INDIRIMBO ZA CHORALE KINYAMI II - Eglise de Pentecôte de Ngozi - Mission de Gashikanwa

Музыка

Album bise YESU ARARYOSHE basohoye mu kwezi kw'umunani 2021
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 36

  • @sisisylvanendayisenga1005
    @sisisylvanendayisenga10053 ай бұрын

    Yesu abongere umugisha ncuti zanje,nivyo Yesu araryoshe,tumuronkeramwo vyose.

  • @meirratv

    @meirratv

    3 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @GeorgeJabukiro-pk9cg
    @GeorgeJabukiro-pk9cg9 ай бұрын

    IMANA ibahe umugisha YESU abahezagire indirimbo zanyu ziraduhembura Kandi zifasha imitima yacu

  • @meirratv

    @meirratv

    9 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @gagagrace6789
    @gagagrace67895 ай бұрын

    Amen kuzoja mw ijuru biruta vyose lmana izoduh iherez ryiz

  • @meirratv

    @meirratv

    5 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @horimberepeace7376
    @horimberepeace73763 ай бұрын

    HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUAAAAAAAAAA URAKOZE GOOOSEEE YESU CHRISTO 👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢

  • @meirratv

    @meirratv

    3 ай бұрын

    Amen Amen Amen Amen Amen 🙏💖

  • @Bulonzamondofredy
    @Bulonzamondofredy3 ай бұрын

    Imana abah' imigisha.

  • @meirratv

    @meirratv

    3 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @Gift-Bunyoni9230
    @Gift-Bunyoni92309 ай бұрын

    Yesu araryoshe Murakoze cane

  • @meirratv

    @meirratv

    9 ай бұрын

    🙏💖

  • @ndagijimanafelix4440
    @ndagijimanafelix44404 ай бұрын

    May the Lord Our God bless you more than you think

  • @meirratv

    @meirratv

    4 ай бұрын

    Amen Amen! May Him bless us with you dear viewer🙏💖

  • @aldinengerane
    @aldinengerane3 ай бұрын

  • @meirratv

    @meirratv

    3 ай бұрын

    🙏💖

  • @user-kz6gd6uc2s
    @user-kz6gd6uc2s6 ай бұрын

    Nanje Yesu arandyohrea. MEIRRA team na Vhoral kinyami mubandanye guhezagirwa

  • @meirratv

    @meirratv

    6 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @valeriemozzi5460
    @valeriemozzi54609 ай бұрын

    MERVEILLEUX JÉSUS CHRIST ❤❤❤🙏🏽🙏🏽

  • @meirratv

    @meirratv

    9 ай бұрын

    🙏💖

  • @manirambonajosaphat724
    @manirambonajosaphat7243 ай бұрын

    Aman iMANA ibahezagire

  • @meirratv

    @meirratv

    3 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @justinelya7069
    @justinelya70695 ай бұрын

    yesu abahezagire cane ndafashijwe

  • @meirratv

    @meirratv

    5 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @nyandwisilas1146
    @nyandwisilas11465 ай бұрын

    Merci au gpe MEIRRA TV pour le travail d'apporter l'évangile à tous les horizons. Je prie pour vous . Que Dieu vous bénisse et finence votre vocation. Que Dieu bénisse cette chorale leur message m'a fortifié.

  • @meirratv

    @meirratv

    5 ай бұрын

    Amen Amen! Que Dieu vous bénisse abondamment vous aussi🙏💖

  • @GeorgeJabukiro-pk9cg
    @GeorgeJabukiro-pk9cg9 ай бұрын

    IMANA data watwese abongere amavuta

  • @meirratv

    @meirratv

    9 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @user-dq2nc7kp6n
    @user-dq2nc7kp6n9 ай бұрын

    Muhezagirwe

  • @meirratv

    @meirratv

    9 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @valeriemozzi5460
    @valeriemozzi54609 ай бұрын

    SOYEZ TOUS BÉNIS AU NOMS DE JÉSUS ❤❤❤

  • @meirratv

    @meirratv

    9 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @user-tr7do1gm5d
    @user-tr7do1gm5dАй бұрын

    ❤❤❤ Pantecot de Mirango2 kamenge❤❤

  • @meirratv

    @meirratv

    Ай бұрын

    🙏💖

  • @DesireNiyondiko-ht8gb
    @DesireNiyondiko-ht8gb4 ай бұрын

    Amen Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    4 ай бұрын

    Amen 🙏💖

Келесі