UMUNTU YASUBIJWE MWISI YAGEZE KWIREMBO RYIJURU BAMUTUMA INTAHE ZABANT3//UMVIRIZA INYISHU YARONSE
Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV
Пікірлер: 32
Yesu adutabare aduhe kwezwa neza nukwizera nkukwabambere 🙇🙇
Amen
Murakoze cane Muvyeyi wanje nkunda k'umutima
Murakoze cane turabashimiye Kubintu biryoshe musigaye muduha.🙏🙏❤
Imana irakoze impaye kunva ayamajambo yayo.umuco wera Imana ibashigikire
@asteriendayishimiye2725
3 жыл бұрын
Benjamin Ndayikengurukiye
Yesu krito ashimwe, turabashimira abakozi b'Imana bakora kumuco
@fidelajackson2723
3 жыл бұрын
K'Umuco wera TV turafashwa n'amajambo y'Imana kandi nibishingantahe birushiriza guca kwiyi channel. Ntakuntu mwozotuzanira faustine numugabo wiwe?? Ndakeneye kumenya uko ubu bimeze kuko twaheruka yibungenze.ndibaza ubu afise umwana ubu arakuze.
@fidelajackson2723
3 жыл бұрын
@@UMUCOWERATV2021 none ko bataragaruka K'Umuco wera kandi??turakeneye kubabona kandi.
Nukuri naje ndafashijwe cane hari bishasha numvise ntari nzi!! IMANA ibahezagire bantu b' IMANA ku majambo y' Ubugingo kandi IMANA iduhe imitima yoroshe !!!
Ubunubutunzi Imana yaduhaye inyigisho nzima
Imana ya nyaguhezagirwa IHEZAGIRE PASTEUR WACU YAMUSHIZEMWO UBWENGE BW,IMANA.
Murakoze cane gusa ibindi bice sindabibona
Data akumpere ijuru watamiye
Amen amen
Urakoze mutama
Umutama wacu Imana Imukomeze Imwongeramavuta
Proud of you
Good
Ndafashijwe umuco wera tv Imana idakiranigwa ngo yibagigwe Imirimo yabera ibampere umugisha
@ishimwejeannette7038
3 жыл бұрын
Amen,murakoze Imana nibah'umugisha muratwubatse mumwuka.
@safaricharles4996
3 жыл бұрын
Amen
@polinekatihabwa2506
3 жыл бұрын
Imana ahezagire abakozi bayo ikoreshaa
Ewe wagusenga urimwo vyinshi
Mbabarira Yesu, ndi umutsindwa
Umutama wacu aragahezagirwa
@lievainagororoka2337
Жыл бұрын
Aragahezagizwa c'est un vrai sage
Amen
Amen
Amen
Amen