Réverien Ndikuriyo ngo abagirizwa gutembagaza ubutegetsi 2015 ibohero riracuguruye Urwanda rubatange

Ойын-сауық

#indundinews :Mu migenderanire y'Uburundi n' #Urwanda ngo kuva na kera bamye bafise ibitagenda neza, ariko ngo umugambwe #CNDD_FDD mu biganiro wakoranye n 'indongozi za #FPR babasaba ko bobaha abagarizwa gutembagaza ubutegetsi kandi basa n' abavyemeye nubwo bitarashigwa mu ngiro

Пікірлер: 17

  • @gabrielmanirakiza6731
    @gabrielmanirakiza67314 ай бұрын

    Nukuri abakoloni nibo batumye tujegela

  • @gagakenzybuffalo6839
    @gagakenzybuffalo68395 ай бұрын

    Komera Mutama NYENITEKA

  • @ilaurentm
    @ilaurentm3 ай бұрын

    Ururimi n'inyama ryigenga koko !

  • @vinceruba9841
    @vinceruba98412 ай бұрын

    Mbe wowe usigaje imyaka ingahe ko numva uvuga iyabandi gusa

  • @gabrielmanirakiza6731
    @gabrielmanirakiza67314 ай бұрын

    Ur'umugabo uravuga ukuri

  • @dstar4906
    @dstar49065 ай бұрын

    Ideology zanyu twarazirambiwe.

  • @musangamfuracelestin6629
    @musangamfuracelestin66294 ай бұрын

    Uratangaje, ariko cyakora niba namwe mwerekwa simbizi icyindi niba arubutasi bwanyu bubibafashamwo nabyo sindabimenya, ariko nzabibwirwa nuko abarundi batahuye Ibiri kubera mujyihugu hagati. Akokantu nimugatahura nzamenyako muri mujyihugu jyituwe cyiyobowe nabagabo bafatanyije nabagore babo. Burundu 19:38

  • @cadeaunsabiyumva5304
    @cadeaunsabiyumva53044 ай бұрын

    Urumugabo urimvugakuri mutama

  • @user-vd6tq3cx4f
    @user-vd6tq3cx4f4 ай бұрын

    Niyubahwe

  • @thewisetv3989
    @thewisetv39895 ай бұрын

    UVUGA NEZA CAAAANE KOMERA NYENITEKA

  • @lostboy2608
    @lostboy26085 ай бұрын

    Mugarukane SMO irakenewe mu Burundi

  • @egidenkuriyingoma4202

    @egidenkuriyingoma4202

    5 ай бұрын

    pi

  • @benjaminadjanga6608
    @benjaminadjanga66085 ай бұрын

    muzogumane uyu mwete wokuduha amajambo yindongozi aratwubaka cane

  • @novatidamian7236
    @novatidamian72365 ай бұрын

    Komere kumuheto mubandeye mugwanya umwasi burya ubinye imbwa mugiti uribazaho uwakiyurije, urwanda niwe mwasi wambere. Banyakubahwa icotwobasaba vugane na F. Beto mujehamwe mukubite iyombwa kagame kuko nawe wabivuze ko kudahana imbwa ko kugwiza imisega. Namwe turabashigikiye ko mwofuha uburenganzira tukaja kwihanira umwasi wacu kugirango akarere karinke amahoro

  • @user-zs9qs3qw8m

    @user-zs9qs3qw8m

    3 ай бұрын

    Hhhhh Izimbwa ntizafutsinda . Ni ibijuju kandi baracyennye

  • @user-zs9qs3qw8m

    @user-zs9qs3qw8m

    3 ай бұрын

    Ko mutadugaye benewanyu bakoze genocide hano mugwanda ? Na Neva yishe abatutsi benshi murwanda . Muri genocide niho yari

  • @novatidamian7236

    @novatidamian7236

    3 ай бұрын

    Sha namwe mwig8ze abatunzi mwigira Singapore yigicupuri kuvyo musahura muri Kongo ngivyo bigiye kubashirana murabe ukuntu mutazorwara imvunja ! Nokunyo zizoheza zishikeyo reka tumanze tubamesere muri DRC Congo hanyuma tuzoze tubasanga ikigari mwaramaze kuremba nkimbwa yanyqgiwe nimvura. Sikizima is yosi yabahagurukiye muzokwicarikwa hasi nkika yaciwe ibigango Kandi sikera nubu vuba mugiye kwibonerako, mwari muzi ko nubwo buzu mubona ngaho kwarubwq abazungu na abarabu baje kwiyubakira! Hanyuma kuko murimpumyi Mahendwa mutabaza ivyigihugu mukabwirwa ko mutunze naho nivyo mubona nivyabantu batarenga 100 ibindi navyo ari academic mwafashe.

Келесі