ABATUNZI 10 BAMBERE MU GIHUGU CU BURUNDI

Пікірлер: 577

  • @prosperniyukuri8562
    @prosperniyukuri85624 ай бұрын

    Tuguteye intege ariko gerageza uhindure munvugo nyiganano kugira ukore akabirya kiwawe. Tuzokunviriza Kandi tugire likes nkumwe mubarundi benewacu yagize ubushakashatsi! Courage rero Mon Frere! Komeza ubushakashatsi

  • @ajenezablaise3845
    @ajenezablaise3845 Жыл бұрын

    None uvuze abatunzi ukibagira Mayondori, vénèrent, Ziranotse, Albert wa Getra, ivyo sivyo ntana like noguha nibinyoma,

  • @questions-answers7
    @questions-answers7 Жыл бұрын

    Sha urabeshe gose urasubiramwo ubushakashatsi.mbega Mayondori na Ziranotse ubashira kuri number ya kangahe???

  • @tessyaniella3807
    @tessyaniella3807 Жыл бұрын

    Ntamakutuzu ziranotse ntawuzi lenovent ntawuzi ambassadeur nyamitwe ntawuzi bucumi ntawuzi Simoni ntawuzi

  • @desirehakizimana835
    @desirehakizimana835 Жыл бұрын

    Uzi bike caaane kubagwizatunga b'abarundi,,,subira gucukumbura kuko iyi classement siyo

  • @mugishabienvenu7561

    @mugishabienvenu7561

    2 ай бұрын

    Mwihenze

  • @user-gx9xz1fh7p
    @user-gx9xz1fh7p4 ай бұрын

    Kuribinyom ngah papa kontamubonamw😂😂

  • @patriot880

    @patriot880

    3 ай бұрын

    Fake news

  • @marienduwimana665

    @marienduwimana665

    3 ай бұрын

    Pourquoi pas wewe?😂😂😂😂😂

  • @user-jm4iv1gf1e
    @user-jm4iv1gf1e4 ай бұрын

    Iyo ni classements y'abanyepolitique, Siyabatunzi

  • @umurundi

    @umurundi

    Ай бұрын

    Wapi sioni ntahondamuzi muri politique kiretse guterera caaaane umugambwe cndd

  • @user-ub5oy5fl2i
    @user-ub5oy5fl2i4 ай бұрын

    Urumubeshi wamber kabsa! ahubw wubahw kuko uraz kubesha!🥰🥰🥰🥰😘😘

  • @ZacheeNIFASHA

    @ZacheeNIFASHA

    4 ай бұрын

    Merci

  • @zephyrinndayiragije7676
    @zephyrinndayiragije7676Ай бұрын

    Sha sur 10 rekandaguhe 1 ryaho wafashe akanya kutuyagisha.

  • @banin-bradaneirakoze9535
    @banin-bradaneirakoze9535 Жыл бұрын

    Huuuuu jahariya,urumva UVUGAKO abagwizatunga muburundi Ari abapoliticiens,nimba wabikuye kuvyabazungu bakoze,ndabona Bari BAFISE intumbero yabo

  • @realshafiy91
    @realshafiy91 Жыл бұрын

    Uri kuvuga muri style ya Mwanafunzi

  • @Bapfunya
    @Bapfunya Жыл бұрын

    Wapi Genda urime ivyo ubirekere abandi ntabwo bifise sens

  • @marienduwimana665
    @marienduwimana6653 ай бұрын

    Ubutaha uzonshiremwo mbona uvyorosha nzoca nkanda like😂😂😂😂😂

  • @jeanboscondayiragije1164
    @jeanboscondayiragije1164 Жыл бұрын

    Urantwaye ama mega yanje ku busa. Uje ngaho utubeshe ngo Leonce, Gaston Sindimwo, . ngo ni abatunzi!!!

  • @cassiensindaye286
    @cassiensindaye286 Жыл бұрын

    Hari n'abo abeshera batagira Na rumwe sindabavugaaa🤣😂

  • @ernestmeshack5033

    @ernestmeshack5033

    Жыл бұрын

    😁😁😁

  • @jimmydelphinsabukwigura3092
    @jimmydelphinsabukwigura3092 Жыл бұрын

    Ndumva warumvirije cane Gentil Gédéon Ku buryo umwigana kw'ijwi.ariko uvuga nk'uwuriko ararya

  • @ericnahimana-ip1xk

    @ericnahimana-ip1xk

    4 ай бұрын

    Nivyuku nyagera mumaboko yiw

  • @jean_marientakirutimana7465
    @jean_marientakirutimana74653 жыл бұрын

    Ama MB yanj muriy murab muyasubiz mumaguru masha

  • @jeanpaulnahishakiye8143

    @jeanpaulnahishakiye8143

    3 жыл бұрын

    Ntamahera bafise ayo udashikigwa urumunyagihugu muto.siyo

  • @jumaalexis6020

    @jumaalexis6020

    3 жыл бұрын

    Hahahahaaa naje nibampe ayiwanje ntavyo ngaho

  • @VincentIrakoze-bp4ql
    @VincentIrakoze-bp4qlАй бұрын

    Noe aba1 k ar abnya politique ahohantu bahacunge

  • @GIMFILMS
    @GIMFILMS3 ай бұрын

    Cool

  • @dankenbigboss2377
    @dankenbigboss2377 Жыл бұрын

    Umwuga w'ububeshi warashinze imizi kumbuga ngurukanabumenyi. Erega naho wifuza ko tukugirira SHARE urabanza wivuze ingwara y"ububeshi

  • @nibigiragerard8960
    @nibigiragerard8960Ай бұрын

    Urwo rutonde ntituruhurizako. Udashizemwo ba Ziranotse na ba Vérérand etc

  • @user-pq6vb6zx8h
    @user-pq6vb6zx8hАй бұрын

    Urabesh kwer urazi inoti ziranotse afiseee bena veneraaaaaa

  • @rachaeletoot3577
    @rachaeletoot3577 Жыл бұрын

    None ntambandadaji bakora ivyambo kwel.....tubwire Abikorera utawambo

  • @dieselmadoumix3738
    @dieselmadoumix3738 Жыл бұрын

    Iki kijama ntikizi kuvuga ndake 😂😂😂

  • @Irhubert2263

    @Irhubert2263

    3 ай бұрын

    Avuga nk'umutwa peeeee

  • @iratubonastam2248

    @iratubonastam2248

    3 ай бұрын

    😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂😂

  • @ndenzakoalice5470
    @ndenzakoalice5470 Жыл бұрын

    Sha ivyo uvuga ntibitomoye . Uvuga ivyo utazi kabisa

  • @celestinmutoka8782

    @celestinmutoka8782

    Жыл бұрын

    Nikijuju kabisa.mwabo

  • @egideigiraneza-ls2qr
    @egideigiraneza-ls2qr11 ай бұрын

    Shaaaa urumubeshi wambere kwis numvise,uwogug ikofe.

  • @ntunzekamwejeanmarie9702
    @ntunzekamwejeanmarie9702Ай бұрын

    Ntavyo uramenya hariho abo wabesheye

  • @odrasixbdi
    @odrasixbdi Жыл бұрын

    Nanje nzoba umutunzi ndavyizeye 🙏🙏

  • @christotolao177

    @christotolao177

    Жыл бұрын

    Egoo sha , Imana imbere

  • @busirufullcomedy6176
    @busirufullcomedy6176 Жыл бұрын

    Nta documentaire uzi gukora, ntamatohoza cank ubuhinga ubishuramwo ahubwo uriko werekana abanya politique ko boba bibitseko itunga ry'igihugu! Urabeshe natana like ukwiye!

  • @ManiragezaMenard
    @ManiragezaMenardАй бұрын

    Ufise imyaka mike cane kuba utazi incuro buyoya yayoboye Burundi! Incuro zibiri!

  • @ManiragezaMenard
    @ManiragezaMenardАй бұрын

    Uko ni ugukwegera abantu kwagiriza umuntu ivyo adafise!

  • @abubakarmateso2042
    @abubakarmateso2042 Жыл бұрын

    Ntukomeye na like na share nari nasizeko ndabikuyeko

  • @cliffordmusa8810
    @cliffordmusa88104 ай бұрын

    Subiramwo ugire amatohoza akwiye kandi atomoye hanyuma uduhereze kubera bamwe uburundi tubuherukamwo kera cane.

  • @user-qr2ww4nl7f
    @user-qr2ww4nl7fАй бұрын

    Burya Leonce arafise amahera kwer??canke

  • @user-fe5fm9em3x
    @user-fe5fm9em3x4 ай бұрын

    Igihugu cotera imbere gute abatunzi 10 ata bandandaza barimwo

  • @SylvainNikiza
    @SylvainNikizaАй бұрын

    Kuberiki arabanyepolitik gusa?

  • @davidniyoyo388
    @davidniyoyo388 Жыл бұрын

    Sha urabeshe cane! Gusa vues yanj ndapfuye kuyiguha ariko uvuz k sion agira 10 ubwo n ububeshi

  • @SabbasUsaba-fu3lz
    @SabbasUsaba-fu3lz3 ай бұрын

    Sumubeshi nibwo bumenyi Afise

  • @fadhiliradjab2105
    @fadhiliradjab2105 Жыл бұрын

    So Burundi itunzwe nabanyepolike. 😀😀😀

  • @GermainNIYONGABO
    @GermainNIYONGABOАй бұрын

    Abarundi bafise amahera ni benshi

  • @user-oq9cr1pm1i
    @user-oq9cr1pm1i3 ай бұрын

    Iyo classement urashobora kuba ariyo

  • @ClaverMbonimpa-ir8hj
    @ClaverMbonimpa-ir8hjАй бұрын

    Mbega amafaranga menshi nangahe atagira igitigiri ububeshi butagira izina

  • @prudencensaguye3374
    @prudencensaguye3374 Жыл бұрын

    Sha wapi kabisa jewe sindavyemeye.

  • @ManiragezaMenard
    @ManiragezaMenardАй бұрын

    Amafuti gusa maze kubonamwo muri urwo rutonde hajemwo leonce na ntibantunganya nciye ncika n'intege zo kuvyumviriza.

  • @johndaka4692
    @johndaka4692 Жыл бұрын

    Iyi classement niyakera mwoturonsa iyakino gihe?

  • @levisnsabiyaremye3524
    @levisnsabiyaremye3524 Жыл бұрын

    Nimbe muburundi atawundi muntu atunze atari umunya politic nukuri umwenegihugu wuburundi araremvye,mubarwizatunga abanya politic ntibaharurwa nukuri

  • @user-yj4ih9qz7w
    @user-yj4ih9qz7w5 ай бұрын

    Wap ugorutonde sigo shakish kand

  • @KanezaAline-cc8bl
    @KanezaAline-cc8bl Жыл бұрын

    😂😂😂😂😂😂 amakuru araho ntuze j nkomez kumirwa😅

  • @julestariniestanjb9645
    @julestariniestanjb9645 Жыл бұрын

    Shaaaa ivyobintu sivyo🤔 kuko iyo classement sinzi iyo yabereye ikintangaje nukwo ntibonyemwo knd ndi mur 5 bambere😎

  • @iriyazimanapascal7098
    @iriyazimanapascal7098 Жыл бұрын

    Wewe ivyo Uburundi mbona nobireka kuko ntabirebire ubiziko nagato!umaze gufata abantu 10 batunze kurusha abandi mugihugu cose ugaca ushiramwo ba Honorable Leonce Ngendakumana ncanumva uvuga ivyo utazi nagato!abafise amafranga ntab'uzi ndabigusubiriyemwo

  • @mpawenimanadieudonne3194
    @mpawenimanadieudonne31943 ай бұрын

    Banza ucire ivyo biri mukanwa hama uvuge neza

  • @KuzikoTV
    @KuzikoTVАй бұрын

    Banza urabe ngaha hanyuma uze ugire classement vyukuri kzread.info/dash/bejne/X6CHxZVmisnReaw.htmlsub_confirmation=1

  • @vianneynduwimana5451
    @vianneynduwimana5451 Жыл бұрын

    Sha naho atavyinshi nzi kubatunzi bo muburundi,urwo rutonde sirwo kwel ,Abo 10 uvuze ngira harimwo 3 personnes gusa nahone sibo boba abambere,kumbure Nyakwigendera yobamwo.

  • @kwizeraaime3962
    @kwizeraaime3962Ай бұрын

    Nkumuntu yifitiye inyubakwa imwe umwita umutunzi gute? Ugwaye mumumutwe, canke ni commedy

  • @andy-dickcartel1503
    @andy-dickcartel1503 Жыл бұрын

    None nikuberiki abobose vyitwa kwarabatunzi mugihugu, arabo muri leta gusaaa, canke araba politiciens gusa😅😅😅😅

  • @GSira
    @GSiraАй бұрын

    Urabesha ntavyuzi 😂😂

  • @clovisbamwe3633
    @clovisbamwe3633 Жыл бұрын

    Uyu mugabo akwiye kumanikigwa agafuni Kuko arabesha cn

  • @faustintwagirayezu5530
    @faustintwagirayezu55304 ай бұрын

    Ababose nabatway iburundi shaaaa niyompamvu uburundi byanseko buterimber barabusahuye birenz p😢😢

  • @VianneyMakwasili
    @VianneyMakwasili28 күн бұрын

    Nivyiza

  • @Ngabwecom
    @Ngabwecom3 ай бұрын

    Abatumariye igihugu

  • @gilbertniyonsaba
    @gilbertniyonsaba Жыл бұрын

    Uyumugabo avugivyatazi kwl manaeeee ahubwo arikwavuga abanyepolike batunze.nayabatunzi muburundi ntabuzi

  • @Kaesvstriomphe
    @Kaesvstriomphe4 ай бұрын

    Ico numvishe nuko Bose Bari mur politique havuyemw siyoni.imagine

  • @jean-baptistebucumi5235
    @jean-baptistebucumi52354 ай бұрын

    Reka ubwo bubeshi. Zbo sibo batunzi dufise.

  • @NestorCIZA-nr7mw
    @NestorCIZA-nr7mwАй бұрын

    Ubitubwiy nabi kutatubwiye umufungo bafise nn

  • @claverniyongabo6485
    @claverniyongabo6485 Жыл бұрын

    Umutunzi wambere nuwutunze Yesu

  • @VitalBigirimana-cv3yh

    @VitalBigirimana-cv3yh

    4 ай бұрын

    Urarivuze. Ukwiye,umukono

  • @beniteiradukunda2223
    @beniteiradukunda2223 Жыл бұрын

    Aba boss mubabaze olegue niw abazi

  • @charlesborromeenimbona9164
    @charlesborromeenimbona91644 ай бұрын

    abarundi tuzokwama dufise ubujuju, wumve uyumuntu Ariko arapfyinatira kuri réseau sociaux...ntabugugu busumba ubu.

  • @user-fd5xs4hm3e
    @user-fd5xs4hm3eАй бұрын

    Mbe abakene cumi bambere nabo ni bande?

  • @cassiensindaye286
    @cassiensindaye286 Жыл бұрын

    Uyu muntu n'umubeshi ngira abikorera imvo za politique si gusa!

  • @josephnsanzubumwe7812
    @josephnsanzubumwe7812 Жыл бұрын

    Nn nta badandaza mi Burundi bakize rero ko bose mbona bayikuriye ku butegetsi?

  • @dundaentertainment6753
    @dundaentertainment67534 ай бұрын

    Cool idea

  • @pontienkanyamuneza2853
    @pontienkanyamuneza28533 ай бұрын

    Umwanya ntaye ndakwumviriza ndawicujije

  • @havyarimanadesire8170
    @havyarimanadesire81703 жыл бұрын

    Yuvuga kwari urutonde gwa banye politique bafise amafranga meshi wari kuba ubaye iki? Uriko uriga gutanga amakuru subira kwishur wige kuk nturamenya

  • @user-oo2vk2lv7z
    @user-oo2vk2lv7zАй бұрын

    Venerat ntawurimwo

  • @GeorgesKabura
    @GeorgesKabura2 ай бұрын

    Ntamakuru warufise

  • @user-jm7uv3lu1o
    @user-jm7uv3lu1o3 ай бұрын

    Wavuze ibitarivyo

  • @laurentgentil4645
    @laurentgentil4645 Жыл бұрын

    Jya uvuga namahera baafise

  • @user-yl9ij8pu1k
    @user-yl9ij8pu1k4 ай бұрын

    Sana

  • @dernelmpundu9759
    @dernelmpundu97593 ай бұрын

    Ino nkuru kubera irimwo ibinyoma vyinshi, umutima wanyankiye kugira s'abonner. Kandi iyaba ibihugu vyacu vyubahiriza droit d'auteur wokurikiranywe n'ubutungane!

  • @user-fl3hm7he7n
    @user-fl3hm7he7n7 ай бұрын

    Nanje gushika 2030 nzobandi muri batanu bambere ndavyizeye

  • @Abdallahbigirimana
    @Abdallahbigirimana Жыл бұрын

    Wabeshe vuga amahera Bafise muma dollars. Gusa ivyo sivyo

  • @samulay
    @samulay Жыл бұрын

    Uuuuraaabeesheee shaaa!!!aboo naba politicien batunzeee apanaaa abagwizatungaa mur rusangiiii!!!!!!!! Gendiyoi

  • @yviherman6396
    @yviherman6396 Жыл бұрын

    Akazi karabuze muburundi, kubesha muca mukugira umwuga🤣🤣🤣

  • @emmnzey713

    @emmnzey713

    4 ай бұрын

    😂😂😂😂😂

  • @TuyizereElissa2006
    @TuyizereElissa2006Ай бұрын

    Bro ko udashiraho umubare wa mafaranga

  • @Pasteur-ln5cj
    @Pasteur-ln5cjАй бұрын

    Ntabwenge mugira😢

  • @NdayishimiyeAndre-hr3qx
    @NdayishimiyeAndre-hr3qx Жыл бұрын

    Watohoje nabi ivyo sivyo. Abatunzi tubona begeranije amahera ntubavuga

  • @RichardBarutwanayo
    @RichardBarutwanayoАй бұрын

    Zana bashasha ivyonivyakera

  • @EricNdayizeye-ff3vc
    @EricNdayizeye-ff3vc4 ай бұрын

    Abo bayivye akihari ubuho ntayo pe.

  • @user-qi2td9xv7o
    @user-qi2td9xv7o4 ай бұрын

    Reka kwigana Ismael mu mvugo koresha imvugo yawe

  • @SmilingJellyFish-vf6xy
    @SmilingJellyFish-vf6xy6 ай бұрын

    Tulanezerewe change Naduhe. Akazi yaba Akoze Tulachama imirimo

  • @sseggonadamiano8762
    @sseggonadamiano8762Ай бұрын

    Rayik sheya commeent

  • @DerrickSsenyonjo
    @DerrickSsenyonjoАй бұрын

    Urumukeha bwenge

  • @user-rm8gn1hq2b
    @user-rm8gn1hq2b2 ай бұрын

    Wabeshe cane man ahowivugiye abanye politique

  • @iriyazimanapascal7098
    @iriyazimanapascal7098 Жыл бұрын

    Jewe sinemera ko uri umurundi ,niwaba uriwe naho uba mumahanga yakure kuko nimwe muvuga ivyo mwaraye murarota mugaca mwikora mugahogo ngo kufise ivyo mubwira abantu

  • @royitv21
    @royitv21 Жыл бұрын

    iyo comedy wari wayiteguy p cmt urahabwa mais s'abonne wapi kabx

  • @NduwayezuDesire-dt4pj
    @NduwayezuDesire-dt4pjАй бұрын

    Sha wurabesha kweri urisamandari 2

  • @onesimevyizigiro3173
    @onesimevyizigiro31737 ай бұрын

    Biraryoshe kubona utunze Yesu

  • @user-bw7rz4pm6k
    @user-bw7rz4pm6k9 ай бұрын

    Ziranotse na Vénérant ko mwabibagiy baza mukibanza ca kangahe?

  • @emmanuelficin2321
    @emmanuelficin2321 Жыл бұрын

    Ntiba et Léonce ne peuvent pas figurer sur cette liste!

  • @lionel-gentilnindorera4090

    @lionel-gentilnindorera4090

    Жыл бұрын

    Urabifitiye ivyemezo ga musore?

  • @user-pn5bj2nn3s
    @user-pn5bj2nn3s3 ай бұрын

    Haruwitwa La Gespe nsabimana wamwibagiye

Келесі