Ni iki cari cajanye ku NTAHANGWA Nyenicubahiro Perezida Evariste NDAYISHIMIYE ku w'Imana 18-06-2023?

Umva icatumye Umukuru w'igihugu c'Uburundi aja gusengera mw'ishengero rya Pentekote ry'i Bujumbura aho bita ku Ntahangwa.
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 44

  • @gloriosekazahari2977
    @gloriosekazahari2977 Жыл бұрын

    Amen 👃👃👃 Uhoraho akutuzigamire kandi aguhe ubwenge nubwitonzi utuzanire iterambere 👋👋👋

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @alinehamenyimana
    @alinehamenyimana Жыл бұрын

    Nta kuganza kutava ku Mana. Turagusengera ngo Imana igukoreshe ivyo ubuhizi kandi twizeye ko bizoba. Komera, komera.

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @user-pz5mz3sv1s
    @user-pz5mz3sv1s Жыл бұрын

    Imana ikuturindire mukuru w'Igihugu cacu iguhe ubwenge nkubwa salom urongore neza uburundi❤

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @ndatoyeaspert6745
    @ndatoyeaspert6745 Жыл бұрын

    Imana ikuzigame mukuru w' I gihugu cacu mwiza.Yesu atsinde abansi bawe vuba

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @gentillenizigama-tf2wk
    @gentillenizigama-tf2wk Жыл бұрын

    Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @evelyneziganya9713
    @evelyneziganya9713 Жыл бұрын

    Imana ikurinde imbere ninyuma ❤ iguhe ubwenge bwayo inakurinde numuryango wawe

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @mpozenzipeter4007
    @mpozenzipeter4007 Жыл бұрын

    Ndanezerewe KO preside yagendeye ishengero ryacu rya PENTECOTE Imana imuhezagire

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @ukuriijambo9418
    @ukuriijambo9418 Жыл бұрын

    Imana irikumwe nawe Yosuwa wacu

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @AliceKaneza-he4fu
    @AliceKaneza-he4fu Жыл бұрын

    Wirambire nyakubahwa❤❤

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @j.danielmugisha9332
    @j.danielmugisha9332 Жыл бұрын

    Murakozee

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    🙏💖

  • @AlthrayhQw4-kq4ru
    @AlthrayhQw4-kq4ru Жыл бұрын

    Yoooo lmana imuhumugisha se barundi turamukunda

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @user-we7hy4uq8b
    @user-we7hy4uq8b Жыл бұрын

    Nyenicubahiro wirambire Imana ikwongereze imyaka n'imyaka yo kwiberaho. Imana yaributse uburundi

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    🙏💖

  • @JeanBoscoBukeyeneza
    @JeanBoscoBukeyeneza2 ай бұрын

  • @meirratv

    @meirratv

    2 ай бұрын

    🙏💖

  • @guillaumehakizimana4218
    @guillaumehakizimana4218 Жыл бұрын

    Amene

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @Gift-Bunyoni9230
    @Gift-Bunyoni9230 Жыл бұрын

    ❤❤❤

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    🙏💖

  • @JeandeDieuCIZA-ez4ls
    @JeandeDieuCIZA-ez4ls Жыл бұрын

    Imana ibazigame

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @OnesphoreNshimirimana-kh8zu
    @OnesphoreNshimirimana-kh8zu Жыл бұрын

    Hezagigwa hezagigwa nyenicubahiro abarundi twese turagukunda

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @gsgshdhdhdhs1713
    @gsgshdhdhdhs17139 ай бұрын

    ❤❤❤❤❤

  • @meirratv

    @meirratv

    9 ай бұрын

    🙏💖

  • @gagagrace6789
    @gagagrace6789 Жыл бұрын

    Komera mutama lmana iguhe ubwenge nkubwoyahay salome

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @baptiste685
    @baptiste685 Жыл бұрын

    Ego sha murakoze cane

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    🙏💖

  • @gagagrace6789
    @gagagrace6789 Жыл бұрын

    Warumunezero udasanzwe pe😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @hategekimanamariespeciose5701
    @hategekimanamariespeciose5701 Жыл бұрын

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂🎉🎉🎉

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    🙏💖

Келесі