Merci Ku kiganiro ciza ariko amajwi ntiyatunganijwe neza. Il faudra dans l'avenir vérifier ça avant la publication
@inamucodivine3013 Жыл бұрын
Murakoze cane kukiganiro .Umwami Abahezagire🙏
@j.danielmugisha9332 Жыл бұрын
Murakoze cane k'ur'iki kiganiro mwaduteguriye.
@user-sp9ze5pm7b Жыл бұрын
Murakoze cane turakeney ko mubandanya no muyandi ma Missioni kuko abatama bariko barataha bagende vyose babivuze nk'uko Paulo yavuze ko ariko arasukwa nk'ibisukwa kugicaniro
@Keephope12 Жыл бұрын
Yesu abahezagire cane
@nkurunzizapierre9211 Жыл бұрын
Murakoze ku kiganiro ciza! Muga ni gukosora amajwi kabisa umengo mwagikoreye kw'isoko.
@JeanclaudeNsengiyumva-xe8go Жыл бұрын
Ameeeen turanezerewe cane
@user-ym6vy6zr8w Жыл бұрын
Murakomeye Hama nivyiza kutumenyesha kahise k'ishengero yra pentecote ikibazo nuko biteguwe nabi birasuma ntivyumvikana neza
@onesimenibitegeka9887 Жыл бұрын
Hanyuma muzogerageze gukorera ahantu hatuje kuko ayo ma bruits yimiduga yumvikana nabi. Aca yica qualité de votre video.
@nindemeshamuheburayo8803 Жыл бұрын
Dukeney intahe ya Mwungere Elie Ndikunkiko
@viateur4781 Жыл бұрын
Haleluyaaaaaaaaa
@nzeyimanamatthieu2722 Жыл бұрын
Mwagiz neza
@jeanclaudenkurunziza216 Жыл бұрын
Mutama wacu Imana iguhezagire
@ChristInMeHopeOfTheGlory Жыл бұрын
Check sound... Merci pour l'histoire.
@ngendakumanalewis14724 ай бұрын
Murakwiye kuronder microphon y'umutumire niyumumenyeshamakuru kuko amajwi yanyu ari kure
@horanimanaleonard1028 Жыл бұрын
None ntiboba barondera umunyamakuru wo mw'idini rya Pentecôte ko mbona barondeye uwufise urucube kandi muri Pentecôte bitemewe?canke basigaye bavyemera?
@tuyisengefabrice28815 ай бұрын
Gusa ako gacube nta ntahe Y,AGAKIZA NK,ICETE GISOMEKA KUKO NTA SURA NZIZA BIHA ISHENGERO KUKO MURI PENTECOTE HARIHO UKO BATEGEREZWA KUMERA,HAMA TURASHIMYE KANDI TURANEZEREWE N,INTAHE Y,ISHENGERO.
Пікірлер: 30
Amen men murakoze kutwiganira ingene ishengero ryaje muburuni imana ibakomeze.
Imana Ihezagire Abamenesha Makuru b'iyi Radio
murakoze kukiganiro ciza. muratuzanira nabandi bungere muzoba mukoze
Turabakunda mwungere wacu Yesu azobahe ijuru
Murakoze cane kur'ico kiganiro ciza mudushikirije😍👏👏👏
@ubafmradio4369
Жыл бұрын
Murakoze gushima
Mwarakoze kwicogishingantahe cumwungere
Amen murakoze can
Imana ituzigamire uwo Mutama wacu.turanezerwa n'ubutumwa ahora atugaburira hamwe nico kiganiro.
@levishakizimana4572
Жыл бұрын
Murakoze kukiganiro
Amen Amen Amen !!! Murakoze cane Muvyeyi wanje nkunda k'umutima, UHORAHO ABAZIGAME AMAJA N'AMAZA
Murakoze kuyagisha uwo mukozi w'Imana
@ubafmradio4369
Жыл бұрын
Murakoze namwe kuvyumviriza