝒎𝒖𝒌𝒐𝒎𝒆𝒛𝒆 𝒖𝒌𝒐 𝒏𝒚𝒆𝒏𝒆 𝒕𝒖𝒓𝒊𝒌𝒐 𝒕𝒖𝒓𝒖𝒏𝒈𝒖𝒌𝒂 𝒗𝒚𝒊𝒏𝒔𝒉𝒊
Murakoze
Пікірлер: 31

@UMUCOWERATV2021
5 күн бұрын
Nabi birabaraba koko
IMANA iguhumugisha
@UMUCOWERATV2021
4 күн бұрын
Amen
Iman ishimwe kandiyongere itubabarire 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🤗🤗🤗
Imana imbabarire kumugabo wanjye
Aka kantu nyene karakomeye😂😂 mugihe cuyu muvyeyi tubona akaja kuresha umuhungu😂😂😂Mpwemu yera arakomeye kweri🎉🎉🎉
Imana iguhe umugisha kubwo ubutumwa uguhaye
Iyintahe iteyubwoba vrm 😢😢😢😢😢😢😢 nukuri Imana idufash cn vrm 😢😢😢😢
Amen mama wacu ❤
@UMUCOWERATV2021
6 күн бұрын
Umugisha
Yesu nashimwe cane
Yesu kristo adutabare çane
Imana ihezagire umuco wera kubutumwa bama baduha Yesu azabahe Ijuru.
@UMUCOWERATV2021
4 күн бұрын
Amen
Imana idutabare😮😮
Umuco wera Yesu abamperumugish kuntahe mutuzanira❤
@UMUCOWERATV2021
6 күн бұрын
Amen
Ntanguye gusaba imbabazi Ariko kuyu mu mama avuze koyabonye inzoya mw,ijuru zifise Imiswara yokuzohanagura amarira y,abagororotsi bibilia ivuga gt?yavuze koyabonye abantu bafise mw,ijuru bafise uburozi bitsishijwe barindiriye ababise bakazobibaha bibilia ivuga gt? 1.bible ivuga ko Yesu Kristo ariwe azohanagura amosozi kumaso yacu ntabwo Ar,Inzoya 2.Ariko ko bibilia ivuga ko ijuru ari iryera ubwoburozi bwaciyehe kugira bushike mw,ijuru canke niyo ababishe bapfa bakabibaha bazoca babita hehe Komw,ijuru atayarara ribayo bazoca babita hehe? Nimuze Benedata Dusome bibilia ubuhanuzi bwose twumvise tubugenzuze ijambo ry,Imana.murakoze
Kukirenga zuba cenda bisiguriki?
@clover6355