Gev Kiremba-intwari iratashe

Muvyeyi wacu mwabaye intwari koko
Mwatureresheje ijambo ry'Imana
Mutwigisha gusenga
Kwuzura Mpwemu Yera
No kuzigama amavuta ya Mpwemu Yera
Mwashinze igicaniro co mu Kirundo, ico mu Kayanza, ibicaniro 3 vy'i Muyinga ( Kagari, Mukoni, n'i Karama), igicaniro c'i Ngozi, ic'igitega, hamwe n'ic'i Karusi
Muca mukomeza ibicaniro vy'i Kiremba muvuga ubutumwa mu Burundi bwose ndetse no mu bihugu vyinshi
Tuzohora tubibuka ibihe vyose
Ruhuka amahoro Muvyeyi wacu
.
.
Visual:Kelly Design
AudioProd:CEPBU

Пікірлер: 32

  • @gikundirorosette6518
    @gikundirorosette6518Ай бұрын

    J'ai la chair de poule en écoutant cette chançon Ah oui abera tuzataha kandi nous lui reverros à ce grand rendez vous avec Jésus Christ

  • @LiesseIrihafi
    @LiesseIrihafiАй бұрын

    Yesuu abongere inkomezii

  • @user-ve1tm6dz2j
    @user-ve1tm6dz2jАй бұрын

    IMANA IBAHEZAGIRE CANE,MUTERE MUJ'IMBERE

  • @user-yi6ff5wc3y
    @user-yi6ff5wc3yАй бұрын

    Be blessed so much!!! I will meet him in the heaven in Jesus name.Amen

  • @BlaiseIranezereza-go2vf
    @BlaiseIranezereza-go2vfАй бұрын

    Mon coeur est en morceaux 😥😥😥Imana ibahe ize iduhe kugendera mumakanda yiwe tuzomusange mubicu

  • @analissandayishimiye149
    @analissandayishimiye149Ай бұрын

    Muhezagirwe cane bibondo vyacu

  • @herveiranezereza7952
    @herveiranezereza7952Ай бұрын

    Thanks you for the good inspiration he was an example for this new generation may God help us to be comfortable with the word of God

  • @JosueNiyokwizera-gk7mm
    @JosueNiyokwizera-gk7mmАй бұрын

    Imana ibahezagire kuriyondirimbo nziza ihumuriza, ndabakunze cane gusa sinatahuye GEV en toutes lettre!

  • @mutabazijedidja8880

    @mutabazijedidja8880

    25 күн бұрын

    Groupe d'encadrement en vacance

  • @SamyNiyubuhuro-ue6hb
    @SamyNiyubuhuro-ue6hbАй бұрын

    Hezagirwa canne

  • @DouceGiriteka
    @DouceGiritekaАй бұрын

    Yesuu abahezagire cane

  • @VictoirecelesteMutoni
    @VictoirecelesteMutoniАй бұрын

    Hejuru cane ls amies❤

  • @BellaNDAYIKUNDA-rl3yj
    @BellaNDAYIKUNDA-rl3yjАй бұрын

    Mwarahezagiwe

  • @EDODesign-cx2ef
    @EDODesign-cx2efАй бұрын

    Imana ibahezagire cane

  • @RegisBumwe
    @RegisBumweАй бұрын

    More blessed🙏🙏🕊️🌿

  • @OlivellaNdayubaha
    @OlivellaNdayubahaАй бұрын

    Amen Amen ❤

  • @PascalIRADUKUNDA-ql9he
    @PascalIRADUKUNDA-ql9heАй бұрын

    Amen

  • @AliceIgiraneza-bk9lt
    @AliceIgiraneza-bk9lt16 күн бұрын

    Imana Ibahezagire caaane

  • @HuguetteManeza
    @HuguetteManeza17 күн бұрын

    Yesu Abahezagire 🙏

  • @kwizeraworshipteam-bi
    @kwizeraworshipteam-bi7 күн бұрын

    Imana ibakomeze bene data

  • @source-de-la-vie
    @source-de-la-vieАй бұрын

    mukomere

  • @mugishajoyeuse6538
    @mugishajoyeuse6538Ай бұрын

    Be blessed❤

  • @elyseeniyonizigiye9318
    @elyseeniyonizigiye9318Ай бұрын

    ❤❤❤❤❤

  • @gloriashima3097
    @gloriashima3097Ай бұрын

    Be blessed my favorite choir❤️❤️

  • @HuguetteIrumva-pf9fj
    @HuguetteIrumva-pf9fjАй бұрын

    Yesu abahezagire caaane ncut zacu GEV Kure caaane

  • @maitrisemunezero-wj9yj
    @maitrisemunezero-wj9yjАй бұрын

    Yesu abahezagire ncuti zacu

  • @DouceGiriteka
    @DouceGiritekaАй бұрын

    Yesuu abahezagire @GEVfam

  • @jolysenizigiyimana9967
    @jolysenizigiyimana9967Ай бұрын

    Haleluuuuya!!!ukuri kwuzuye!!courage bagenzi

  • @colombeirakoze1969
    @colombeirakoze1969Ай бұрын

    Yesu abahezagire cane mes chers

  • @VyizigiroAnnieFiona
    @VyizigiroAnnieFionaАй бұрын

    Mwarahezagiwe🙏

  • @DouceGiriteka
    @DouceGiritekaАй бұрын

    Yesuu abahezagire cane

  • @ThadeeKamaranyota
    @ThadeeKamaranyotaАй бұрын

    Imana ibahezagire cane

Келесі