Duhagatire inkota - Duhaguruke turwane - Ntimugire ubwoba! By Pasteur Chadrack NDAYISHIMIYE

Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 15

  • @siwemaful
    @siwemafulАй бұрын

    Ndafashijwe cane Imana imuhezagire kandi yesu adufashe

  • @meirratv

    @meirratv

    Ай бұрын

    Amen 🙏❤️

  • @meirratv

    @meirratv

    Ай бұрын

    Amen 🙏❤️

  • @vingtinniyukurii9987
    @vingtinniyukurii99879 ай бұрын

    Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    9 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @PaisibleKaneza-in2ic
    @PaisibleKaneza-in2ic9 ай бұрын

    Amen 🙏

  • @meirratv

    @meirratv

    9 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @user-dq2nc7kp6n
    @user-dq2nc7kp6n9 ай бұрын

    Murakoze❤Iman ibahezagire

  • @meirratv

    @meirratv

    9 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @user-pd1pp6lq5g
    @user-pd1pp6lq5g8 ай бұрын

    Ndafashijwe

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @user-ou2dg2gd5d
    @user-ou2dg2gd5d19 күн бұрын

    Murakoze Can iman idufaxhe cn

  • @meirratv

    @meirratv

    19 күн бұрын

    Amen🙏💓

  • @user-li9lq4tz5z
    @user-li9lq4tz5z4 ай бұрын

    Amen,Ijambo ryuzuye ubushobozi bwa Mpwemu Yera Ariko nimba vyokunda mwohora mushirako Numero y'umukozi w'Imana aba yavuze ubwo butumwa kugira ngo abashaka ubufasha bwova kur,uwo mukozi w'Imana,vice vyoroha kugira communication

  • @meirratv

    @meirratv

    4 ай бұрын

    Amen 🙏💖 Mugize neza no gushikiriza ico cipfuzo.