Ubutumwa Elie NDIKUNKIKO yavugiye muri Campus Kiriri mu mwaka wa 2014

Umwungere wa mbere w'i Kiremba Elie NDIKUNKIKO mu gikorane cahurije urwaruka rwo mu ma kaminuza y'i Bujumbura muri Campus Kiriri mu mwaka wa 2014
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 32

  • @JeromeNiyukuri
    @JeromeNiyukuri2 ай бұрын

    ❤❤❤amen mukoz W'IMANA NTITUZIBAGIRA UBUTUMW BWAW

  • @meirratv

    @meirratv

    2 ай бұрын

    Amen 💖🙏💖

  • @pacifiquemugisha2786
    @pacifiquemugisha2786 Жыл бұрын

    Amen amen mwarakoze kubika neeza!! Nciy nibuka uwo musi

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    👏💖

  • @Keephope12
    @Keephope122 жыл бұрын

    Amen, Yesu abah,umugisha, mwarakoze kutubikira neza izi archives mukomeze

  • @meirratv

    @meirratv

    2 жыл бұрын

    Amen! Yesu abahe umugisha namwe. Archives zirahari vy'ukuri zitari nke z'ibikorane vyagiye biraba kuva mu myaka ya 2014 kuduga, eka mbere n'imbere ya 2014. Mudusengere kugira ngo Imana iduhe inkomezi, imyanya n'uburyo dushobore kubitunganya tubibashikirize bimeze neza.

  • @Izompozaaaron-gp2dq
    @Izompozaaaron-gp2dq5 ай бұрын

    Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    5 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @JeanBoscoBukeyeneza
    @JeanBoscoBukeyeneza2 ай бұрын

    Ndakundabobatama❤

  • @meirratv

    @meirratv

    2 ай бұрын

    🙏💖

  • @itangishakaeric6298
    @itangishakaeric62982 жыл бұрын

    Amee aha harirya Uhoraho ahezagire ababantu biyumviriy ikigikorw

  • @meirratv

    @meirratv

    2 жыл бұрын

    Amen 🙏💓

  • @fulgencendayiragije7395
    @fulgencendayiragije7395 Жыл бұрын

    Yesu akomeze kutuzigamira abatama bacu.

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @user-lo4zp6rv7s
    @user-lo4zp6rv7s2 ай бұрын

    Aaaamem kandi caaaane

  • @meirratv

    @meirratv

    2 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @pacifiquemanirambona6195
    @pacifiquemanirambona6195 Жыл бұрын

    Mutama wacu turakwikundira 😅😅 Elie Ndikunkiko

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    🙏💖😂

  • @barunbanzebaudouine2141
    @barunbanzebaudouine21412 жыл бұрын

    Amen,Amen 🥰🥰

  • @meirratv

    @meirratv

    2 жыл бұрын

    Amen🙏🙏💓💓

  • @NiyonzizawilliamRusakazambia
    @NiyonzizawilliamRusakazambia2 ай бұрын

    ❤❤

  • @meirratv

    @meirratv

    2 ай бұрын

    🙏💖

  • @fabriceniyukuri2989
    @fabriceniyukuri2989 Жыл бұрын

    O

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    🙏

  • @davidgumyumutima9258
    @davidgumyumutima92582 ай бұрын

    Amavuta gusa

  • @meirratv

    @meirratv

    2 ай бұрын

    🙏💖

  • @lionelnijimbere228
    @lionelnijimbere2282 жыл бұрын

    Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    2 жыл бұрын

    Amen🙏💓

  • @fidelenishimwe6451
    @fidelenishimwe64512 жыл бұрын

    Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    2 жыл бұрын

    🙏💓

  • @fidelenishimwe6451
    @fidelenishimwe64512 жыл бұрын

    Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    2 жыл бұрын

    Amen🙏💓

Келесі