Ubutumwa Bwiza Pasteur IYAKAREMYE Prosper yavugiye mw'Ishengero rya Pentecôte ry'i Bururi

«Mana ndashaka kukubona». Umukozi w'Imana IYAKAREMYE Prosper ati «Isi yaratwubakiye ibintu vyinshi bitubuza kubona Yesu... Ariko turagomba kubisambura mw'Izina rya Yesu»
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 67

  • @FeniasNtirenganya-hd8vd
    @FeniasNtirenganya-hd8vd3 ай бұрын

    Amen 🙏🙏🙏🙏 Yesu aguh umugisha ninkomezi mubikorwa vyiwe

  • @meirratv

    @meirratv

    3 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @user-wv6kw4fw3q
    @user-wv6kw4fw3q8 ай бұрын

    Yesu aguhezagire mukozi wi MANA

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @HoseeNdayikengurukiye-sg7gg
    @HoseeNdayikengurukiye-sg7gg Жыл бұрын

    Amen yesu ari muritwe

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @user-yw1or5tb8s
    @user-yw1or5tb8s3 ай бұрын

    Amen.ndagukunda Can muvyeyi pasteur

  • @meirratv

    @meirratv

    3 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @josephhakizimana1012
    @josephhakizimana1012 Жыл бұрын

    Ndagukunda cane muvyeyi mwiza

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    🙏💖

  • @ericnimpojeje9432
    @ericnimpojeje94322 жыл бұрын

    Imana idufashe mugire umugisha nibikorwa vyiza Imana ibaje imbere mubikorwa vyanyu

  • @meirratv

    @meirratv

    2 жыл бұрын

    Amen🙏💓

  • @NiyonkuruAnicet
    @NiyonkuruAnicet Жыл бұрын

    Amen Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen🙏💖

  • @user-jq6in8xz7g
    @user-jq6in8xz7g2 ай бұрын

    Amen Amen Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    2 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @christopheirakoze1592
    @christopheirakoze1592 Жыл бұрын

    Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    🙏💖

  • @ezechielhabimanawabalikiwe2760
    @ezechielhabimanawabalikiwe27602 жыл бұрын

    MANA nanje nagomba kubna YESU ,nsamburira vyooooooose bimbuza kumubona.Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    2 жыл бұрын

    Amen. Imana ibiguhe🙏💓

  • @bizabigombaemmanuel
    @bizabigombaemmanuel Жыл бұрын

    Amen kandi Amen vyukuri turagomba kubona Imana mugihenkiki vyukuri Inkomezi iziduhe Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @bolisbimenyimana6458
    @bolisbimenyimana6458 Жыл бұрын

    Ewe Yesu!!!! Ndashaka kukubona nahimingwanya arivyinshi!! Arko ndashaka kukubona Biguma vyoroha. Imana ihezagire UMUKOZI W'IMANA Atubwiye ibintu Bikomeye kabisa .

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen🙏💖

  • @MbonyimanaAminatha
    @MbonyimanaAminathaАй бұрын

    Inkomezi nyish nizo nkwifurije mukozi wimana amavuta uzuyamane gushitsa kwiherezo

  • @meirratv

    @meirratv

    Ай бұрын

    Amen 🙏

  • @itangishakaeric6298
    @itangishakaeric62982 жыл бұрын

    Uhoraho nyene umugisha akomeze pasteur azamuhe iherezo ryiza

  • @meirratv

    @meirratv

    2 жыл бұрын

    Amen🙏💓

  • @PascalineNiyiragira-dz4nw
    @PascalineNiyiragira-dz4nw8 ай бұрын

    Amen yesu umwami wabami abahumugisha uviwe mw'ijuru .aleluuuua

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @wareseodavi596
    @wareseodavi5962 жыл бұрын

    Amen Umuriro wa Mpwemu Yera uracariho

  • @meirratv

    @meirratv

    2 жыл бұрын

    Amen🙏💓

  • @kaburagad7268
    @kaburagad72682 жыл бұрын

    Amen! Amen!

  • @meirratv

    @meirratv

    2 жыл бұрын

    Amen🙏💓

  • @milanchikuta5332
    @milanchikuta5332 Жыл бұрын

    Imana Imuhezagire kungabire yiwe

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen🙏💓

  • @milanchikuta5332

    @milanchikuta5332

    Жыл бұрын

    Nimuturungikire kugikorane kiriko kibera ku bubwiriza bwo ku MAGARA muntara ya Rumonge

  • @hakizgeorges2688

    @hakizgeorges2688

    Жыл бұрын

    Ndahezagirwa n'ubutumwa bwanyu

  • @nyandwiruben8039
    @nyandwiruben80392 жыл бұрын

    Imana ishishikare kuguha gushikama

  • @meirratv

    @meirratv

    2 жыл бұрын

    Amen🙏💓

  • @ndayishimiyemonique7986
    @ndayishimiyemonique7986 Жыл бұрын

    M|a.o Ubutumwa bwisa

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    🙏💖

  • @gadciza2598
    @gadciza25982 жыл бұрын

    Murakoze caaane twari tumukumbuye

  • @meirratv

    @meirratv

    2 жыл бұрын

    🙏💓

  • @esteraakizimanaakizimana4715
    @esteraakizimanaakizimana4715 Жыл бұрын

    Muzoturonse unumero yuwo mukozi w, lMANA muzoba mudufashijee

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Numéro yiwe ni iyi : +257 79 47 52 14

  • @esteraakizimanaakizimana4715
    @esteraakizimanaakizimana4715 Жыл бұрын

    Murakoze caneee

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Yesu abahezagire cane🙏💖 Numéro mwasavye ni iyi : +257 79 47 52 14

  • @marcndayishimiye2736
    @marcndayishimiye27362 жыл бұрын

    Haleluyaaaa 🙏🙏🙏

  • @meirratv

    @meirratv

    2 жыл бұрын

    Amen🙏💓

  • @gilbertmusictv8136
    @gilbertmusictv8136 Жыл бұрын

    Mon pasteur u are welcome in lusaka Zambia.

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    🙏💖

  • @ahadi7yirehofficial286
    @ahadi7yirehofficial286 Жыл бұрын

    AMENA

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @joelmaribeiro848
    @joelmaribeiro8482 жыл бұрын

    Aleluiaaa

  • @meirratv

    @meirratv

    2 жыл бұрын

    Amen🙏💓

  • @claverninganza5624
    @claverninganza56242 жыл бұрын

    Ibi bintu ga Mana.....birakarama!!!!!

  • @meirratv

    @meirratv

    2 жыл бұрын

    Amen🙏💓

  • @augistinbizimungu9882
    @augistinbizimungu98822 жыл бұрын

    Bizimungu Augustin

  • @meirratv

    @meirratv

    2 жыл бұрын

    Yesu aguhezagire mwene Data Bizimungu Augustin 🙏💓

  • @innocentnshimirimana7017
    @innocentnshimirimana70172 жыл бұрын

    Murakoze cane

  • @meirratv

    @meirratv

    2 жыл бұрын

    Amen🙏💓

  • @lionelnijimbere228
    @lionelnijimbere228 Жыл бұрын

    Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen👏💓

  • @havyarimanajoliebella4920
    @havyarimanajoliebella49202 жыл бұрын

    Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    2 жыл бұрын

    Amen🙏💓

  • @claudineclaudine6145

    @claudineclaudine6145

    2 жыл бұрын

    Amenaa

Келесі