HORICUBONYE ARAGARUTSE//NAGIZE IYEREKWA KUGIHUGU C'UBURUNDI RINTERA UBWOBA IMANA INTEGEKA KUBIVUGA

Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV

Пікірлер: 49

  • @janinabb4578
    @janinabb4578 Жыл бұрын

    Amen amen murakoze can mukozi w'lmana ndaqfashijwe can yesu agukomenze can muhezagigwe yesu Kristo natwabike inkomenzi 🙏🏻 🙏🏻🙌🏼

  • @consoleeniyobuhungiro8960
    @consoleeniyobuhungiro8960 Жыл бұрын

    Amen turakiriye gukira kandi Yesu adutabare

  • @El-EloheINTEYITEKA
    @El-EloheINTEYITEKA9 ай бұрын

    Yesu dutabare kandi dutabarire abakozi ikize n.igihugu

  • @congerastephanie8779
    @congerastephanie8779 Жыл бұрын

    Urakize kugamburukira Imana nzima nikwagure muvukanyi kandi yesu akurinde yongere aguhezagire

  • @bernadettekosani9465
    @bernadettekosani9465 Жыл бұрын

    Imana Data iguhezagire. Ikomeze kukwagura mu murimo wayo. Ikwongerereze amavuta.

  • @nshimirimanaraissa-qo1gc
    @nshimirimanaraissa-qo1gc Жыл бұрын

    Komer yesu abahezagire

  • @eddyneyfhh7034
    @eddyneyfhh7034 Жыл бұрын

    Amen IMANA itabare uburundi

  • @alinaalina3089
    @alinaalina3089 Жыл бұрын

    Amen Yesu ubugombe bwawe burakomeye ubikora nkuko ubishatse kuko vyose biva mubugombe bwawe ariko duhe umutima wokwihangana kuko ndumva bitey ubwoba

  • @ElyseIrakoze-oi7ko

    @ElyseIrakoze-oi7ko

    Жыл бұрын

    Imana lshimwe

  • @user-nl7tg7zu5m
    @user-nl7tg7zu5m Жыл бұрын

    Amen amen

  • @nahayofabien4090
    @nahayofabien4090 Жыл бұрын

    Imana n' ivugwe rwose

  • @leverienndayitwayeko
    @leverienndayitwayeko Жыл бұрын

    Imana itugirire mbabazi kandi dutabare

  • @nkurunzizagad6083
    @nkurunzizagad6083 Жыл бұрын

    Bibi nkuko yagomba mana ntibibe nkuko twe tugomba amen

  • @bigirimanafrederic7940
    @bigirimanafrederic7940 Жыл бұрын

    Nitwa: Bigirimana Frederic nkaba ndi muri Zambia nkaba nkwirikirana cane inyigisho zuwo mukozi w, lmana wi kayero rutana.muntu w, lmana komeza uburira abantu uwumva yumve uwutumva areke.komeza umurimo w,lmana mugenzi

  • @niyibigiraemille4600
    @niyibigiraemille4600 Жыл бұрын

    Iman ibandany ibazigam uzurambwira abobatuyomvya ngonabarongonzi arabashakako tujamuri gihonomu.abakra barayamaze ngo bibwigwa beshi bikumva benevyo.uwumva yokwumva nsaba abamarayikabarinzibacu kutubahafi.iman idufashe.

  • @erichatangimana7097
    @erichatangimana7097 Жыл бұрын

    Imana iduhangaze.

  • @noenimpagaritse1883
    @noenimpagaritse1883 Жыл бұрын

    Eric Yesu agukomereze agahanga kamere nk'intosho kuko watumwe kubahambaye

  • @joelmiburo622
    @joelmiburo6229 ай бұрын

    UHORAHO adutabare ni ukuri.

  • @abiellabatarihotv1510
    @abiellabatarihotv1510 Жыл бұрын

    Ngira uri Vugicubonye Éric, nagaciyemwo.

  • @alinaalina3089
    @alinaalina3089 Жыл бұрын

    Amen Yesu dutabare

  • @lievinmacumi9872

    @lievinmacumi9872

    Жыл бұрын

    Guma Ku karago usenge Imana yawe kuko Uwiteka agiye Ku kwereka ko ari we wakoreye.

  • @ClaudetteNiyongere-wt4cr
    @ClaudetteNiyongere-wt4cr3 ай бұрын

    Murakoze😮😮

  • @inezaanna6725
    @inezaanna6725 Жыл бұрын

    Imana idutabare Cane

  • @octaviennendayifukamiye4754
    @octaviennendayifukamiye4754 Жыл бұрын

    Unkinjishe Yesu muntege nke zanje

  • @lionelnijimbere228
    @lionelnijimbere228 Жыл бұрын

    Amen

  • @alinaalina3089
    @alinaalina3089 Жыл бұрын

    Yesu gendera abakozi bawe bayombye bagaruke mumurongo abariko bakora ibitaguhimbara ubagendere MANA kugira udutabare inzara irababaza ibindi vyose twokwihangana ariko inzara nicago kibi inzara nimwenewabo nurupfu

  • @user-pi4ib7ql4d

    @user-pi4ib7ql4d

    Жыл бұрын

    Mana ubuntu bwawe bukomeze kumbako jewe umunyavyaha wongere uhangaze nabakozi bawe ikiganza cawe cimbabazi kibe hejuru yuburundi lmana iguhe umugisha mukozi wayo🙏🙏🙏🙏

  • @anesiendaz9890
    @anesiendaz9890 Жыл бұрын

    Ivyo uvuze nukuriiiiii, induru I Rama, amarira n,amaborogo, Rakeli abura abana biwe yanka kwirurwa kuko batakiriho, Yesaya 2:10, yesaya 5:10 ,Yesaya 24 . Soma ayooo., Imana ifise uburake kubantu yaremyeeee. Imana yaravuzeeee. Pe, Ntaco izokora itibiye akabanga abasavyi bayo. Ikindi Yesu adufashe kuko abungere bintama ubu bibereye mwihiganwa ry,ibiti . Nta kuri bagishira imbere, uretse ibinyoma, uburyarya, ubwibone, business. Imana iguhe umugisha gutumika. Vyaratanguyeeeee.

  • @mariammunezero2444
    @mariammunezero2444 Жыл бұрын

    Hezagirw caaaane mukoz w lmana

  • @sarasarah2242
    @sarasarah2242 Жыл бұрын

    Imana idutabare

  • @nkurunzizagad6083
    @nkurunzizagad6083 Жыл бұрын

    Mana dutabare kandi duhe mana kwigaya twitahure dusabe imbabazi mukozi wimana wavuga ntuvura tubabarire mana

  • @fofonanananan616
    @fofonanananan616 Жыл бұрын

    Biteye ubwoba kweli. Uburyarya ni bwinshi mu bakozi b'Imana

  • @alineciza838
    @alineciza838 Жыл бұрын

    Imana iduhe gutahura.Amen🙏

  • @octaviennendayifukamiye4754

    @octaviennendayifukamiye4754

    Жыл бұрын

    Yesu mutabazi urandokorera ubugingo

  • @octaviennendayifukamiye4754

    @octaviennendayifukamiye4754

    Жыл бұрын

    Yesu mutabazi urandokorera ubugingo kubwimbabazi zawe hezagirwa nyakugirumugisha

  • @aminaniyubushbozi5799
    @aminaniyubushbozi5799 Жыл бұрын

    AMEN 🙏

  • @octaviennendayifukamiye4754
    @octaviennendayifukamiye4754 Жыл бұрын

    Mana umbikire imbabazi zawe ndimurugendo rukomeye unjabutse yorodani ndisabiye nkacagisuma uzunyibuke kuri wamunsi

  • @uwinezaruth1651
    @uwinezaruth1651 Жыл бұрын

    Inkota yo yama ivugwa gusa,inzara yaratanguye yesu agororotse adutabare

  • @natashauw839
    @natashauw839 Жыл бұрын

    nari ndamukumbuye reka numve nubwo mubona ko ari Malayika w'Imana uvuga kandi akavugira muriwe. Mana udutabare, Amaraso ya Yesu Christ atweze.

  • @dianemunezero6703

    @dianemunezero6703

    Жыл бұрын

    Amena mena umucowera TV kuki mukoresha abatumire ariko ntimutange phone number? Erega habaharabagomba gusiguza.muzojemutanga nimero zabo murakoze muhezagirwe.

  • @octaviennendayifukamiye4754
    @octaviennendayifukamiye4754 Жыл бұрын

    Mukozi wimana unsengere aba gukurikirana bose

  • @kennyndimubantu5228

    @kennyndimubantu5228

    Жыл бұрын

    Mana udutabare utugirire imbabazi

  • @deodoratminani198
    @deodoratminani198 Жыл бұрын

    Amahoro y'Umwami wacu YESU KRISTO abane na twe ! None mukundwa w'Imana,ntaco IMANA yoba yaravuze cokorwa kugira ngo Abarundi banse ibahane canke bihane hama itubabarire !?

  • @leilaomar5391
    @leilaomar5391 Жыл бұрын

    Amen Amen Amen🙏🙏🙏

  • @rebeccamuvyeyi3577
    @rebeccamuvyeyi3577 Жыл бұрын

    Ni hatari

  • @niyokwizerameryvelle9394
    @niyokwizerameryvelle9394 Жыл бұрын

    🙏🙏

  • @venantuwitonze5072
    @venantuwitonze5072 Жыл бұрын

    Ibintu birakomeye rero?

  • @nkurunzizagad6083
    @nkurunzizagad6083 Жыл бұрын

    Mana dutabare kandi duhe mana kwigaya twitahure dusabe imbabazi mukozi wimana wavuga ntuvura tubabarire mana

Келесі