AMAJAMBO YANYUMA YAHEREJEKO KUVUGIRA IMBERE Y'ISHENGERO, GUTUNGANYA NO GUSABANA IMBABAZI KWA BUNGERE

Комедия

GUTUNGANYA NO GUSABANA IMBABAZI KWA BUNGERE
Ubutumwa Bwiza Bw'amahoro
AHO UKWIYE GUHIGIRA IBIFASHA UMUTIMA, BIGASUBIZA INTEGE MU BUGINGO
Intahe,indirimbo ,amakuru yivya Yesu
ubutumwa bwiza bubohora bugatanga ihumure n'amahoro mu mutima w'umuntu wese mu
Gutera intege abaruhijwe n'urugendo
Mu kwirura abihevye ,
N'abafise integenke z'umutima
No kumenyesha abantu ko agakiza ari uguharirwa ivyaha.
Nimba biguhimbaye ifatanye natwe mugukora subscribe kuri iyi channel yacu
/ @gospelofpeacetv3
kugira ngo woroherwe mugukurikira ibiganiro dutanga
Yesu abahezagire cane
AGAKIZA NAKABANTU BOSE
NUBWO WOVYIRENGAGIZA,CANKE NTUBIHE AGACIRO GUKIZWA NI NGOMBA,
HAZOBA AMARIRA MENSHI KUBASE KWIHANA
NO KUBIHANYE NTIBAME IMBUTO ZIKWIRANYE NO KWIHANA
YESU ARAHARIRA IVYAHA
UWUMWAKIRIYE UMUCO URAMURASIRA
AGAHINDUKA ICAREMWE GISHA,
ABAHO AFISE IVYIZIGIRO VYO KUZORAGWA UBUGINGO BUDASHIRA

Пікірлер: 3

  • @JeanpaulNiyinganza
    @JeanpaulNiyinganzaАй бұрын

    Imana ishimwe gose.IMBABAZI

  • @AlbertMpawenimana
    @AlbertMpawenimanaАй бұрын

    IMANA ishimigwe ibikogwa yakoze

  • @EmmanuelNdacayisaba-pp4bc
    @EmmanuelNdacayisaba-pp4bc15 күн бұрын

    Mumvugire Imana basha yohoooo Nsubiye gutangarira Imana Ukundi nukuri Mureke Imana Yitwe Imana kabisa✍️✍️✍️✍️Muvyeyi wacu Ndizeye neza ntakekeranya ko nzokubona mwijuru 🙇🙇🙇🙇🙇🙇🙇🙇🙇🙇🙇🙇🙇🙇🙇🙇

Келесі