NATEGETSWE GUCA MUMASHENGERO YOSE MVUGE IVYAHA BITUMYE IMANA ITEZA IVYAGO IGIHUGU//BIRAJE BIRIHUSE
Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Пікірлер: 46
Murakoze can mukozi w'lmana amen amen amen indirimbonziza can ndaqfashijwe can yesu abahezagire can 🙌🙌🙌🙌🙌🙌👏👏👏👏👏🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾
Amen amen amen amen amen murakoze can mukozi w'lmana 🙌🙌 kuriyi mburi AMEN AMEN Iman ibahezagire can lman indukomeza can muriyisi yanyuma
Amen. Murakoze cane Yesu atwongere inkomezi zo kunesha icaha n igisa naco.
Imana idutabare cn
Haric lmana igomba kubantu bayo kuko izimburu ziguma ziza sizubusa kumbure twokwihana tugakor ivyigomb yotubabarira🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌
Amen
Imbabazi z Imana zitubeko mw izina rya Yesu Kristo Umwami n Umukiza wacu.Amen
Imana idutabare
Imana idutare kabisa
Imana irikudutumaho ngo twihane nukuri Imana idushoboze kwihana ibyaha kuko ibihe biregereje Yesu agiye kugaruka.
Muhezagihwe
Amen 🙏
Yooo dukizwe neza duhe agaciro AMARASO Y’UMWAMI mwiza wacu twibuke ko twacunguwe n’igiciro kirengeye urugero
YESU aragarutse vuba cane Hindukira mwihane …
Iman iguh umugish mukoz wimana Amen Amen 🙏 🙌 👏 hezag7rw can
Yesu tubabarire imburi ninyishi tugirire imbabazi ntiturimbuke Yesu Imitima yacu ice bugufi
Imana nyen'imbabazi yamane natwe ibihe vyose mu kutugirira imbabazi
@nyandwigerard5924
Жыл бұрын
Amen Imana iduhangaze kweli abaturimwo nabo ataribo bihane mwizina rya Yesukristo
Amen uwiteka akwagure muruyumurimo
Amen 🙏🙏
Imana iduhe inkomezi zokunesha icaha nigisa naco
God help us
Amina Mungu akubariki sana
UHORAHO dutabare kabisa
Amen murakoze can
Murakoze cane mukundwa wa Kristo Yesu Imana ibahezagire can ,Imana idutabare
@norahkamikazi1056
Жыл бұрын
8
@alinaalina3089
Жыл бұрын
@@norahkamikazi1056 norah Fyonda kuri foto yanje ukore subscribe merci
Lugha moja haifai watu hawawezi kupata ujumbe wengi,mkumbuke warundi tumesambaa dunia nzima na tuna watoto hawajui Lugha
Amen,Amen,Amen.
IMANA NURUKUNDO RUTAGIRA AKAGERO.
Imisi nimibi nukuri harimburi nyinshi
Amen Amen 🙏
🙇🙇🙇🙇
@alinaalina3089
Жыл бұрын
Rachelle Fyonda kuri foto yanje ukore subscribe merci
🙏🙏🙏🙏🙏
Yemwe izimburi jewe ngumanumva kumuburundi bwacu zintera ubwoba abarundi aho turi hose twari dukwiye gucabugufi.
@claudinebizabishaka4355
Жыл бұрын
Ijuru riragoyee kuzoshikira.lmana itubabarire
Imana ibahe umugisha 🙏🙏🙏
Amen murakoze Yesu ashishikare kubazigama nokubatuma kutuburira mubigamburukamwo nkuko 🙏
@user-pi4ib7ql4d
Жыл бұрын
Imana nyenamahoro nimbabazi iturabishe ijisho ryayo ryimbabazi amaraso yayo atubonekeko🙇♀️🙇♀️🙇♀️🙇♀️🙇♀️🙇♀️🙇♀️🙇♀️🙇♀️🙏🙏
Imana idutabare
Imana idutabare
Imana idutabare
@alinaalina3089
Жыл бұрын
Evelyne Fyonda kuri foto yanje ukore subscribe merci