Conférence-Débat 2024:Imfashanyo y'Imana ku miryango yasambutse//Pasteur Prosper Iyakaremye

Ойын-сауық

Iki ni icigwa ca kane cashikirijwe mu nyigisho z'ingo n'imiryango i Bururi ku wa 15 Ruheshi 2024.
Mwipfuza kuyaga natwe kuri telefone mwokwifashisha iyi numéro +25762924265 (Appel & Whatsapp) canke +25779476307 (Appel & Whatsapp) ariko kandi mwonatwandikira kuri Email yacu: neemagospeltv@gmail.com . Ivyiyumviro vyanyu,intererano zanyu kubw'ibiganiro n'ubutumwa tubashikiriza,vyose birahawe ikaze kubwo gutegura umugeni wa Kristo YESU

Пікірлер: 13

  • @Kjulkjvhjhhjvghb
    @Kjulkjvhjhhjvghb2 күн бұрын

    Murakoze cane IMANA Ikomeze kubakoresha ivy'ubuhizi batama bacu,natwe YESU Akomeze kutwihishurira gose Adushoboze kunesha.Amen.

  • @karikeaudace6205
    @karikeaudace62052 күн бұрын

    Merci bcp Pasteur Prosper de la séance annimée très instructive.

  • @user-kr8kr4wy9v
    @user-kr8kr4wy9v6 күн бұрын

    Murakoze cane kuri iZi nyigisho mudushirireko quand izonyigisho zabereye

  • @user-gw2fs3nb5n
    @user-gw2fs3nb5n4 күн бұрын

    Bien👏👏

  • @megaccebdi
    @megaccebdi6 күн бұрын

    Ino nyigisho irakomeye cane

  • @DieudonnéTuyikeze-f5d
    @DieudonnéTuyikeze-f5d2 күн бұрын

    Merci pr cette instruction

  • @izibikwiyehumura.1314
    @izibikwiyehumura.13145 күн бұрын

    Turabakumbuyehano Zambia

  • @lionelnijimbere228
    @lionelnijimbere2286 күн бұрын

    Amen

  • @rogerbararunyeretse5770
    @rogerbararunyeretse57706 күн бұрын

    Merci beaucoup pasteur pour cette séance spirituelle aussi édifiante.Que le Saint Esprit nous aide à avoir des foyers qui sont en pleine communion avec l'Eternel Dieu.

  • @MireilleKezimana-fj3cd
    @MireilleKezimana-fj3cd4 күн бұрын

    I'm interested 😂

  • @gorethIteriteka-tn3iy
    @gorethIteriteka-tn3iy5 күн бұрын

    Muduhe numero za pasteur prosper

  • @neemagospeltv

    @neemagospeltv

    5 күн бұрын

    Andika message abajejwe gutanga amakuru kuri 62924265 bobafasha.

  • @megaccebdi
    @megaccebdi6 күн бұрын

    Ino nyigisho irakomeye cane

Келесі