URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

This channel is Analyse Poliques Only !
any Question Contact us on our WhatsApp number +3584658231314
This site is not blasphemous. If you see that we have used your content , please let us know and we will remove it before you file a complaint with the youtube authority thx. Ncuti mukunzi wa Daniel Mugisha na Urugendo News mboneyeho akaryo ko kukugezako iki ciyumviro, Wewe nkumwe mubakunda ibiganiro vyacu "AMAKURU ATARIKWIVUMBI'' nagira ngusabe mudushigikire "MUKUDUTERERA ku "URUGENDO NEWS" kuko dufise Umugambi wo kwagura ibikorwa ,kuburyo amatora ya 2025-2027 azogera Ibiganiro vyacu bishikira abenegihgu bose nabadakorera Téléphone Android,hari uburyo twipfuza ko vyobashikira mwo. ibi navyo kugira tubishikeko dukeneye gushigikirwa (guterera) kugira twongereze ibikoresho dufise Umuntu wese Ushobora kwitanga uko ushoboye. kubari mu Burundi Lumucash 66140061 Abari hanze mubonye mutokoresha ubu buryo ,mwoduhamagara tukabiyaga bishobotse mwokoresha Western Union Murakoze Daniel Mugisha

Пікірлер

  • @leopoldndizeye7028
    @leopoldndizeye7028Минут бұрын

    Ntivyoroshe

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira6 минут бұрын

    Gushika uyu munsi Uburundi nta mukuru w igihugu bufise !!!!

  • @ClovisNdayipfukamiye
    @ClovisNdayipfukamiye12 минут бұрын

    Abarundi turagowe kuko umutegets nkuwo avuze ngotuzoshaka tuhatere irege ngo ibirenge nibipinda turakeneye abategetsi bicabwenge nka Nkurunziza Bagaza,Buyoya n,abandi

  • @victorNizigiyimana
    @victorNizigiyimana27 минут бұрын

    Nihatar

  • @user-xn9od4ze1j
    @user-xn9od4ze1j46 минут бұрын

    Mukoze mugira umugisha

  • @user-pe9lt3lr7d
    @user-pe9lt3lr7d52 минут бұрын

    Vyakomeye uyomuntu atukana umuhe igiti😢

  • @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
    @Mafia1984Ayirwanda-ge4tyСағат бұрын

    Igitoro bagishora murwanda?nakamaramaza

  • @user-hj4fj8jr8p
    @user-hj4fj8jr8pСағат бұрын

    kunyuruzwa ivyo bidahagaritswe , emwe, nivyiyunviro ntabazobitanga , ntawemera gupfa atari rwagasore

  • @user-hj4fj8jr8p
    @user-hj4fj8jr8pСағат бұрын

    rumata uyo mudamuavuze ukuri koko . umengo arabona ivyo niyunvira . tuvyunva kumwe . gira amahoro muntu mwiza muvyiyunviro

  • @Ndayikengurukiye-db1yt
    @Ndayikengurukiye-db1ytСағат бұрын

    Murintwari benewacu

  • @ntamuturanodavidkent6298
    @ntamuturanodavidkent6298Сағат бұрын

    Mbega uyo avugivyo ashoboyiki ? Kurongorwa gusa uyo Abona kurayo mazuru yose gusa

  • @KabalisaFrancois
    @KabalisaFrancoisСағат бұрын

    Uwo muntu ninkindoto

  • @SyecydamasNkunzi
    @SyecydamasNkunziСағат бұрын

    Uwo badatuka kwisi ni nde??

  • @saddysadockhabimana8793
    @saddysadockhabimana8793Сағат бұрын

    😅😢

  • @user-zd9ck8km5i
    @user-zd9ck8km5iСағат бұрын

    Ngo amenyo asa na jaune😂😂😂😂 nukuri asa na jaune, n'amafaranga biba sinzi iyo bayashira kuko uko basa ntaho bataniye n'abanyagihugu b'abakene

  • @user-zi6np3lb7p
    @user-zi6np3lb7pСағат бұрын

    Hamaharuwavuzeyukobatoshira nyakwubahwaiberegonawenyegwasazweafisegwamadeni oyasiyvonagato ahumbwomwomushiraimbere kukoniweabarundibizeyenezacane

  • @SamsonHabarurema
    @SamsonHabaruremaСағат бұрын

    Hhhhhh turacagoweee kweli

  • @thomascharlesntunzwenimana2419
    @thomascharlesntunzwenimana2419Сағат бұрын

    Muburundi amatora abanyagihugu barayitaba Kandi baratora ikiri kumutima ahubwo ikibazo nuko bihindugwa ukundi

  • @thomascharlesntunzwenimana2419
    @thomascharlesntunzwenimana2419Сағат бұрын

    Komera turiko turabumviriza gatanu kuri gatanu 5/5

  • @user-zi6np3lb7p
    @user-zi6np3lb7pСағат бұрын

    Ndabaramukizeamahoro nukurinimushirehamwendutoreumwe aduserukiremumatora tuzobastindaicanakwicana100+100+100

  • @user-zd9ck8km5i
    @user-zd9ck8km5iСағат бұрын

    Kuki muha ijambo iyo mbwa, umuhimbiri y'imbonerakure. Uwo muhimbiri aravuga ngo harimwo abakongomani baja muvy'uburundi. None mwebwe muri muri Congo mukorayo iki?

  • @ChristDieudonne
    @ChristDieudonneСағат бұрын

    Kandiwewe ndayishimiye vakuriyontebe wewe ntigukwiye nagato

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tuСағат бұрын

    Ntimwibagire ko nabahabwakazi bamwebamwe ntabwo baba bashoboye abashoboye baca babegezayo nacanecane abatari mwuwomugambwe babita ngo nibipinga

  • @user-zd9ck8km5i
    @user-zd9ck8km5i2 сағат бұрын

    Rumata tu as raison abarundi bave mu vy'amoko baje hamwe babogore igihugu cabo

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu2 сағат бұрын

    Honyene babonye Aho abantu barenga bane baca bafatwa ngo bahungabanije umutekano nihatari

  • @claudineemile9280
    @claudineemile92802 сағат бұрын

    Ningorane ivuomugihugu nimana yoonyene

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu2 сағат бұрын

    Nimugerageze mugarukire abanyagihugu tugeze ahatemba nukuri

  • @NKURUNZIZAFleury-qi2ce
    @NKURUNZIZAFleury-qi2ce2 сағат бұрын

    Uwo muntu atukana mu kiganiro arateye isoni iyo ushaka gushikiriza iciyumvira ukivuga mu rupfasoni

  • @fredericntihabose
    @fredericntihabose2 сағат бұрын

    KAZE MURAYA MAKURU YA RPA, hama ndagusabe wew turikumw hano ukande kurino FOTO YANJ tubonane inyuma yamakuru

  • @user-lc7oq4ze8r
    @user-lc7oq4ze8r2 сағат бұрын

    Yahembwe kuja gukorera I nyanza lac mukayanza bagira bamwice yokicwa numwampi😢😢😢

  • @user-vy8pi7ei7z
    @user-vy8pi7ei7z3 сағат бұрын

    Iyo mbonerakure igire indero, ivyobikomere, avuganabandi bafisevyinshi. Hama intwaroyaba dd ntaho izotugeza, sosumo itwagwa numu général ariko ntawumenya isukari iyija ikindi abasikare bu Burundi bajamuri RDC baziriki. Icodusaba intwaronihinduke. Birateyisoni kuvyerekeye ubutunzibwigihugu. Mwibuketuja muri ambarugo kuri Buyoya. Igihugu nticigezekigera, akigezubu. Haguruka dutabarigihugu, politiquement. Murakozecane

  • @user-ll8wc5ff9q
    @user-ll8wc5ff9q3 сағат бұрын

    Uwo mushenzi yasaze kera mwamuhaye kumurongo kugirango avugiki? Uwo numu dd ntacadufasha atari ukudutesha umwanya gusa uwo nimbwa yumu dd aragaturika

  • @MethodeNiyonzima-no6xq
    @MethodeNiyonzima-no6xq3 сағат бұрын

    Kayanyza no 1

  • @NdihokubwagoFRancois
    @NdihokubwagoFRancois3 сағат бұрын

    NOBE TURAGANAHE?MBEGA UBUNAHO KWIYAMAMAZA BAZOZABAVUGANGWIKI?? NDABONA TWEREKEJE MUKINOGO P

  • @floriennedusenge5327
    @floriennedusenge53273 сағат бұрын

    Hhh kagame niyo wobumwana we ngirango akoze ikosa yohiya amukura

  • @nmnteamdknn8405
    @nmnteamdknn84053 сағат бұрын

    Uwo muntu Atukana nta Nero afise nta Kamari kuki muga ikambo kubera ntaco afise hostilities abantu Kudos kuri Madame changes mademoiselle sindamuzi ariko 🙏🙏🙏

  • @josephntacobakimvuna4836
    @josephntacobakimvuna48363 сағат бұрын

    mwese muricokimwe muzibagizanya nkabana abandi bagashakakuja hejuruyabandi

  • @SamuelAscofu
    @SamuelAscofu3 сағат бұрын

    Erega Evariste yanka kubikora kuko barasangira

  • @fredericntihabose
    @fredericntihabose3 сағат бұрын

    INYUMAMA YO KWUMVIRIZA IBIBAZO NIZINYISHU, ukande kurino FOTO YANJE uzekubana nanj mutuntu nutundi

  • @claireuwimana9973
    @claireuwimana99733 сағат бұрын

    25 ans batwara !!!! Nivyo basanze muri leta barabigurishije indege ,amasoko baraturira ubu bose abitwa abarundi baragowe kiretse abari muri leta Raba Ex PK yararwanye aratsinda ariko yatanguriye kuri 0 ubu Raba aho abide bageze kuriko kumwanka nibamusabe abigishe uko yahinduye igihugu

  • @DesireHarerimana-dv8bi
    @DesireHarerimana-dv8bi3 сағат бұрын

    Ni harari ivyiki gihe ningorane gusa

  • @alinemiami9135
    @alinemiami91353 сағат бұрын

    Bica umuCNL ariko ntibica Aba CNL kuvaho biciye ntabwo bazotumara kk ntamuntu afise ubwenge bukora neza yoyemera ibibera mugihugu .

  • @alinemiami9135
    @alinemiami91353 сағат бұрын

    Murakoze muvyeyi .

  • @suavisndihokubwayo-cc3id
    @suavisndihokubwayo-cc3id3 сағат бұрын

    😩🤔🤔🤔

  • @user-we7uq1qh7p
    @user-we7uq1qh7p3 сағат бұрын

    Izo mbwaga bahaye akazi zidafite namashure ngo ni mbonerakure icho kirofa

  • @user-ws1ro3eh6j
    @user-ws1ro3eh6j4 сағат бұрын

    Abo bagesera Baba DD bamaze abantu ,nabarindire bazobibazwa uwo vuvuzera numwicanyi kanatsinda ategekwa nako kagore kiwe kumye kubwogusya ;icakoze vuvuzera ntamaramara gihayekiravuga umengo kirikudahwa

  • @user-lc7oq4ze8r
    @user-lc7oq4ze8r4 сағат бұрын

    Ngo igitoro cija magwanda hemwe

  • @user-jz4ni7nf4d
    @user-jz4ni7nf4d4 сағат бұрын

    Aba DD nama Satanic.

  • @user-gk9oy8lk9v
    @user-gk9oy8lk9v4 сағат бұрын

    🎉🎉🎉

  • @GerardBigirimana-du7ch
    @GerardBigirimana-du7ch4 сағат бұрын

    Uyomuntu nareke gushavura ahubwo natekane yumvirize.