Amakuru ya Haguruka 01/05/2024 bateruye icapa kiriko ifoto ya

Ойын-сауық

01.05.2024 Uwo twatoye ngwarongore igihugu cu burundi 2020 akibwa amajwi n'abategetsi ba DD ariwe #Agathon #Rwasa abifurije umusimukuru mwiza w'Abakozi n'akazi .#Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
#Interviews_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 11

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to15 күн бұрын

    Uhuu none ko hari agateka kazina muntu komuriko mushaka gutoteza gwasa? Ica2 ko twiigwa turanyuruzwa kubwishi abagabo bacu bakicwa dusigaye duhangayikana abana twenyene nimuvaho😢😢😢

  • @josephmuragano8186
    @josephmuragano818615 күн бұрын

    Good job 👍

  • @victorntakirutimana3535
    @victorntakirutimana353515 күн бұрын

    Jeanette ufise abagabo bangahe?

  • @user-yg1vg7nz1d
    @user-yg1vg7nz1d15 күн бұрын

    Urabesha kweli uko!

  • @manafree7435
    @manafree743515 күн бұрын

    Agateka......

  • @victorntakirutimana3535
    @victorntakirutimana353515 күн бұрын

    Bakujane kwa le gentil erega ubwo n'ubugwayi bwo mumutwe.

  • @yobettyfiysutislam7167
    @yobettyfiysutislam716715 күн бұрын

    GUSA IMANA idutabare

  • @user-ti1ol3ti9j
    @user-ti1ol3ti9j15 күн бұрын

    Komera mugisha ndakwemere kabisa akazikeza cane

  • @ndabwarukanye-pg3zp

    @ndabwarukanye-pg3zp

    15 күн бұрын

    Wemera umuntu abesja

  • @johnnininahazweclaude

    @johnnininahazweclaude

    15 күн бұрын

    Hari umuntu abesha gusumvya Leta

  • @WozaMan-eo7wg
    @WozaMan-eo7wg15 күн бұрын

    none nkuyumuntu avuze ngulabesha nawe urabesha wankamanyama ikibuze chalichochose mubulundi nawe urashikigwa halabazohunga atakibilukanye bavyanka bavyemela nyakubahwa agaton azotwalatu

Келесі