#Icirore

Ойын-сауық

#indundinews : Umushingamateka #Gaston _Sindimwo avuga ko yababariye abo bigeze kuba hari ivyo badahurizako mumugambwe w' Abadasigana #UPRONA

Пікірлер: 16

  • @NiyokwizeraDesire-ng2hv
    @NiyokwizeraDesire-ng2hv6 ай бұрын

    Ikiganiro Cari kiryoshe ,ibi navyo rero biraheza bigafasha

  • @napoleonnimbesha1700
    @napoleonnimbesha17006 ай бұрын

    My big brother Honourable Gaston sindimwo.✅🤝

  • @burundikugatumbatv16
    @burundikugatumbatv166 ай бұрын

    Ndamwemera uyumwubahwa arimubatavuruze Sokuru/ Nkurunziza❤❤❤ Ashobora kubari mubabaye ivyegera vyumukuru wigihugu yamaze ikiringo neza.

  • @Sebarazingiza
    @Sebarazingiza6 ай бұрын

    Gaston, pole sana!

  • @user-tl4jv4sn2f
    @user-tl4jv4sn2f6 ай бұрын

    Yayaya

  • @user-tl4jv4sn2f
    @user-tl4jv4sn2f6 ай бұрын

    Hamaaa

  • @fbpburundi2451
    @fbpburundi24516 ай бұрын

    Ndagukunze, cane ugeze kuri irya noti yo mu burusiya.abanyamuji ntimufyina😑😑😑😄😄. Na franchise yaw ugez kuvy'urugo.be strong bro

  • @girafomm
    @girafomm6 ай бұрын

    Republika yavutse muri 1966 et pas 1964! 🤭

  • @DanyNshima-rk6lc
    @DanyNshima-rk6lc6 ай бұрын

    Ze muraduha umwanya

  • @AfricaAnimalsv9
    @AfricaAnimalsv96 ай бұрын

    Uyu mu journaliste umenga namumeny cank namwitiranije

  • @nahayoegide9828

    @nahayoegide9828

    6 ай бұрын

    Niwe nyene 😂😂😂😂

  • @AfricaAnimalsv9

    @AfricaAnimalsv9

    6 ай бұрын

    ​@@nahayoegide9828oooh exactementa Nahayo Egide umwana w'imuhira felicitations mwana twiganye aciye ubwenge rwose mr6 ngiy kwama ngukurikirana can kundundi Tv

  • @DanyNshima-rk6lc
    @DanyNshima-rk6lc6 ай бұрын

    Mwibuk natwe twibereye ahantu mwibaza ko ataco twamaze

  • @DanyNshima-rk6lc
    @DanyNshima-rk6lc6 ай бұрын

    Mur brougo ck QCM muntunge nivy nizemwo apres midi twaba dufite test muvyo twize mugatondo!!aho pm twakora test ya fra calc Em na kir!igishwali nicongerez ntivyar bwaze!

  • @benjaminadjanga6608
    @benjaminadjanga66086 ай бұрын

    😂😂ngo mwarakunda igihugu😂😂ntawutagikunda gusa benshi duhiga ibire ryaco ngo tukinunuze tubwire agatendo ko gukunda igihugu wakoze?

Келесі