IGIHE KIBI CATWINJIRANYE - NTUTINYE URUPFU - TINYA ICAHA/Pasteur MBERWA

Музыка

Imburi kw'Ishengero n'Abakozi b'Imana !!!
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 40

  • @dianemunezero6703
    @dianemunezero670314 күн бұрын

    Kbs pasteur urupfu nirembo kumugororotsi ❤❤❤❤

  • @meirratv

    @meirratv

    14 күн бұрын

    Amen 🙏💓

  • @PierreKavuyimbo
    @PierreKavuyimbo12 күн бұрын

    Kubwimbabazi nubuntu vya kiristo,Imana idushoze kunesha ivyaha

  • @meirratv

    @meirratv

    12 күн бұрын

    Amen 🙏💓

  • @user-yc3oy6dl2j
    @user-yc3oy6dl2j9 күн бұрын

    Mana duhe gutinya icaha mwizina ryawe ntidutinye urupfu

  • @meirratv

    @meirratv

    9 күн бұрын

    Amen 🙏💓

  • @user-li2uj8mw2m
    @user-li2uj8mw2m13 күн бұрын

    Imana ihabwe ic'ubahiro vy'ukuri

  • @meirratv

    @meirratv

    13 күн бұрын

    Amen 🙏💓

  • @elvisniyogusenga41
    @elvisniyogusenga418 күн бұрын

    lmana iguhezagire mukoz wayo vyukuri dutinya ibitarivyo icaha nico rupfu

  • @meirratv

    @meirratv

    8 күн бұрын

    Amen 🙏💓

  • @JeannetteNSHIMIRIMANA-c5w
    @JeannetteNSHIMIRIMANA-c5w11 күн бұрын

    Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    11 күн бұрын

    Amen 🙏💓

  • @mberwaaline6342
    @mberwaaline634213 күн бұрын

    Imana idushoboze gutinya icaha yesu akogere ayandi mavuta ❤❤

  • @meirratv

    @meirratv

    13 күн бұрын

    Amen 🙏💓

  • @nadineuwizeye6977
    @nadineuwizeye697711 күн бұрын

    Aamen 🙏🙏🙏

  • @meirratv

    @meirratv

    11 күн бұрын

    Amen 🙏💓

  • @leoncenininahazwe8551
    @leoncenininahazwe855114 күн бұрын

    Oooh Pasteur Mbegwa Nciye nkwibuka Igihe Muzananye Numuhisi Umwungere I Sosumo

  • @meirratv

    @meirratv

    14 күн бұрын

    🙏💓

  • @leoncenininahazwe8551
    @leoncenininahazwe855114 күн бұрын

    Dutinye icaha kabisa Yesu akumpere umugisha

  • @meirratv

    @meirratv

    14 күн бұрын

    Amen 🙏💓

  • @NekodeNsabimana
    @NekodeNsabimana13 күн бұрын

    Amen Iman iduhe kwama twiyeza

  • @meirratv

    @meirratv

    13 күн бұрын

    Amen 🙏💓

  • @RichardNgendakuriyo-qk3oq
    @RichardNgendakuriyo-qk3oq14 күн бұрын

    Imana Ishimwe

  • @meirratv

    @meirratv

    14 күн бұрын

    Amen 🙏💓

  • @kubwayondihoalex6764
    @kubwayondihoalex676414 күн бұрын

    Uyomugabonamuherukakera Ndiho akomezekumuzigama

  • @meirratv

    @meirratv

    13 күн бұрын

    Amen 🙏💓

  • @FeliciteGahimbare
    @FeliciteGahimbare14 күн бұрын

    Idushoboze gutinya icaha

  • @meirratv

    @meirratv

    14 күн бұрын

    Amen 🙏💓

  • @FeliciteGahimbare
    @FeliciteGahimbare14 күн бұрын

    Uko nukuri kuzuye Imana idushoboze gutinya icaha

  • @meirratv

    @meirratv

    14 күн бұрын

    Amen 🙏💓

  • @user-yw1or5tb8s
    @user-yw1or5tb8s13 күн бұрын

    Imana itwongere inkomezi nukur

  • @meirratv

    @meirratv

    13 күн бұрын

    Amen 🙏💓

  • @BonifaceNdayikeza-y4f
    @BonifaceNdayikeza-y4f13 күн бұрын

    Yeese turafashijwe nanjnnsamwibuka mugitabazi ni gishiha kandi mukozi w'lmana uraramvy pe

  • @meirratv

    @meirratv

    13 күн бұрын

    Amen 🙏💓

  • @haburanimanagerard9505
    @haburanimanagerard950514 күн бұрын

    Amajambo meza

  • @meirratv

    @meirratv

    14 күн бұрын

    🙏💓

  • @BeolineYaranyumviye
    @BeolineYaranyumviye13 күн бұрын

    Mana, nshoboza gutinya icaha no kucanka

  • @meirratv

    @meirratv

    13 күн бұрын

    Amen 🙏💓

  • @IrutingaboAelon-kt1nr
    @IrutingaboAelon-kt1nr13 күн бұрын

    Imana idufashe cane

  • @meirratv

    @meirratv

    13 күн бұрын

    Amen 🙏💓

Келесі