Imana idufashe iduhe gukoreshwa NAYO Numuhamagaro wayo beshi bariko bakoreshwa nayandi majwi atavuye Kuri KRISTO YESU harakwiriye isengesho ryo kutaza tugasaba agahinyuza. Gusa nigihe gito Bigasobanuka YESU AHEZAGIRE UMUTAMA N'UMUVYEYI WACU
Muzogirishe interview Uyu Mwubahwa Ndikunkiko
Imana Data wakoreye kuva mu buto bwawe kugeza n ubu Izoguhe iherezo ryiza muvyeyi wacu Mwiza
UHORAHO ARAZIKUZIGAMA ABAMWUBAHA YARAMUKOREYE ARAFISE IMPERA
Imana iziguhe ijuru
Yesu abahezagire caaane mwakoze kudusangiza ubutumwa bwiza
Yesu nashimwe twashimye cneee ark ntago aribyiza ako kantu mwashizemwo kavuga byizaaa muzagakuremo
Icompa tugasubira tugahura ukandambikako ibiganza muvyeyi😭
Imananiguhezagire mukozi wayo
amen amen
Oooh murakeneye ivyuma biyungurura amajwi
Afise vyinshi yobwira ishengero rya pentecont akongera akabibutsa kahise kishenger kuko urabonak benshi bagenda biyobagiza abandi bibagira
merci kuri commentaire zanyu
🙏🙏🙏🙏🙏🙏💯💯💯
Amajwi nuko natayakontoroye neza
Nibaza ko ata studio bafise si non ntiboshirako ibintu bivuga uku.Ikindi mu mugenzi wa Pentecôte ntibavugira ubutumwa mu muziki,Abo ba jeunes babikora bogerageza bakaza barabaza uko bigenzwa.
Пікірлер: 16

@onesimenijimbere1938
Жыл бұрын