INTAHE YA PASTEUR ANDRE/TWARIZE IMYOSORI IRATURENGA//UMUGORE WANJE YAMAZE IMYAKA 15 ASARA/NDIHANGANA
Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano kzread.info/dron/wFam05QpDhm27_c2tdMplg.html
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV#DR_TV
Пікірлер: 36
Umwami Yesu Kristo abahezagire caaane
Amen mukozi w'lmana
Imana iziguhe iherezo ryiza
Amen mukozi w'Imana Imana iguhe umugisha
Amen, uhezagigwe mukozi w’ Imana
Yesu aguhezagire pasteur kandi ndakwipfurije ijuru
Amen-amina! Kwihangana gutera kunesha, Imana Ishimwe Yashoboje umukozi Wayo! ❤❤❤❤
Yesu ashimwe cane 🙏🙏❤️ murakoze canee 🙏🙏
Imana data nihatari kuko ibanza kumara umuntu amanyama kugirango yishakire intahe nya ntahe
Imana ishimw cyane ndafashijwe nicogishingantahe
Ndarize numbise iyintahe mumpe nimeroziwe tuzoganire mwobamukoze
Yesu agukomez
Imanishimwe Pasitor wacu dukunda Ikabarr
Imana iguhe umugisha cyane
Mbegintahe nize kwihangana
Murakoze
Pole sana kaka yangu
Yesu we!!! Mbega igeragezwa narinshatse kugutera amabuye mukubyara kuwo mugore ariko nabitahuye? Yesu aguhezagire wavuye muigeragezwa utanuka imyotsi . Abubu nibazako batabishobora Yesu yaragushoboje uzigama ibanga
M
YEsu azoguh iherezo ryiza mukozi wimana
Mpole papa
Yoho poresan mwarimu
Amageragezwa aragwira ndumiwe
Urumira kukwokwihangana,satani ntazokunyage,warwanye intambara nziza
Uwiteka naguhe Umugisha kandi Akwagurire imbago. Ariko nta numero yawe watanze kandi narinyikeneye.
Turafashijwe
Yoo mbega lbigeragezoo
@janetgaaj2705
3 жыл бұрын
Pole muvyeyi buri muntu wese agira ikigeragezo ciwe.
So sad 😥
Nukuri nubwo ndi mumageragezwa,amageragezwa ararutana pe.munshira nanje muri groupe yumuco wera nanje ndayijemwo,kuko ndakunda umuco wera uramfasha cane .numéro yanje ya whatsap ni 69192390
😭😭😭😭
Mbegintahe!!!yooooo ntacotuzoronka twireguza nukuri
Iyintahe irandyoheyeeeee goseeeeeeee. Mwarimuwe nukuri umpaye inyigisho "ukwihangana k'umukristo arimurugendo yakijijwe neza" Ariko ndafise ikibazo none uwomugore wakabiri koyariyubatse nuwundi mugabo mugabo agasubira iwabo,none komwarimu yamutwaye umugabo wiw akiriho, ntari mucaha none ? Cfr bibiliya
@AURIN.OFFICIAL
3 жыл бұрын
@@UMUCOWERATV2021 murakoze kunyishu, ariko sintahuye "igihari" icarico.
@AURIN.OFFICIAL
3 жыл бұрын
@@UMUCOWERATV2021 aaaan😁 ok. Murakoze,Yesu abahezagire cane!!!!
@andrenibikora2619
2 жыл бұрын
@@AURIN.OFFICIAL Imana ihezagire uyu mukozi kuko yarihanganye cane mugabo yarakwiye kwihanganira umubiri naho bitoroshe.Yari akwiye gusengera umubiri kugira ngo Imana imushoboze