Rev Pasteur Onesphore RUKWIRIRIKANYA//Uwo muriro ntukazime!!//Mbega ibisigo vyaraheze mu bantu?

Ойын-сауық

Ubu butumwa bwashikirijwe n'umwungere wa 1 w'Ishengero rya Pentekoti i Bujumbura mu gikorane cabereye mu Kayogoro 2023 ku musi waco wa 2.
Mwipfuza kuyaga natwe kuri telefone mwokwifashisha iyi numéro +25762924265 (Appel & Whatsapp) canke +25779476307 (Appel & Whatsapp) ariko kandi mwonatwandikira kuri Email yacu: neemagospeltv@gmail.com . Ivyiyumviro vyanyu,intererano zanyu kubw'ibiganiro n'ubutumwa tubashikiriza,vyose birahawe ikaze kubwo gutegura umugeni wa Kristo Yesu

Пікірлер: 10

  • @user-dn5li8gd3c
    @user-dn5li8gd3c8 ай бұрын

    Ameniiiiii

  • @SamuelNzosabimana-mf1su
    @SamuelNzosabimana-mf1su5 ай бұрын

    Yesu Nahimbazwe Pasteur wacu Tanzanie Yadutahije Natwe turabatasha Mwizina Rya Yesu Amen

  • @gilbertnduwayo5436
    @gilbertnduwayo54368 ай бұрын

    Imana yarakoze kubitangaza kubintu bikomeza gukorekera mw’ishengero biciye mumuvyeyi w’ishengero rya Bujumbura

  • @siwemabella3539
    @siwemabella353911 ай бұрын

    murakoze cane Neema gospel tv kuguma muduhezagiro kubutumwa Yesu Kristo abahe imigisha

  • @divineningabire7262
    @divineningabire72627 ай бұрын

    Ameeeen

  • @EvelyneNdayishimiye-xd9yr
    @EvelyneNdayishimiye-xd9yr2 ай бұрын

    Yesuasubizeahowakuyemuvyeyiwacuwamewakaibihevyose

  • @JeanclaudeNsengiyumva-xe8go
    @JeanclaudeNsengiyumva-xe8go11 ай бұрын

    Umuriro turawukeneye nukur.yesu akwongere inkomezi muvyeyi wacu

  • @vanessairakoze4116
    @vanessairakoze411611 ай бұрын

    Uze wame waka ntuzime

  • @SimeonNtakirutimana-nt2jm
    @SimeonNtakirutimana-nt2jm7 ай бұрын

    Muhezagigwe.ariko.mbasabeko.ntakuntu.mwoza.murabisigura.mundimi.zishika.zitatu.igifaransa Icongereza.hamwe.nigiswahiri.kuko.bifasha beshi.bigatuma.bafashwa.nijambo.ryimana.mumitima

  • @neemagospeltv

    @neemagospeltv

    7 ай бұрын

    Aho nka Neema Gospel tv nta nyishu dufise kuri ico kibazo!!

Келесі