Nararozwe ncika nkumuhungu/igifaro c'umupfumu cavuze ngo ndakibere umugore/Imana yampaye urundi rugo

Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV

Пікірлер: 9

  • @emelynenduwayezu4945
    @emelynenduwayezu49452 жыл бұрын

    Yesu niwe se w'Impfuvyi n'abapfakazi Muhezagirwe cane muranyigishije

  • @janinabb4578
    @janinabb4578 Жыл бұрын

    Ndaqfashijwe can yesu abahezagire can amen 🙏🏻🙏🏼 abakomeze can 🙏🏻🙏🏻

  • @user-pi9vc6qg3f
    @user-pi9vc6qg3f8 ай бұрын

    Amen Imana ikora ibikomeye

  • @TheCharity.
    @TheCharity.4 жыл бұрын

    Ni ubuhamya bwiza, buramfashije cyane! Yesu Yarahabaye!👍 Imana Ishimwe cyane ko Yagukuye mu maboko y'abapfumu, ikaguha agakiza kandi ikakubakira n'urugo rw'umugisha.👏👏👏🙏

  • @backyardmultipleafricanveg791
    @backyardmultipleafricanveg7914 жыл бұрын

    Amen 🙏 Imana yarakoze kukurindira mubupfuvyi no mubupfakazi.

  • @niyuhireelias1125
    @niyuhireelias11254 жыл бұрын

    Imana ishimwe cane. Irasezerana ikabishitsa

  • @niyokwizerameryvelle9394
    @niyokwizerameryvelle9394 Жыл бұрын

    Ameen

  • @chrisskelos3832
    @chrisskelos38324 жыл бұрын

    Kugendana n'Imana nivyiza!!! Ikuyobora munzira nziza

  • @dianenshimirimana8090
    @dianenshimirimana80904 жыл бұрын

    😁😁 ngo sawa Sawa concilie Abadayimoni ni hatali

Келесі