Mr le Président, vous êtes très mignon, gentil ... et ce n'est pas ça la politique ds un pays sous développé. Ne demandez pas à la MAFIA de changer, il faut la détruire tout simplement ! Il faut un sérieux service de renseignements spécialisé en économie et comptabilité. L'état et le partie au pouvoir doit créer les entreprises de certains bagumyabanga comme les principaux exportateurs.
@thealkebulanite8639
7 ай бұрын
Now business itari free,mubona twotera imbere gute? Na exchange yibidandazwa hagati yintara imanxa gusaba impusha? Abandi bageze Aho biga free trade muri region na continent?
@vyisijean70657 ай бұрын
Imana irikumwe Na nyakubahwa neva imushoboze arakwiriye icubahiro
@nizigiyimanayves94857 ай бұрын
Kumwe kwa Salomó Imana iguhr ubwenge n'ubwitonzi, utsinde urwo rugamba!!
Nuko dukoze comments mutama zitamushikira, ivyogukosora Kuma banki nivyinshi. Vyose bipfira muma banki cokimwe na leta idakurikirana ibikogwa vyabo. Leta nikore suivi kumabanki.
@user-nk3ue2cs4k
7 ай бұрын
Il faut être très strict et radical. Arrêtez les banquiers. Certains emmènent les devises ds des paradis fiscaux ( consulat de Maldives)
S.E avuze ukuri cyane ,ni CEO (Crime Economique Organisé)
@NZIRIKANACEDRICK7 ай бұрын
Incabwenge dufise niwewe iki kiganiro niciza cane gose nka abaeconomist
@kenedyinnocent7 ай бұрын
Nabikore neza amahera yac yatay agaciro cn
@user-28Gerardineakimana7 ай бұрын
Yubahwe umuvyeyi wacu wigihugu ciza cu Burundi
@somatv2577 ай бұрын
ikibazo kindi gihari kwibura ryamahera nuko banque commerciale ugiye gusaba un credit bagusaba bakaguca decouvert 10% par mois, un credit ordinaire ya 16% hama wewe utwaye une somme de 1.000.000 FBu kubitsa bakaguha 3% au max 5% par année or hari uburyo ufata iyo 1000.000 ukayihera umuntu camenye kuri 3% par mois urumva uyahaye 10personnes dans 12mois interet uba ufise 30% mugihe banque yaguhaye 3% wumva boreka kuyabika muhira gute?
@levis4897 ай бұрын
umukubito mwoshobora gushirako ikiganiro.cose bisa nkuko mwagicagaguye kur introduction ya President. eka nibindi bibazo harukuntu ibiganiro bicikagurika
Kuyindi mpwemuu uduhaye ikimanyu black man n'ijisho ni black interview za se Burundi ntizirambira naho yoba imara 6h umuntu arayiraba akayimara ntuzoze urakata ngo nindende gusa wubahwe
@justincodyy60587 ай бұрын
Ni kuki prezida tumwunva neza hama abandi ntitubunve umukubito this is the president House u need to do everything professional voice and video
Пікірлер: 32
Mr le Président, vous êtes très mignon, gentil ... et ce n'est pas ça la politique ds un pays sous développé. Ne demandez pas à la MAFIA de changer, il faut la détruire tout simplement ! Il faut un sérieux service de renseignements spécialisé en économie et comptabilité. L'état et le partie au pouvoir doit créer les entreprises de certains bagumyabanga comme les principaux exportateurs.
@thealkebulanite8639
7 ай бұрын
Now business itari free,mubona twotera imbere gute? Na exchange yibidandazwa hagati yintara imanxa gusaba impusha? Abandi bageze Aho biga free trade muri region na continent?
Imana irikumwe Na nyakubahwa neva imushoboze arakwiriye icubahiro
Kumwe kwa Salomó Imana iguhr ubwenge n'ubwitonzi, utsinde urwo rugamba!!
Uyu mushingantahe nyakubahwa,abarundi turakwiye kumushigikira ❤
Excellent président all Burundians need what we call Pareto efficiency
wooooa sebarundi ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Imana imuhe ubwenge bwijuru kandi ❤❤❤❤❤❤
Komera president iconkukundira ukunda iterambere yuburundi nabarundi Imana ikujimbere mukutahura ubundi bwacu ikibazo bufise ariko nizey ko vyose bizogenda neza mukwiga neza nukukoresha ubwenge mukutwara kuko jew mbona urintwari nziza caneee Ariko nibamufashe kutezimbere igihugu please 🙏
Blessed 🙏
Umukubito hejur ✊✊
J icombona nyakubahwa Nuko reta yokuguruza banke Yamaha mvamahanga kuburyo icikorera nokubuhinga ngurukabumenyi kuburyo uyarungitse acangaho Hama iyobanke igaha uwomunyagihug yayashaka kandi bagashira kubiciro bitomoye kuko aho bipfira urabaza umuvunjayi 1dorare nangah 5000 muga waja muri BrB 2700 none urumunyagihug yiyumvira wumva hagati yuwomuvunjay naBRB woyahandi uwoavunja meshi nukuvuga bipfiraho abasuma baringaho
Jewe ikintangaza niyo président yidoga mubandi... Umunsi mwabishatse mukuru wigihugu bizoshoboka kubera abarundi baciye ubwenge bariho nuko mubiha abatabishoboye.
Ni vyiza muga tang'ijambo abandi bavuge😊
Nuko dukoze comments mutama zitamushikira, ivyogukosora Kuma banki nivyinshi. Vyose bipfira muma banki cokimwe na leta idakurikirana ibikogwa vyabo. Leta nikore suivi kumabanki.
@user-nk3ue2cs4k
7 ай бұрын
Il faut être très strict et radical. Arrêtez les banquiers. Certains emmènent les devises ds des paradis fiscaux ( consulat de Maldives)
Gusa kiragoye ingene wovunjira muri banke kuri 2841 hariho aho bakuvunjira kuyasumba aho biragoye vraiment
Yitwa Neva sinari bwa mubone wangu 😅
S.E avuze ukuri cyane ,ni CEO (Crime Economique Organisé)
Incabwenge dufise niwewe iki kiganiro niciza cane gose nka abaeconomist
Nabikore neza amahera yac yatay agaciro cn
Yubahwe umuvyeyi wacu wigihugu ciza cu Burundi
ikibazo kindi gihari kwibura ryamahera nuko banque commerciale ugiye gusaba un credit bagusaba bakaguca decouvert 10% par mois, un credit ordinaire ya 16% hama wewe utwaye une somme de 1.000.000 FBu kubitsa bakaguha 3% au max 5% par année or hari uburyo ufata iyo 1000.000 ukayihera umuntu camenye kuri 3% par mois urumva uyahaye 10personnes dans 12mois interet uba ufise 30% mugihe banque yaguhaye 3% wumva boreka kuyabika muhira gute?
umukubito mwoshobora gushirako ikiganiro.cose bisa nkuko mwagicagaguye kur introduction ya President. eka nibindi bibazo harukuntu ibiganiro bicikagurika
Icokibazo ngwamahera arihe kobatayabona muma Bank numwana muto yocishura : OK JUSTE ndumudandaza fise umuzigo wihuta kandi shaka guterimbere ndumunyagihugu abana ntibafungura ntakoze.. None ngiye gusaba amahera kanaka kugira ndangure nidandarize hama nunguke abana barye . Hama maze kuyasaba bagaca bayanyima ayo shaka kandi arayanje ... None nokwemera kumuryango wanje uhungabana kuvyiwanje .. .aho menya neza kwatamahera yanje wosubira kubona .. Cangenda nkakora Bank yanje munzu kandi ndayajera kuko muba mwambabaje Amahera ubu ari munzu kandi ukuyakurayo ndabona bizogorana .
Kuyind mpwemu idasanzw😂😂😂
🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Numushumbaa