Impamvu Hon.Rwasa yankwa na

Ойын-сауық

Twagira dukosore akajambo twavuze mwiyinkuru Kizigenza wacu Agathon Rwasa siwe yashinze umurwi urwana , ahubwo yagiye ashingwa amabanga atandukanye muri Palipehu-FNL kugeza arongoye igisirikare hamwe n’umugambwe. Ivyo vyamushikanye mu biganiro hanyuma aka ba intégré.
KUBERA ABASUMVYUBWENGE
#Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
#Interviews_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 25

  • @GoldPlatnumzBdi
    @GoldPlatnumzBdi28 күн бұрын

    Burundi 🇧🇮♥️

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu28 күн бұрын

    Nibareko abanyepolitique Bose baje kurubuga nuwo batinya bamureke aje kurubuga hama umunyagihugu azokwitorere uwobikundira niho atamuntu azokwidoga

  • @user-ty8ci5oi9m
    @user-ty8ci5oi9m27 күн бұрын

    Jew iciyumviro canje nuko Imana yacu ikunda abarundi kandi iragorora irabona abarundi namba banezerewe canke batanezerewe kubwivyo ndizerako ico izoturongora kizoba amajambo yo ntaco yohindura Ariko Imbaraga z'Uhoraho zirqkomeye namba ari rwasa namba arinde jew nipfuza amahoro nahone nyamahoro ni Yesu yayasezeranye. Kubijanye nubusuma nabwo bwo mumatora ingero yicaha ni Urupfu.

  • @user-lt2qh5dj1b
    @user-lt2qh5dj1b28 күн бұрын

    Twese nuko kabisa

  • @NduwimanaFabrice-cb6ji
    @NduwimanaFabrice-cb6ji25 күн бұрын

    Igiti kirakurira mubabaji

  • @user-dq7sg8sh9m
    @user-dq7sg8sh9m27 күн бұрын

    Ikibazo kubara iki utanga nimero tukwandikiye ntuntwishure jewe ndingozi nakwandikiye kuriwatsapp tariki 18 5 2024

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu28 күн бұрын

    Irwanko rwanyina

  • @user-tw7bu7xn3k
    @user-tw7bu7xn3k29 күн бұрын

    Uraza ubanz ushak batumen imitwe

  • @user-rs6nx2zo1l
    @user-rs6nx2zo1l29 күн бұрын

    Zuratanga inkuru uhereye kuntango. Kugira CNDD bankane n'a CNL wotubwira itsitsovyavuyeko? Kuk kuvabajamwishamba Bose ntantanumwe atarafise icashaka batahurizako. Wubidusigurira nkumushingantahe udahengamye?

  • @urugendonews

    @urugendonews

    29 күн бұрын

    N'imbonerakure murahawe ikaze mubisigure.

  • @ElijahMulunztha
    @ElijahMulunztha28 күн бұрын

    Wibagiy kuvuga kazoza kumwana wa Martino naw

  • @alinemiami9135
    @alinemiami913529 күн бұрын

    Mutama wacu bamutinya kubera ari incabwenge. Mwijambo rimwe arabaruta kimwe amatora atagira kamera cank abavuye mubindi bihugu bayatunganya ntabwo nzosubira kugenda gutora 2020 hariho aho bagufata ukuboko bakagutoresha aho utashaka.

  • @donatairadukunda9919
    @donatairadukunda991926 күн бұрын

    Reka kubesha abantu wa muhimbiri we , none wahunze iki? Ko uriko urajanyagurira inyuma yigihugu? Toka

  • @nduwimanamariana3091
    @nduwimanamariana309128 күн бұрын

    Umwana wimbeba azira urwanko rwa nyina so turabareba ivyo bigira igihe nicagera bazobura iyo banyikira

  • @josaphathatungimana3504
    @josaphathatungimana350429 күн бұрын

    Rwasa ntiyashinze Parpehutu yashinzwe na Rémy Gahutu nyuma Karatasi hanyuma Agathon Rwasa, Kurya kwa CND-FDD yashinzwe na Léonard NYANGOMA nyuma Radjabu hanyuma Pierre NKURUNZIZA.

  • @urugendonews

    @urugendonews

    21 күн бұрын

    Murakoze

  • @NdikunaNdikumanaAlexis
    @NdikunaNdikumanaAlexis28 күн бұрын

    Igituma banyarutseku za ntantambara Bari bazi vyaca vyiruka abasoda baretabaje vyacavyiruka vyaje kubera ubwoba

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu28 күн бұрын

    Ubushinwa buzobafasha kugahinyanyura sindababesha niyompamvu bavuga at bacemwo ntibaboba ubushinwa burabishoboye kugahinyanyura akarorero bazoca baca amatara igihugu cose Ama raison bace bayaca igihugu cose ivyo nuko babikora

  • @claudineali3561
    @claudineali356129 күн бұрын

    Reka kubabesha mutama

  • @WozaMan-eo7wg
    @WozaMan-eo7wg29 күн бұрын

    imbonelakule nibalolele umutiwabo ulikuziko mugihugu chose muzokabona mwishwanje lolele ntayomuzohungila urugamba nigwatangula

  • @tapirhumble8493
    @tapirhumble849328 күн бұрын

    Mutama uvuzukuri nibagerageze bakore ivyobakora baravye kazoza kabana babo kuko uravye nkumuhungu wanyakwigendera petero nkurunziza ubu ntakivugwa kare na kare bamuduza amapete nkukumenga nibizinu abobigana yabarusha ubushobozi bose canke ubumenyi?

  • @cadeaunsabiyumva5304
    @cadeaunsabiyumva530429 күн бұрын

    nkurunziza ntuzosubire kumucisha mukanwa kawe.urya turazi ivyiza yadukoreye.rero stop.

  • @velaqueMuhimpundu-sb6ph

    @velaqueMuhimpundu-sb6ph

    28 күн бұрын

    @@mykeke3255 nibatimbe

  • @WozaMan-eo7wg
    @WozaMan-eo7wg29 күн бұрын

    kwatagitolo kiliho kwatasukali kwibichilo vyaduze ukagila vyadugiye aba CNL gusa mwabigugu vyabalundi mutabona ejo numu CNL hiryayejo naho niwewe wakijuju chu mu dd mbwawe kenge

  • @WozaMan-eo7wg
    @WozaMan-eo7wg29 күн бұрын

    komanyoko pumbafu niho atacho muzopha mushisteko imbwa nkulunziza yakoziki mugihugu kugezubu icho kigobogobo nokuvuga kitamenya ubona kimaziki mubulundi buleka gushigikila ibiyabu ivyo tuvyita ibibwa vyabategesti nimubone

Келесі