Ibimenyetso M23+AFC yafashe Congo ntagisigaye||abasoda bu Burundi baveyo Uburundi butaraterwa,canke?
Ойын-сауық
#Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
#Interviews_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
Пікірлер: 142
Nyakubahwa journaliste Mugisha urakozecane kurayamakuru uduhaye IMANA iguhe umugisha mwinshi cane muvyomukora vyose
@yvesbigirimana1432
14 күн бұрын
Karabaye kweri
@bwenge5332
14 күн бұрын
@@yvesbigirimana1432NDAYISHIMIYE yatumye abasoda ababarundi bakora amakosa muri Congo bishe abaturage bivuzeko ari urwango yashyize mubarundi naba nye congo rero atakora nabi
@WozaMan-eo7wg
14 күн бұрын
uyo ndayishimiye nakagwikiwe nibobishe ubulundi kandi nibobazotuma ubulundi tugilingolane mugihugu cndd sumugambwe nakabi
@ukweri98
13 күн бұрын
Reka turungikire aba DD bareka kwiyanduza kandi basanzwe basa uko bahisemwo.
Swaganiriza hiyo
Urakoze cane
Bwana Daniel, merci pour ce mini documentaire, ubu turatahuye aho ingwano muri congo bigeze.
Uti CYARAYIMIJE 👍👍👍👍bwira ahubwo aba DD baveyo M 23 AFC itarageta za kamanyora….
Mumunyeshamakuruwe , baraguhenze pe !
@ericbikorimana8713
14 күн бұрын
Mubwire ukuri turabe?😂😂😂imbonesi zipfuye amatwi ntizumva.
Abarundi nibatahe, barashakiki muri Congo. Benigihugu barikobaragikorera.
@user-fq1iw7vf7x
14 күн бұрын
Erega bro sabarundi gusa bariyo nibihugu bitanu vyarungitseyo abasoda
Enough is enough This is the good time for DRC to shine!
Basha vyahez M23 niyo mu rwanda kunguvu ifise nicogituma harimwo nabacongo beshi!!!
Danielle nukuri sinemeza ko arigihugu curwanda gitera Congo kk nabaranirayo boba bisuzuguj uti gut? Hariho sadeke igizwenibihug 16 ariko tanzania Malawi Afric yepfo nibo baj shirako abarundi ucuraba abagize igisirikare ça Congo nazawazalendo abacancuro urworwanda bahozamukanwa nahowobinter murushinge rer akarer la EAC urwanda rwogakubita?
Mumenyeshamakuru korsha ubwengenawe umuntu bamufashe bakamufatirako ikirwanisho nigiki atokwerera bisigureno nabobenegihu barikobahendwa kubera ubwobap
Wabonye irya ntama wewe ufata urugendo rungana gutya!!!wibazoko atari umupfumu yavuye Zambia!!!ou bien kure cyane!!!m23 yaratsinze
Imana idufashije tukabona abayobozi beza badacinyiza abandi bagaheba Burundu ibintu byivangura ryamoko afrika yabaho neza cane
Mumenyesha makuru nibikunda na M23 izofa ifashe congo
Bwana Daniel ndakuramukije, kuva kera naraguha msg ko M23 izobahana! Finally you agree for me! Iyo urwanira ukuri birashobora ku kugora mugabo kwiherezo ugera kuco ushaka
Ko bavuga i Kirundi ?😮
Urumunyam makuru wumwuga kabisa utangaza amakuru ajyanye nibimenyetso
Ntakishasa bariko barashika
Bararo ta ntagihugu bafatisha umuheto bidaciye mubiganiro nibarekegusuka abobana
Ahoniho uvugako yafashwe urarota ubuna
Urugendo News turabashimiye ububeshi bwuzuye mwisi koharabantu nkamwe muza murabubeshuza Ubu tuyabonye ukuri ninguvu M23 ifise zirakwiye pe
Yve gira abarundi inama kuko NDAYISHIMIYE yabakoresheje amakosa yaher3je abasoda Congo bica abaturage babagaboza interahamwe na wazalendo ngo babice ibyo byose nibintu bibiste mumashisho igihe m23 izatuza bizashyirwa ahagaragara nurwango ruzaba hagati yaba congoman nabarundi
Ndajorewe
Ni Wazarendo Nyangu nyangu Bola Commanda Secteur
@urugendonews
14 күн бұрын
murakoze
Abacongoman nibibwa ntakigenda!!
Wapi kwer nta M23 irafata Congo aho urihenda….
Nintama nyamweru intama ntantambara iteza
Irya ntama niyo ikora vyose, bagiye ku mupfumu kuwo Kagame yahiyeko igihe afata umwanda 😅😅😅😅, sasa Congo yarafashwe Kndi izokwubakwa nk’urwanda kuko president waho azoba afitaniye imigenderanire myiza nurwanda, Kndi narwo ruzovyungukiramwo, muzoba mubibona 🎉🎉🎉🎉🎉
Uvuze ukuri!
Nukuri ntagisigaye bayiha ahayo
Ndi umurundi ndakunda M 23 ahubwo natwe hoboneka abantu bumutima nkabo
Tchisekedi ariko ntacizere umuntu yomugirira, d'ailleurs kwiharangura buri musi bigafanya capacités za cerveau.
Ibi uwu avuga nivyo muminsi iheze warabonye ivyabay mardi?
Neza cane😅😅😅😅😅
Lybie barahenzwe baja mumabarabara, nubu baracavyicuza, igihugu kirarwanirwa aba congoman nibahaguruk barwanye bamugisha,abo mugisha ashigikiy
Iryo jambo kubinyamwo vraiment ntiribereye ntuze wongere kurikoresha.
Imbonerakure zirakugandagura Bwana Munyamakuru ugira ukurikwinshi😂😂😂😂
M23 yaramaze gufata karya gace!! Kose na congo yose nibo batarabishaka boyifata. Erega ntagisoda congo ifise. Corruption niyo ibaraje ishinga Ntakintu bakora!! Burya makenga yogifata congo coba ciza
Baragikoze bigishije aba Congomani kwicana hakoreshejwe Imipanga mukwica abantubenshi mugihe gito nomuri nturo bafatanije na FDLR kwiba Inka zabatutsi nokubatwikira amazu
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Reka anarundi bahonereyo kabisa
Burya abanyagihugu bashavuye ntakibahagarika ntiwobarasa ngubamare
M23 ni inyankamugayo for real, definition. Niharambe Sultan Makenga.
M23 nizoja Kinshasa ahubwo bamaze gufata Goma hazohera igihe hama bakore amatora kamarampaka ko aho bazoba bagenzura biyonkoye kuri Congo ibaye reta yigenga
Sinkekako m23igamije gufata congo yose gusa yabishatse yabikora kko ifite ingufu ariko mbona yishakira cyivu zombi ikazigira igihugu cyigenga so inama kubasoda buburundi nuko bakwitahira kko ntangufu zoguhagarika m23bafite murakoze
None abo bavuga babonekabbayoboye abandi hari umunyarwanda ubonamwo. Kuba bavuga ikinyarwanda nivyo bibagira abanyarwanda. Bari bantu bavuga ikinyarwanda nabantagihugu baho urumva ko bavuga ikinyarwanda.
Haragowe neva wajanye abarundi kugwana na M23. Ibi bintu bizorangira gute ko Congo yamaze gufatwa cera 🤔
Ayomakuru ntawayahamyape kuko m23 ifise amanyanga meshi mbega umwenegihugu afatiweko inkohoharivyo atokwemera
@gessyrobyn1539
14 күн бұрын
Wamugabo we, uri muri Congo kugira wemeze ko M23 ifise amanyanga?? Ni bihe bimenyetso ufise kweli. Cangwa uratinya ko ibib muri gukora murico gihugu mubicyira ababyeyi, n'bahungu nabakobwa mukibaza ko ejo atari uturu yanyu???
@celestinnduwayo6712
14 күн бұрын
Je mwe murantwenza nn l'ETA ntankoho ifise? Erega nintambar barimwo uwutsinze niw agitahukana nn politique samanyang harukuri kurimwo???
M23 ifise impamvu yumvikana y'intambara.mbabazwa n'abarundi bari mugakino batazi
Congo niya m23 nirenganure abicirwa ubusa bakibwa abasoda Buburundi nibaveyo siwabu
Daniel Congo c'est 84 fois le Burundi.
Eh bwana urakoze igikorwa gikomeye, abarundi babimenye kw'ataco boguma bita ku risongoye mu guhendwa ko hari intambara yo kwigarurira agace na kamwe ko muri Est Congo.
Oyaaaa wangu Daniel ntabesha avugichukuri kabisa abomubona botse barachaze umuhutu numutusi ninachogituma nakishasa izofatwa kabisa bidatevye 🎉🎉🎉🎉🎉😂😂😂
M23 ifite ingufu ahubwo abarundi bake basigaye nibatahe kuko abenshi barishwe ndayishimiye yarabashutse none abasorebe bafumbiye ishyamba rya kongo
Ahayabarahontavuze bacabaza kwicababenegihugi barikwikorera ibarabara ngobifatanijenabagwanyi
Abo ntawutobashigikira kuko impamvu ituma barwana irumvikana. Uburundi bwaguye mu rudubi mukuja kubarwanya ahubwo bategerezwa gugasha M23
Abahazi bavuga ko AFC/M23 ikontorora ahantu hasumba Rwanda na Burundi biri hamwe. Imaze gufata ikibanza kivamwo ubutare bukomeye buronderwa n'isi yose hitwa Rubaya. Yaciye ishinga itegeko ko ata mutegetsi wo muri AFC M23 aja muvyo gucukura ubutare. Yaretse abanyagihugu bacukura babandanye, ariko bihaniza ko ata bana bakoreshwa. Uko bafata ahantu ubu baca bashiraho ubutegetsi hamwe na Police ifise uniforme ibaranga n'inkoho. Kubona Tsisekedi abandanya kwanka ibiganiro, bizotuma M23 irushirizaho gukomera, hakazogera aho yipfuza kuganira nabo batakibishaka.
Aho Ngungu na Rubaya hari abasoda buburundi benshii cyane, M23 yahichiye abasoda buburundi 214
Mbega Mugisha wewe utubereye ijisho n'ugitwi ,irya NTAMA YERA DERERE namba atar'imbwa kora iki ? Iriko ifasha m23 urugamba.❤
Iki si ikiroberi ni leta nibareke gusuka abarumdi ntavyo Baja gupfira
Byararangiye hasigaye Itangangazo gusa M23 AFC🇨🇩 💪
Turagukurikirana cae mugisha bandanya udukurikiranira ukobimeze
Mugisha nkubaze iyontama niyiki????????? Munyishure mwoba mukoze😂
Mu kiganiro co hanyuma , ugerageze urondere ICO ABAHINGA mu bijanye w'intambara, abasesanguzi, abanyemolitiki, biyumvira KURI iyi ngwano muri congo n'inkwirikizi yayo mu vya poltike, diplomatie, ubutunzi, imibano KURI congo, ibihugu bibanyi, etc.
RDC kubona ifise abenegihugu benshi, ubutunzi bwinshi...yatwawe n abahutu kuva kuri Rumumba..ikananirwe kwubaka igisoda moderne, gifise ibirwanisho bigezweho kandi gihembwa neza...ubu kikaba kimeze uko kiri ntikizobura kudukwegera...
23 yubahwe Kuko irigukora ikintu atanumwe yagaya kweri Kuko umuntu akurikir uwumufitiye akamaro
Urwanira ukuri ntatsirwa m23 irwanira ukuri igisoda cyu Burundi na tzd na Apfurika yepfo.
@caramamttv
14 күн бұрын
Noe wovuga ukur M23 iri kurwanina…reta yu Burundi iriko iriwanira yikingir wibaz M23 itsinze Congo ko uburundi bworonka amahoro
Bro igihugu suko gifatwa wap wap igihugu kigizwe nibintu bitatu vyingenzi bro ikibuga condege n'a présidence hamwe niradio yiguhugu ivyo bifashwe igihugu kibagifashwe ivyo ni politique gusa tubitege iminsi
Ubu ntawobaririra kuk bagenda ba bizi bazogwayo bazogaruk nikazi kabo j narinzi nukubashora nn sinzi
We we urikigoryi
Ariko bwana Daniel wariko ubikora neza ariko kuvuga ngo m23 irafashe Kongo Kandi unezerewe sisawa
@urugendonews
15 күн бұрын
Ubwiwe nikiko nezerewe? urihenze mugenzi congo si uburundi.
@christiannsengiyumva124
15 күн бұрын
Avuga ivyo abona.
@Krdsnge
14 күн бұрын
@@urugendonews ukuntu ukunda kutwunvisha amakuru atohoje neza ndakigukundira ariko naho birukwo congo nigihugu naho ataruburundi ntaworyoherwa gifashwe naba robellio
@urugendonews
14 күн бұрын
@@Krdsnge ajewe sinavuze ko noryoherwa ntumbeshere kuko ntanyungu
@ericbikorimana8713
14 күн бұрын
😂😂😂😂ati sisawa kunezerwa?Wew k unezerwa n'uko M23 bokwicwa bose???k ubinezererewe😂😂😂😂
Bit iryantama ivugiki,?
ABAHINGA bakwirikiranira hafi iyi ngwano yo muri congo, bavuga ko M23 image gufata karere kangana w'igihugu c'urwanda gifatanye n'uburundi. Mwibuke ko igihugu ca congo kingana n'uburundi incuro 81. ( 81 fois superficie du Burundi)
Intsinzi niyanyu pe !! Mubandanye mufatanye munda
Kuva kdi iremwa, kuva tubona canke twumva Ama rébellions , ni iryambere tubonye ivyo bintu. En effet, on ne peut pas vaincre un peuple qui se bat pour la liberté. Pensez à la déroute de l'armée des USA devant l'armée vietnamienne, la déroute de l'armée russe devant la rébellion afhgane, la déroute de l'armée française devant l'armée indochinoise, etc.
❤❤❤❤❤😂🎉🎉🎉 M23🎉🎉
Turagukwirikirana
M23 kubera benhi bavuga ikinyarwanda. Barayitirira kagame ariko sibyo Kandi bakabihuza nuko Abatutsi benshi bayigiyemo
Iyo video yambere ni Rubaya ,hari abasoda buburundi ,M23 yarabarashe abasigaye bariruka ubu bari za Minova,Video ya kabiri ni Ngungu hari asoda babarundi benshii cane,M23 irabica bariruka
Barundi bene wacu ntitwi jajare p kuko abobantu bafisintumbero mbi p no kuburundi
@merryirankunda3003
14 күн бұрын
Ubundi Hari inziza abahari Ubu bafise? Aho i wanyu burundi?
@user-mc7lh6js3o
14 күн бұрын
@@merryirankunda3003 oyasha ntayo p
Nyakubahwa mumenyesha makuru Kandi avugisha ukuri tubwirire Sebarundi akinjure agarure abasoda bigihugu narekeraho kumarira kwicumu abana Burundi mutubwirire kabisa
M23 ifate Kivu yonyine ishinge leta yayo
😊😅😅😅
Je ne crois pas que le Congo sera prise par le M23 , d'abord le Congo c'est un pays continent 80 fois le Rwanda et le Burundi ce n'est pas comme au temps de Mobutu, c'était plusieurs pays ensemble pour renverser le régime Mobutu !
@jeanndikumazambo4096
14 күн бұрын
tu penses que prendre un pays ça demande prendre tous les coins et toutes les quartiers ?
Noe namwe rede tabara yiteguye kubikorankuko? Nimutibwir
We kwibwira ko Congo ingana n'uburundi ck ugwada. Naho Kivu zompi zofatwa siko Congo yofashwe.
@gessyrobyn1539
14 күн бұрын
Niko wibaza. Imbaraga zatuma izo intara 2 zifatwa, nizo zafata na Kinshasa wa mujinga we. Reka ubu dd bwawe hano. Tekereza kure, Reba kure.
M23 nicyo cyama abatutsi bibonamo kuko kubera M23 niyo itabica cyangwa NGO ibanyage inka zabo nkubu murikigihe baratinya kwicwa na FDRL na barundi hakaba nabahutu bacuditse nimitwe ibahohotera
Bazoha badutera
DANIER KOMERA UDUHAMAKURU MEZA ATARIKWI VUMBI ABARUDI NIBAGARUKE IWABO NUKURI BAZOBAMARIRAYO KUBERA ABOBOTSE NIWABO IMINYUROYOTSE BARAYIZI RERO BARUNDI NIMUBIVEMWO 😮😮😮
kombona mumutwe hawe arivide
@user-hy6yy9zi9c
15 күн бұрын
Vanaho gutukana wambonerakure we
M23 igomba gufata Kivu yose ikigenga,
No e namwe redetabara yiteguye gte gukorankuko
Ivyo vyosi ntaco bivuze. Zireke zitambe izontambirakiza, mu misi zizoba ziri mu marira nkuko vyagenze murwanda.
Hhhhh nawe vyakuyobeye cg nabafana uri kwironderera ni sukoi cg drone baguzese
Dani bwabundi urumuvugizi wa m23 ivyo uvuga nububeshi jewe kwariyondi ndikuritere wewe ivyobinyoma ubikurahe sha turakumenye kweri namwe urimwo mubariko baragurisha kongo
@user-hy6yy9zi9c
15 күн бұрын
Dani numumenyeshamakuru ntabwo arumuvugizi ,amakuru yose umumenyeshamakuru arayavuga
@urugendonews
14 күн бұрын
na video ntazubona?
Nibaza kowibwira ko abarundi bunva ivyawe gusa, raba buri musi kuri you tub amakuru abandi banyamakuru batanga ndunva ko woba uhengamye cane cangwa hari ubumwe bwa red tabara namwe. amashusho mbona yerekana ko uvyo uvuze ari ububeshi gusa , mpora nunviriza bose cane cane nabaryaba Scovia ariwe mama gasabo nabafana ba m23 ejo namwe nunviriza igiganiro cabo muri m23, jewe nunviriza bose ariko ntugomba guca umutima abarundi kuko sinzi ivyawe uko bimeze batanga amahera menshi ngo babeshe abantu, sinzi ivyawe. urambabarira hamwe abarundi botaha vyoba vyorohereye aba m23 na rdf kukora ivyo bashaka ariko uraziko bari baziko arukuja kwitorera inkoho muri Kongo , ariko ibiharuro vyarahindutse. . Ndazi intambara siyoroheje no gufata u Rwanda vyatwaye imyaka 4 yose. Baza nabanya Merika muri Alphanistan , kurwanira ahantu hi misozi hatagira amabarabara ibaze nawe naba Rusiya barananiwe muri Alphanistan. Nibazaza ko igikorwa abarundi bagiye gukora ari ngirakamaro nabanya Rwanda baravyivugira ko abarundi arabambere kurugamba, none wewe niki kugihugu cawe? ndazi kuri umu cnl ntaciza wovuga kuri cndd ariko twese twaza kumenya ko turabarundi kandi abotera u Burundi ntibazoza baraba cndd canke cnl , uprona menya ko uri umuhutu gusa naho wobihakana karangamuntu niryo zuru ryawe ntiwihisha. Uko niko twahonye mumisi yashize ngo jewe nindimwo , bagushikiye bakakwica ucibazako ntakibi wakoze. Umbabarire kubivuga uko ariko iyisi tubayemwo yuzuyemwo ababi menshi integuro zimaze imyaka zarateguwe aho i Buganda nabazungu ntaco uzi nagato. nivyiza ko wovuga ibihumuriza , nkubaze, urabona aba m23 berekana ababo biswe? wewe niki cagutumye werekana abarundi bamwe baguye kurugamba ? ugomba gushika kuki? niki U rwanda ruterekana abasoda babo bafuye ?>
Uburundi butegwa nabande?kagame agomba yice umu president agiraka2?ntibizomwera
Ariko nubwo biruko ndumvamwo abavuga ikinyarwanda non vyukuri ntabanyarwandwa barimwo bafasha umurwi umwanya l'ETA ya Congo? Non twama tubonako harimwo abasoda burwanda bishwe mwiyo ntambara non biba vyagenze gte? Rero nububeshi? Tubize ukuri ko kagame atabifisemwo uruhara kuk ntidutahura neza ukuntu abasoda burwanda twama tubona babafashe niminywe duhe neza ukuntu bimeze.
@etiennebutoyi5017
14 күн бұрын
Mumbarize igituma atigera avuga igisirikare curwanda, mugisha ririye mutumba ziraririye muhama uribesha
Bavugako M23 imaze gufata ahantu hanini cane abahazi bavugako bafashe aharuta urwanda nuburundi bifatanye
@user-lg6ui8zm1e
14 күн бұрын
Oyaa barakubesha! Baracafise ahantu gato, gusa aho bafashe niho hari hagoye kurwanira kuruta ahasigaye muri Nord Kivu
Iyontama tubona nayo ivugiki