"Muri politique harimwo uguhemukiranira"

Ойын-сауық

#indundinews |#icirore |Honorable Pascal Nyabenda , hari ivyo yemereye Imana imbere yuko atahuka avuye mu buhuhungiro. Igihe yamaze arongoye umugambwe #CNDD-FDD n'Inama Nshingamateka ngo yahigiye vyinshi

Пікірлер: 67

  • @user-yq4sn6cq1l
    @user-yq4sn6cq1lАй бұрын

    Uyu mutama ndamufana saana kbsa❤❤

  • @user-cm5zm2os6l
    @user-cm5zm2os6l7 ай бұрын

    Komera komera mutama,nukuri uyaga neza kandi no muvyo waranguye mugihugu wabiranguye neza,Imana Ibandanye ikujimbere

  • @user-nw7ri6yz2k
    @user-nw7ri6yz2k7 ай бұрын

    Uti politique uti irahinduka nabayigize barahinduka kweli uti buryinda woyibaza uwayiraye uvuzukuri akokantu 👍👍 tukumve tugatahure Kbis 🙏🙏🇧🇮🇧🇮

  • @user-jm3pc7tu7c
    @user-jm3pc7tu7c7 ай бұрын

    Papa iciza wakoreye uburundi igihe warumukuru wumugabwe imana izobiguhembere nukuri wubahwe cane imana yaragukoresheje ibikomeye

  • @ramadhanbigirimana2617
    @ramadhanbigirimana26177 ай бұрын

    Bravo, mr l,honorable good speak

  • @vedastebitompitanye9012
    @vedastebitompitanye90127 ай бұрын

    Mwaramutse.jewe ntamugambe negamiye ariko ndakunda gukurukira amakuru cane Hama ngerageje kuraba uko wabajije Nyakubahwa Hon. Pascal NYABENDA hariho akantu utabajije nibaza KO gakomeye kuvyagiye bivugwa y'uko yahinduriwe amabanga kubera yoba yagomvye gutwara mururya mwanya Nyakwigendera Umukuru w'Igihugu yaratakiriho kandi atari bwashikirize Igihugu kovyoba vyarateye impari agatanga umuco abantu bakareka kwibaza ivyabo ukuri kukava kwa nyeneko.murakoze

  • @user-nw7ri6yz2k
    @user-nw7ri6yz2k7 ай бұрын

    Abanyamakuru ndabemera Kbis 🙏🙏 muzubwenge nukubaza muburyo bukomeye uti mumyaka ine4ans utwara bubanza. Niki wishimira wobawarakoreye abanyabubanza cikimazi wibukirwako nabo bakwibukirako😄😄🤦🤦ndabakunda banyamakuru umutama mwatumiye uti jewe vraiment ndanka akarenganyo Sawa uzuhore ukanka abaturenganya burya baraduhemukira kandi Imana yomwijuru izobibabaza🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @mathi4603
    @mathi46032 ай бұрын

    Ikiganiro kiryoshe kwumviriza nimwubahwe

  • @user-jm3pc7tu7c
    @user-jm3pc7tu7c7 ай бұрын

    Amen ❤

  • @ninganzaamedee-wi6gx
    @ninganzaamedee-wi6gx6 ай бұрын

    Yoooo ndatangay naj sinarinzi ko umeze neza kbs

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih7 ай бұрын

    Iyu mugabo namuheruka kera.

  • @ndayisabaemmanuel4383
    @ndayisabaemmanuel43837 ай бұрын

    Papa wanje naw iyo myaka ya 1993 yar comptable muri Commune mpanda😢

  • @nahayoegide9828
    @nahayoegide98287 ай бұрын

  • @emmanuelminani9270
    @emmanuelminani92707 ай бұрын

    😂politique namabanga inda woyibazaa uwayirayekoo

  • @lovepeace5460
    @lovepeace54607 ай бұрын

    Politique ntawukunda uwundi, ugwanko rurimuri cnddfdd nimwe mungorane zisubiza igihugu inyuma. Nkubu ibintu vyayangaye mugihugu kubera politique mbiiiii

  • @user-we7uq1qh7p
    @user-we7uq1qh7p3 ай бұрын

    Wewe wariye igihugu kizakugya nawewe iyo ndaa yose nivyo wibye

  • @dieudonnemukeshimana599
    @dieudonnemukeshimana5997 ай бұрын

    Uwu Mutama sinazigako aganira uku. Ndipfuza ko tuzoganira umusi umwe

  • @user-vw3dd3uc3o
    @user-vw3dd3uc3o7 ай бұрын

    N'ukwo n'ukwo

  • @ali-ckizofiolivierarakaza9284
    @ali-ckizofiolivierarakaza92847 ай бұрын

    Irambire mutama.

  • @YosuwaSabuhungu-yd3qz
    @YosuwaSabuhungu-yd3qz7 ай бұрын

    Ndabona uyumushingantahe afise akanati narabe ndemere

  • @Inzaghi809
    @Inzaghi8097 ай бұрын

    Igisahiranda

  • @user-fe2kx9dy1u
    @user-fe2kx9dy1u7 ай бұрын

    Bubanza yamye itwarwa nibihangange ariko ntitera imbere nukwikebuka!

  • @user-cm5zm2os6l
    @user-cm5zm2os6l7 ай бұрын

    Cari ikiganiro ciza cane

  • @nkeza68
    @nkeza687 ай бұрын

    Combien de Burundais ont été tués quand Nyabenda était le boss des DD et quand il était Président du Parlement??? Il a fait kwa pour éviter ça??????? C ça les questions principales k’il fallait poser Mr le journaliste!!!

  • @JeanbertrandIrakoze
    @JeanbertrandIrakoze7 ай бұрын

    Ndakwibuka ukuntu uje i bubanza wama wiyegereza bantahonikora ukabaha agahuzu, uyo mutam niyubahwe

  • @cadeaunsabiyumva5304
    @cadeaunsabiyumva53047 ай бұрын

    warahagaze bwuma Uri mubambere badukijije mutama.

  • @user-od2wq4hz5s
    @user-od2wq4hz5s7 ай бұрын

    Wamenye ibanga werekanyako ntacarigutuma uja kwirya ntebe nihatari

  • @user-js6co6lk4r
    @user-js6co6lk4r7 ай бұрын

    Namwe mutunga ningoga.gusa umutegetsi avuga KO yanka kwabantu batobato barengana,arabesha cane.

  • @DieudoneNizirampa
    @DieudoneNizirampa7 ай бұрын

    Merc!!merc!!!merc!!!!! Mutama wa bubanza

  • @falesbanda7520
    @falesbanda75207 ай бұрын

    Muta ndakwemera wamye wicisha bugufi kandi nkukubivuze iyudahagarara neza 2015 vyarikuyangara wahabereye umugunyabanga koko wahabereyintwari warahetsigihugu kabisa

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael39927 ай бұрын

    Ikindi... Icakabiri uti Twavukana turi 20 ariko benshi bishwe n' ingwara abandi n' Intambara etc.. Mon cher , Ntiwari kuva kuri niveau ya mwarimu wa primary school ngo utarukire kuba administrateur si simplement kuko twese turabizi , trop d' enseignants et directeurs des ecoles primaire Kuri Ndadaye bagizwe ba Administrateur kuko bagize ihonyabwoko ry ' abatutsi plus que les autres iwabo.... Wewe rero ntaho uvuga wagwanye kandi nabo mwavukana bishwe bari mwihonyabwoko Arretez les mensonges plz

  • @user-ei6wi6ny7w
    @user-ei6wi6ny7w7 ай бұрын

    Jew naje kweri nukuri uwo mwubahwa na mutinya pe

  • @karangwa2315
    @karangwa23157 ай бұрын

    mwapfushije abana 16 ehhhh intambara nimbi kweli

  • @NiyokwizeraDesire-ng2hv
    @NiyokwizeraDesire-ng2hv7 ай бұрын

    Uyo ni umugumya banga abushitse kandi ni agati kateretwe n'lmana

  • @lovepeace5460
    @lovepeace54607 ай бұрын

    Abantu batobato bameze gute? Abantu murihenda cane!!! Kwisi ntamuntu muto canke munini(ahambaye) ariho ariko abantu bose barasanzwe bivana nigiheeee gusa

  • @havyarimanamedard63
    @havyarimanamedard637 ай бұрын

    Warikuba igizeneza iyuga ngo nahoyobagwanje murisheyose

  • @etienneuwimana3797

    @etienneuwimana3797

    7 ай бұрын

    Ah bon? Urwo n'uruhe rurimi?

  • @janemaweu9524
    @janemaweu95247 ай бұрын

    Nyakubahwa afise abana bangahe

  • @user-jm3pc7tu7c

    @user-jm3pc7tu7c

    7 ай бұрын

    ❤3

  • @serugoburundi7044
    @serugoburundi70447 ай бұрын

    Micro yiwe ntimwayikurikiranye neza ariko twumva umumenyeshamakuru gusa

  • @ICGLRGERARD
    @ICGLRGERARD7 ай бұрын

    Komera mutama. N' i Nairobi, niho nakumenyeye nd'umunyeshure, waricisha bugufi kweli. Waraganiriza aba jeunes neza kandi CNDD-FDD warayiserukiye neza, ntiwatwaza amanyama. I ibisigaye, ntawushimisha bose, abantu baragoye, na Yesu Kristo hari abamunaniye kandi yari umunyamahoro. Kandi umugambwe wama ufise uko utunganywa. Imana ikomeze kuguhezagira n'umuryango wawe.

  • @user-jm3pc7tu7c

    @user-jm3pc7tu7c

    7 ай бұрын

  • @user-bj2ct6ms6p
    @user-bj2ct6ms6p7 ай бұрын

    Nahora nibaza kumuntu avyibushe cane aba anywinzoga

  • @etienneuwimana3797

    @etienneuwimana3797

    7 ай бұрын

    Ubikuye kuki?

  • @user-du3cs9kv2g
    @user-du3cs9kv2g7 ай бұрын

    Abanya Bubanza waraduhemukiye pe

  • @deo-maximenkurunziza5386

    @deo-maximenkurunziza5386

    7 ай бұрын

    Bagukoreye iki?

  • @josephhasabumutima6741

    @josephhasabumutima6741

    7 ай бұрын

    N'Umuvyeyi Wanyu Yaradutwaye neza muri Commune Mpanda Namwe Muramusubirira Mumabanga yarafise. Imana Yame Ibaja Imbere Nyen'Iteka Nyabenda.

  • @user-du3cs9kv2g

    @user-du3cs9kv2g

    7 ай бұрын

    Ahubwo ngira wew ntuvuka ibubanza tubwire umugambi yadukoreye tuzokwishimira nk mumyaka 20 iri imbere nimba koko yatwaye neza ko vyase ko aronka namajwi yo munama mpanuzwajambo ya commune mpanda.yaritejeje imbere nabiwe ntakindi

  • @willoveburundian269

    @willoveburundian269

    7 ай бұрын

    😂😂

  • @user-jm3pc7tu7c

    @user-jm3pc7tu7c

    7 ай бұрын

    Ibubanza turakwemera mutama wacu amabarabara wubaste ahuza.amakomine ndetse nikibuga cumupi nukuri wubahwe ❤

  • @jeanmariebizoza6013
    @jeanmariebizoza60137 ай бұрын

    Kobutamubajije ingene NKURU yari yamushize imbere hama aba Généraux bakanka bakahashira NEver?

  • @user-gi2vi1ut3m

    @user-gi2vi1ut3m

    7 ай бұрын

    😂

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana87137 ай бұрын

    hhhhh ngo uri umuntu uri uumunyempuhwe?hhhh uvuga wew nyabenda?hhhhhhh😅😅😅😅

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael39927 ай бұрын

    Mon cher ami, uriko urakura imyaka irihuta , indimi zibiri nogucanyanya abantu ntibikubereye du tout. Imvugo yabatekamutwe ngo Nagiririwe ibitangaza Imana yambwiye, ubwonyene ukivyukiranya ngo nateguye kuja i Buraya kom si ari si simple kuri misitanteri gukubitira europe a volonté, atan umwanya uhaciye ukavuga ngo nasavy Imana intahane i Burundi, kandi nagiranye nayo amasezerano bla bla ibi ni imvugo trop bas ntuzongere. Si tu veux mentir pour gonfler et te faire plus que tu es , kura Imana mubinyoma vyawe bireke plz ! Ndabigusavye

  • @aliciaayinkamiye5296

    @aliciaayinkamiye5296

    7 ай бұрын

    Umuntu ntavuga ivyushaka avuga ivyiwe c son droit,ham nkanje ndamuzi asenga numugore wiw nibwaba aruburyarya nImana ibizi

  • @peaceloveisrael3992

    @peaceloveisrael3992

    7 ай бұрын

    @@aliciaayinkamiye5296 Abahutu vous êtes des cancres ,des idiots muriyizi... Iyo mushaka kubesha la formule et la même et identique, Imana yambwiye imana yanyeretse bla bla Iyo mvugo ntituzoyibemerera. Vous ne nous aurez jamais ! Génocidaires maudits. Urazanye ngo ben' umugore bla bla bla Ese les modtres sacrés Bunyoni na Nkurunziza bo ntibigira des prophètes ? Mwamasato mwe ! Murakavumwa ubugirakandi et 1000x pour l' éternité Amen

  • @peaceloveisrael3992

    @peaceloveisrael3992

    7 ай бұрын

    @@aliciaayinkamiye5296 Hèy Alicia A. Ujye umenya birazwi ko umuntu wese akwiye kugira ses droits et libertés, seulement hari théorie et réalité mu buzima ! Ikindi umenye ko 《 La où commence les droits et libertés des-uns prennent fins ceux des autres et inversement 》 Iki kintu ntucibagire... Ivyo kubomoka mukadukana du n' importe quoi c' est la specialité bahutue.... Ivyo kwiyitiranya n'a shetani yanyu mwita Imana ni karande.. mais on va combattre par tous les moyens vos manipulations honteuses. Nico gituma igihugu cihaye le record planétaire du dernier pays misérable au monde ! Mwabahutu mwe ! Ngo ndazi sa dame ? Quelle foutaise !!!! Umugabo avuga amafuti ukavuga ko uzi sa femme ? Uri umuhutukazi ntakiza kiba moche que cela ,ubwoko bubi maudite

  • @aliciaayinkamiye5296

    @aliciaayinkamiye5296

    7 ай бұрын

    😅😅😅😅😅😅urantey ikigongwe ufs haine mbi izohava ikwica,Imana ikorohereze nukuri.

  • @peaceloveisrael3992

    @peaceloveisrael3992

    7 ай бұрын

    @@aliciaayinkamiye5296 wiririre we n'abiwanyu n'ubwoko bubi bwanyu... moi je suis juif dii ha ha ha

  • @alvellaniyonzima4046
    @alvellaniyonzima40467 ай бұрын

    Burya I Burundi hariho umuntu atangura akazi ka Leta agifise 25 ans? Niba vraiment 😂😂

  • @fracineniyimbona2965

    @fracineniyimbona2965

    7 ай бұрын

    jewe natanguye à 22 ans

  • @Heaven_is_4Me

    @Heaven_is_4Me

    7 ай бұрын

    20 nari ntanguye

  • @eliusbizimana7646

    @eliusbizimana7646

    7 ай бұрын

    Egoooo Nanje natanguye nfise 21ans kuko navutse 1964 ntangura gukora septembre 1985.

Келесі