NO STOP CHORALE SEMERERA EP1//UMVIRIZA INDIRIMBO ZIRENGEJE IMYAKA 35 ZIRIRIMBWE ZIFISE AKANOVERA

Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV

Пікірлер: 50

  • @mukerandangaalfred7521
    @mukerandangaalfred75218 күн бұрын

    Emwe gaye!!!Binyibukije igihe kirahoo!Nari mfise imyaka 8-10.Ibihe bibi narimwo n'igihugu carimwo.Izo zaraturemesha zikaturinda kwiheba.Abaziririmvye Uwuhoraho abatuzigamire.

  • @jeanbaranyizigiye-jv7fu
    @jeanbaranyizigiye-jv7fu Жыл бұрын

    Yesu abongere amavuta izi ndirimbo ziramfashije cane

  • @GaniraTV-2023
    @GaniraTV-2023 Жыл бұрын

    Karahanyuze

  • @jeromeyamuremye2062
    @jeromeyamuremye206211 ай бұрын

    Ndakeneye vidéo z'aba baririmvyi ck amakuru kuri bo

  • @sarasarah2242
    @sarasarah22422 жыл бұрын

    Ni zakera kweri. Zari mwamavut

  • @davidtuyisabe1837
    @davidtuyisabe1837 Жыл бұрын

    Nshobora kumara umusi wose numviriza izindirimbo uwazishizeko Imana imuhezagire goooooose Narimaze imisi ndazirondera Yoooo izi nizo ndirimbo isi izorinda ihenuka zicuzuye amavuta apana za Nibebe zimara umwanya urume rumara !!

  • @nephtaliebizimana6796
    @nephtaliebizimana6796 Жыл бұрын

    Amashimwe meshi ku Mana yacu

  • @user-gv5tt5id7y
    @user-gv5tt5id7y10 ай бұрын

    Izi ndirimbo nari narazirondey ndazibura.aboba bakiriho mubaziririmvye Imana ibongere kwiyubura munkomezi nsha.

  • @dorcaskarago2876
    @dorcaskarago287611 ай бұрын

    Ibuka umuremyi wawe

  • @emeryirakoze8483
    @emeryirakoze8483 Жыл бұрын

    Imana ishimwe izi ndirimbo zinyibukije vyinshi abo twarukanye batakiriho bazikunda zinyibukije 1993

  • @niyokwizerameryvelle9394
    @niyokwizerameryvelle9394 Жыл бұрын

    Amen

  • @desirekaburo998
    @desirekaburo9982 жыл бұрын

    YESU abahezagire kw'izi ndirimbo. Nahora ndazirondera nkazibura

  • @dusabeJBaptiste
    @dusabeJBaptisteАй бұрын

    Ndazibukira kuradio agakiza muri 1990 _1993 kwer

  • @kaburaadolphe7102
    @kaburaadolphe7102 Жыл бұрын

    Amen.

  • @seraphineniyonzima6005
    @seraphineniyonzima60052 жыл бұрын

    Yesu abahezagire kubona muduhaye izo ndirimbo.Muraturonderera n'indirimbo z'Imana za Nikiza David

  • @minor28
    @minor2810 ай бұрын

    Amen Amen Hezagirwa mwenedaata wongey kuturonsa izi ndirimbo combien édifiant.

  • @etiennentirampeba8866
    @etiennentirampeba8866 Жыл бұрын

    Ndafashijwe pe!! Yayayayaya Mungu we

  • @mamanbella5460
    @mamanbella5460 Жыл бұрын

    Iyonunvirije izindirimbo zinyibagiza imibabaro yose nimiruho yomurinosi Ukamengo nibereye mwijuru Mwarahezagiwe bantunimana Icompa nkaxoririmbana namwe mwijuru ,unva amavuta yemwe ,indirimbo zuzuye mpwemuyera zohinguwe nabamarayika amen, amen ,amen.

  • @rebeccandikumana68
    @rebeccandikumana68 Жыл бұрын

    Indirimbo za kera ,zirarengeje kuryoha,murakoze kuzidushiriraho

  • @oserndikuriyo690
    @oserndikuriyo690 Жыл бұрын

    nice songs

  • @mmma6210
    @mmma62102 жыл бұрын

    Amen, ❤️

  • @ngundachris7598
    @ngundachris7598 Жыл бұрын

    1993 🇧🇮🤔🤔🤔🤔🇧🇮

  • @samuelnkurunziza3882
    @samuelnkurunziza388211 ай бұрын

    Amen, mukomeze muhezagigwe cane

  • @niyokwizerajeanine9136
    @niyokwizerajeanine9136 Жыл бұрын

    Izi ndirimbo zirimwo ubuntu bw'Imana Mwarakoze cane kuzituronderera Muhezagirwe cane.

  • @dianeniyubahwe3797
    @dianeniyubahwe3797 Жыл бұрын

    Haleluya Yesu

  • @cyprienkabanda1030
    @cyprienkabanda10302 ай бұрын

    Izi ndirimbo ndazibuka muri za 1992, 1993, nari narazibuze urakoze kuziduha. Ese batacyariho? Mbega!!! Urabadukumbuje pe, Imana iguhe umugisha.

  • @VenantieGIRUKWISHAKA

    @VenantieGIRUKWISHAKA

    2 ай бұрын

    Muransubije mubihe vya kyera kweli, IMANA ibahe umugishya mwinshi❤❤❤

  • @mertushatungimana8610
    @mertushatungimana86102 жыл бұрын

    Ndafashijwe pe!!!! Umuco wera Imana yo mwijuru Ibahumugisha

  • @emeryirakoze8483
    @emeryirakoze8483 Жыл бұрын

    Karahanyuze kweri

  • @audaceirambona6943
    @audaceirambona6943 Жыл бұрын

    Murakoze gushima mwesi yesu abahezagire namwe

  • @jeromeyamuremye2062

    @jeromeyamuremye2062

    11 ай бұрын

    We need videos or news about them

  • @VenantieGIRUKWISHAKA

    @VenantieGIRUKWISHAKA

    2 ай бұрын

    Aba bantu nimba ntakiriho kandi nimba bakomeje kuririmba, muraturonderera indirimbo ainsi zabo, ikindi izi ndirimbo zabo zaketa nimba mwoturonkera vidéo zazou mwoba mukoze

  • @faustinegirukwigomba5466

    @faustinegirukwigomba5466

    25 күн бұрын

    NNE mutama audace,mwarimwo muri iyo chorale? Vyondyohera hamwe Hoba hakiriho abaziririmvye.

  • @spasrurarata7580
    @spasrurarata7580 Жыл бұрын

    Izi tuba tugomba kuzumva

  • @DelphineNitunga
    @DelphineNitunga Жыл бұрын

    Amen kur'iyi choral ya Eglise pentecote y'abarundi bari muri Tanzanie

  • @jeromeyamuremye2062

    @jeromeyamuremye2062

    11 ай бұрын

    I do not think that it is pentecostal one.

  • @sethmdj

    @sethmdj

    8 ай бұрын

    ​@@jeromeyamuremye2062Okay. Any idea who they are?

  • @cyprienkabanda1030

    @cyprienkabanda1030

    2 ай бұрын

    Nibyo nange niko narimbizi

  • @cyprienkabanda1030

    @cyprienkabanda1030

    2 ай бұрын

    Baracyabaho? Narabakundaga cyane!!!!

  • @spasrurarata7580
    @spasrurarata7580 Жыл бұрын

    Ziraryohe n'izakanovera

  • @user-nn1do8ib5e

    @user-nn1do8ib5e

    11 ай бұрын

    Zizogumana amavuta kweri

  • @user-nn1do8ib5e

    @user-nn1do8ib5e

    6 күн бұрын

    Baririmba buzuye mpwemu yera Nico gituma harimwo amavuta

  • @chrisskelos7164
    @chrisskelos71642 жыл бұрын

    Iyi korale yakorera murihe shengero?

  • @emmanuelmanirampa2085

    @emmanuelmanirampa2085

    Жыл бұрын

    @@UMUCOWERATV2021 nikuri bar buzuye mpwemu yera

  • @MjinimoneyNizigiyimana
    @MjinimoneyNizigiyimanaАй бұрын

    Izindirimbo zirarenza imyaka 35 zishobora kuba ziri muri 50ans irenge kandi ahobari hose bubahwe none ababaririmvyi barabahe?

  • @dusabeJBaptiste

    @dusabeJBaptiste

    Ай бұрын

    Kuntahangwa Pentecôte

  • @dorcasuwimana5740
    @dorcasuwimana5740 Жыл бұрын

    Amen

  • @minor28
    @minor2810 ай бұрын

    Amen Amen Hezagirwa mwenedaata wongey kuturonsa izi ndirimbo combien édifiant.

  • @bellazara6448
    @bellazara6448 Жыл бұрын

    Amen

Келесі