Buramatari wa Ngozi yabajijwe n'umukuru w'igihugu ibijanye nitoni 15 zisukari yari igenewe iyo ntara
#Burundi Mu gihe kuri uyu wa kane umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yakoresheje inama abadandanza isukari n'abo bose begwa n'ico gisata, buramatari wa #Ngozi yarabajijwe ivyerekeye itoni 15 z'isukari zari zigenewe iyo ntara mu kwezi kw'indwi, ariko iyo sukari ntiyashikira abo yari igenewe. Buramatari bimaze kumunanira gusigura, umukuru w'igihugu yamenyesheje ko agiye gukurikirana abarongozi bose babigizemwo uruhara, maze bahanwe.
Пікірлер: 154
This is burundi now 🇧🇮 I really appreciate our president Nukuri imana imurinde kandi imukomeze 👌👌 👌 i love it 😍 Komera mutama. Ibintu nibikomeza kumeraneza nzotaha ndabona ko biriko biraza Izobwa nibazihane nukuri kuko ziricigihugu. Our president keep it up 👍 ❤
@jahson460
9 ай бұрын
Gouverneur yarahanywe?
@user-ws3gi8fk8j
Ай бұрын
None se isukari ibura gute kd igurwa nkibindi byose? Isukari Ibitoro Sha burundi we urababaje kbs ubonye n'isukari kweli?
Jewe ndakeza cane nyakwubahwa umuvyeyi wacu président Evariste Ndayishimiye Imana imwongerereze inguvu,ubwenge nubumenyi n'imyaka myinshi yokubaho uburongozi bwiwe turabwishimira imbere yiwe ntawigira igihangange nabandi babonerweho ❤❤❤🙏🙏🙏
Uyu mugabo areze buramatari yarakwiy kumusubirira
Imana ihezagire Président wacu kandi amuzigame mwi banga ritoroshe yamuhaye mugutwara abarundi. Ntivyoroshe ariko rumusenge Yesu Kristo amushoze. Yesu Kristo yaradusezeraniye ati ibidashobokera umuntu vyose, bishobokera Imana. Tumusengere azomushoboza.
Najye Perezida Neva ndamukunze , abarundi muzamurinde ntihakagire ubashuka kumwanga, abanyarwanda turi kumwe mu iterambere tujenge africa🎉
@Inzaghi809
10 ай бұрын
Iterambere ryahe nkarukwirirwa yidoga gusa.tuzimpamvu mumukunda mwa biterahamwe mwe
@fatmaalfahdi1997
10 ай бұрын
@@Inzaghi809 vana amacakubiri ngaho.
@hakizimanaestella
2 ай бұрын
@@Inzaghi809q
@hakizimanaestella
2 ай бұрын
@@Inzaghi809a
@hakizimanaestella
2 ай бұрын
@@Inzaghi809aa
Muburundi tweho twifitiye General Traore' Imana imugumizeko inkomezi abandanye kumenagura ivyo bihute ngo nindongozi baje kurongora ingo zabo ariko nazonyene ngirango ntazobashoboye gutegeka!!
Nyakubahwa hejuru cane buramatari nawe urantwengeje pe ngobari mugasho
Huuu anatukumbusha mzee wetu Pombe nagufuli capa kazi wizi watoke.
Imanikujimbere neva nukuri yesu akubehafi niwe mukuruwigihugu
Imana niyo yogufasha Umuvyeyi wacu President of Burundi
Ntiyarakwiye gukurwa,ahubwo yokabaye yaratanze imihoho vuba cane...ntarinde kwimaramaza...cank agatuma avuga ko yari yasamaye agasaba imbabazi😊
Courage mon Président... mukabandanya kuri uwo murindi nzobagwa inyuma
Ndiho amurinde amaja namaza Uhoraho ashishikare kumwungura ubwenge nkuko. Yabwunguye Salomé
Ivy’Uburundi , yemwe, ni amayobera
Kbs Nyakubawa president Aho ni sawa mukomereze aho
Abantu bagenwa mu mabanga sinzi ko bagwanya umukuru w’igihugu.Nine ko abaha umurongo ntibawukwirikize . Ntagihugu kuri mwo ibiturire n’akarenganyo cotera imbere.Ntagihugu abo bantu bameze uko abanyamitahe boyizana
Imvugo irakwiye kujana ningiro,nayahandiho kuvuga abobishobora nibenshii.
Ooooh keep on my president!
Nibareke umuntu umurundi wese A bishoboye aje kurangura isukari bareke kuyitugerera Ku rushi nk'uko umengo n'imfashanyo Ku ya HCR.
@elysetatu7455
Ай бұрын
Icokintu uvuze ni ukuri
@elysetatu7455
Ай бұрын
Sosumo se niki?nimba idashoboye kandi koko ntishoboye kugaburira abarundi.mworetse abanyamahanga bakaza kuhakorera busness abenegihugu bakaronka akazi!!!! Muzotembere zambia 🇿🇲 mozambique 🇲🇿 muzokwika vyishi ko igihugu iyocikunze ntakintu kigerako Iyudashoboye urafashwa
Nimureke guta umwanya. Ntagihugu ci ikwije kibaho na kimwe. Ni mwugurure urudandaza umudandaza wese ashoboye kuja kurangura imfungugwa aje kuzana imfungugwa. Ivyo vyogushaka ko abadandaza bate importa ibifungugwa. Kubera imvo za abandi. Ntibizokunda. Bakwiye kugabanya amakori ku mfungugwa. Bakareka tugakora.
Akantu numvisemwo ni kamwe, "abo bayitoye ntibari nagaha bari mugasho kubera twarabafashe"😅😅😅😂😂😂
Aba bantu bapfa ubusa hakenewe ibindi biwanda bigezweho bihingura nyinshi gusumba kandi birwiza nakazi
Inyama mbisi ivyura iyumye zana
My president ! Niyubahwe !!!
Mon president oyeeeeeeeeee❤
Aba dd turateye isoni none isukukari habanza kuba debat gwize umwimbu gusa ntakindi gikenew
Yooo ingene ajugumira jewe yuuu nihatari
Urakoze mtama wacu❤
Imana ikomeze iguhe kuramba nyakubahwa umurobgozi wacu
Manirakiza Marc ✔ Buramatari we 🥺
komerezaho mutama
Samandari arafashwe
Pole sana 😂😂😂
Komera kumuheto papa Neva ❤
Inyama mbisi ivyura iyumye👍
Hmmm buramatari RER 😮😮
Live long Mr président
Iyo Neva ariko arakemura ibibazo vy abenegihugu birandyohera cane. Ni umu patriote nyawe, azi ico ajewe, n ico Imana yamushiriyeho. Imana imuhezagire cane.
Umuvyeyi mwiza amenya uko agaburira à ana 15T zarigukwira umwe wese dukeduke. Natahe yaradufukamye munda.
❤
🔥🔥❤🇧🇮
Kbxxx❤
Wubahwe kweliiiii ndakwemera mr Evalste
Emwe abategetsi barenganya Abo bajejwe bagatunganiriza bamwe abandi barenganya nibo benshi nyen'icubahiro .
Kombona bafite ubwobara
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏
Perezida Uyobowe Nimana kbs. Duke tugomba gusaranganywa. Uko tungana
Turi inyuma yawe nyakubahwa komeza ubakubite inkoni mugahanga izonyanka burundi
Burundi is my beautiful country I like how our president doing is like jony pombe magufuri
@odilemuhayimana418
10 ай бұрын
Iconzi neza ntakekeranya nuko Imana ivuze ngo baho ubaho kuko ijambo ryayo rirema rero guma kumvi dusenge kuko Umuvyeyi wacu ashobozwa vyose niyimuha inkomezi nayo siyindi Christo Yesu kuko iramuzi kandi iramusobanukiwe Kandi noneho naho zitontoma ziraziritse ntankeka Uhoraho ari. Muruhande rwiwe uwomurwanya yoband????????
Komera mutam wacu!!ahandiho abantu batobato turahagorewe!!!
Kabisa uvuzukuri mukuru wigihugu
Buramatari wingonzi yaravye ka Mwana WA mama!
Umushikiranganji wunudandaji ari weak ntakazi ashoboye sinzi nimpamvu akiri umushikiranganji,bizoguma uko kugeza ico kibanza kirose umukozi mwiza
Haahaaa, Buramatari n'umuvyeyi gito komesha😂😂😂
UBURUDI BURI MUNYISHU ASANTE BABA WA TAIFA
Uyu mutipe niwe ukwiye kuyobora uburundi nibura imyaka 30
Ariko bashiraho ba buramatari bibigoryi gutyo vrt.namukure ahonyene agende agenye uwundi
Respect forever and ever. Our sir
15 tones zakora iki mugihugu gituwe nama millions yaraturage!??
Hana imbwa ukubite n’imisega bene wazo ziri mama koti gusa dore uko zireba sha😮
None nya kubahwa vyari kuba vyiza yuca umu kura muma banga ngaho nyene
Good
15 tones ku badandaza 64. Kubera iki uyo muburamatari avuga ko, umwe atari gutwara 234 Kg, ariko abenegihugu bose bakakira iyashoboye kuderenganywa. Aho niho yari kuba abae umuvyeyi mwiza afata cokimwe abana biwe. Mu gisaga ko hariho abadansaza benshi bisukari, ntiwumva ko nubundi arih hari gusigara urugero runini rw'isukari hanyuma mu makomine hari abadandaza bayo bake hagashikayo isukari nke ariko ijanye n'urugero rw'abadandaza bariyo? Uyo mubaramatari yabaye umuvyeyi gito!
Ok ok
irambire mutama niho bazozarorohereza abenegihu
Kuba buramatari ntivyoroshe .....😢
Président wacu nintwari
Muta jewe kubwanje ndavye guhera kuri ba Gwagasore na bandadaye murarabaneza sogo ntibagucemwe kuko harabimitima mibicaane
Bosukuru bati icutarabona ucerekwa nukuramba.
Uruwambere kwisi
Komesha mutama😮😢😂😂😂😂
Mashaliki tv kuberik mutadushirirak akavideo gatoya ntitubone nez iyibintu vyaherey
Ndaryambayeeeeeee 1.2.3😂
Isukari nidiri kubayitanga
Ndagapfa notarized igiturire kumbe Kimura mwenenuko!!! Umugabo muzima yasigaye akubita Amanda nkinyo yagaharo kagize Nabi. Ndorya bike niryamire kare.
Isi irigisha
Zurabakombora mutam wacu
Hangama kunguma Mutama
Ati gutahana imbwa birwiza imisega
Numuvyeyigito peeeeee! Arinkajewe nacanfatiyosukari burikomine imwimw igize province ngozi narigutegeka kwihabw itonizibiri zitarenga kandibarigukwirwabose
Ngo yariko arabandanya.,😅😅😅 agenda hh😅😅😅
Abantu nkabenabo nibo bariko baronona intwaro mugihugu, ntakigongwe
Mubaze
Ndakunda president can
Buramatari ni bamukombore
nizere ko buramatara yahise yegura
Uri se barundi pee
watsinzwe
Waouuuuuh
Ariko nyakubahwa isukari niyo izayobora isukari washatse uburyo igitoro ukava muribyo
Ni muzee yubahwe
O
Mutama Wacu komeza ariko urinakazi kagoye nukuri😢
Nakomere kw'ibanga uyu mutama wacu
Akantu numvisemwo ni kamwe, "abo bayitoye ntibari nagaha bari mugasho kubera twarabafashe"😂
Bahane,ndibashoboye.
Araboneka burumatari ko atoroshe
Ikiremba ntasukari wohabaza
❤❤❤❤
Igihugu nta president gifite vyaranze nareke kwiha ba buramatari uruganda rumwe rwisukari rwahaza igihugu cyose koko niwe yari akwiye kubazwa impamvu nta madorari ari mugihugu ngo batumize isukari ihagije