INTAHE ya Gaston SINDIMWO//Nkiri icegera c'UMUKURU W'IGIHUGU//Umubano wanje n'umugore wanje//Ubuzima

Ойын-сауық

INTAHE ya Gaston SINDIMWO//Nkiri icegera c'UMUKURU W'IGIHUGU//Umubano wanje n'umugore wanje//Ubuzima
‪@NtareRushatsiHouseTV‬

Пікірлер: 173

  • @reverienniyongabo8873
    @reverienniyongabo88737 ай бұрын

    Kuvyukuri ikiganiro cari kiryoshe. Uwo Mwubahwa jewe ndamukunda cane mfatiye kukuntu yishura ibibazo nukuntu yitwara

  • @user-wc4rq7tw3g
    @user-wc4rq7tw3g7 ай бұрын

    Niwubahw 🙏 mutama jew namy ndagkund imvukira yacu ya bujumbura Mairie

  • @richardniyungeko5803
    @richardniyungeko58037 ай бұрын

    Thank you Gaël, you are number one for asking real and honest questions and Thanks to Honorable Gaston for the honest answers vive le Burundi et les Burundais

  • @pierreclavernduwimana1974

    @pierreclavernduwimana1974

    7 ай бұрын

    Haaa!!! Navuge nyene ko yahawe n'IMANA, Kuko sindimwo ntiyari umurundi. Avuga ko yavukiyebi bujumbura,natubwire sekuru wiwe aho avuka. Ko tuzi kogaston ari umunya congo. Niyavuga sekuru iyavuka,tuzoheza tumenye ko ari umurundi

  • @pierreclavernduwimana1974

    @pierreclavernduwimana1974

    7 ай бұрын

    Gaston avukiye mu gisagara ca bujumbura. Ntavuge ko sekuru ava i makamba canke i muramvya.

  • @pierreclavernduwimana1974

    @pierreclavernduwimana1974

    7 ай бұрын

    Nishimire IMANA nyene

  • @pierreclavernduwimana1974

    @pierreclavernduwimana1974

    7 ай бұрын

    Gaston iryabo zina bamwise yitwa SINDANO GASTON ARIRYO BAHINDUYEMWO SINDIMWO. UMU NYKONGO YAGIZE IMANA NYENE AGIRWA PREMIER VICE PRESIDENT KUKO YAMILISE NURI FLUEMMENT DANS L' UPRONA. C'EST VRAI QU'IL A VECU KONGTEMPS AU BURUNDI A L'EPOQUE OU LES CONGOLAIS ETAIENT NOMBREUX ET SUR MICOMBERO LES CONGOLAIS OCCUPAIENT DES POSTES DE L'ETAT

  • @Shlek839

    @Shlek839

    7 ай бұрын

    None ga muntu kumenya sekuru wewe bikumarira iki canke utamumenye bimuhombesha iki? Abo bikenew ko bamenya amamuko yiwe barayazi. Abatabizi nuko bitabaraba.

  • @desireirambona2319
    @desireirambona23197 ай бұрын

    Gaston yakinye nka ba DD,naba opportunistes, ubu bararonse ibibatunga, apana bitunga abarundi. Bitwa abasuma, ababandi. nico gituma Abarundi bakenye kandi babandanya bakena. Urakoze Gaston kubivuga😊😊😊

  • @ngendanzideoabdillah5934
    @ngendanzideoabdillah59347 ай бұрын

    Type uri umu Journalist wa kweri, azi ico akora. big up.

  • @muhimpunduesperance
    @muhimpunduesperance7 ай бұрын

    Inzira z Imana zinyura henshi

  • @christianzinga5147
    @christianzinga51477 ай бұрын

    Big up my brother.Ndakwipfurije kubandanya uterimbere .

  • @habarugirafabrice5418
    @habarugirafabrice54187 ай бұрын

    Ikiganiro ciza cane. Merci beaucoup

  • @UrbainNdayihereje-wi3hm
    @UrbainNdayihereje-wi3hm7 ай бұрын

    Niwe dufise Gaël abandi barakurikira👏

  • @KimanaSanta
    @KimanaSanta2 ай бұрын

    Gaston ndagushimira kuko wew ufise urukundo❤

  • @user-gi1ss2sb7x
    @user-gi1ss2sb7x7 ай бұрын

    Hehehehhehehe uwo mutama aratwenza peeee

  • @jeandedieundayisaba5644
    @jeandedieundayisaba56447 ай бұрын

    Ubaye umutegetsi wa mbere w,umurundi yemera ko yahawe amabanga ahambaye afise amashure make

  • @majedalotaibi9350

    @majedalotaibi9350

    7 ай бұрын

    Nukur avugishj ukur

  • @umucomwiza4794

    @umucomwiza4794

    7 ай бұрын

    Yavuze ko ari Imana yabikoze, kandi niyo ashimira. Ahubwo ni bangahe bibuka ko bahashizwe n’Imana?

  • @i.platinum8185
    @i.platinum81857 ай бұрын

    Un très bon interview où le journaliste pose de vrai questions et l'autre y réponds avec franchise et on ne fait qu'aimer l'invité... merci bcp Gusa ahakurikira nukuzana madamu wiwe twumve sa version des faits 😅

  • @marcelnkomo7212

    @marcelnkomo7212

    7 ай бұрын

    Il n’est pas journaliste il est youtubiste!!

  • @umucomwiza4794

    @umucomwiza4794

    7 ай бұрын

    Madame akeneye sentare, médias ntaco zomumarira yoba yikengereje gose

  • @i.platinum8185

    @i.platinum8185

    7 ай бұрын

    @@marcelnkomo7212 youtubeur? Je le suivais avant Umukubito, il avait une émission à la radio Isanganiro dc c'est sûrement un journaliste 🤷🏾‍♂️

  • @i.platinum8185

    @i.platinum8185

    7 ай бұрын

    @@umucomwiza4794 yokwikengereza bisumba izo yakinye kuri ya video 😅 ... ahubwo bishobora kumusubiza agateka nimba twatahuye nabi

  • @umucomwiza4794

    @umucomwiza4794

    7 ай бұрын

    @@i.platinum8185 namba yoba aje gukina izindi nyene 🤣🤣🤣🤣

  • @nadinenizigiyimana2005
    @nadinenizigiyimana20057 ай бұрын

    Urakoze k'ubw'uwo mutumire w'iteka, uzanye impinduka

  • @jean-lucnikoyagize5910
    @jean-lucnikoyagize59107 ай бұрын

    Ni danger walahi diplome technique muri art point. Imana irabikora nihatari point

  • @user-cq2lh9ul7w
    @user-cq2lh9ul7w7 ай бұрын

    Courage mazina yanje accrochez-toi!

  • @worldofstars-ex1ok
    @worldofstars-ex1ok7 ай бұрын

    Tv zizana ibiganiro vyiyubashe nizo zikenewe

  • @bukururamadhan2442
    @bukururamadhan24427 ай бұрын

    Iki kiganiro nica bien saana 🙌🙌

  • @ndizeyebruce3805
    @ndizeyebruce38057 ай бұрын

    Haaa Merci beaucoup Gaël

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda48637 ай бұрын

    Honorable Gaston Merci

  • @grettakezimana5348
    @grettakezimana53487 ай бұрын

    Well said

  • @Aiuoex
    @Aiuoex7 ай бұрын

    Sha uyomu politicien Sindimwo ico ntamubwiye n'umutima wiwe urakimubwira.

  • @alexisbishaka335
    @alexisbishaka3357 ай бұрын

    Gaël nukuri mumuhe amashurwe arayakwiye

  • @UBUZIMATV-sz6ru
    @UBUZIMATV-sz6ru7 ай бұрын

    Evode ndikumana gospel Evode ndikumana gospel Evode gospel Evode ndikumana gospel Evode ndikumana gospel

  • @gaspardniyindagiye7012
    @gaspardniyindagiye70127 ай бұрын

    Big UP Gaël !!

  • @ariellandayishimiye8278
    @ariellandayishimiye82787 ай бұрын

    Twarihombeye refectoire public 😂😂😂😂😂😂 nkubu yibaza ngotwaravyibagiye😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @kampimbarefidesfides2400

    @kampimbarefidesfides2400

    7 ай бұрын

    Natwe inzara izotugezayo😂😂😂😂

  • @delacycy

    @delacycy

    7 ай бұрын

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @majedalotaibi9350

    @majedalotaibi9350

    7 ай бұрын

    Ahubw nyn yibzk twavyibagie😂😂😂😂😂

  • @kalyka4107

    @kalyka4107

    7 ай бұрын

    😂😂😂😂😂

  • @rashchrisirakoze469

    @rashchrisirakoze469

    7 ай бұрын

    😂😂ako kanyuma niko kabi!

  • @user-cp6tf2wq8l
    @user-cp6tf2wq8l7 ай бұрын

    Umukubito tv y bien ❤

  • @juniorkubwayo8200
    @juniorkubwayo82007 ай бұрын

    Courage juste Gaël

  • @alaindesiremajambere7854
    @alaindesiremajambere78547 ай бұрын

    Juste Gaël congs alain-desire kumuyaga

  • @raissafabien4285
    @raissafabien42857 ай бұрын

    Réfectoire publique 🤣🤣ntawosubira gukora daaaah🤣🤣🤣

  • @user-gj9yg8yb9d
    @user-gj9yg8yb9d7 ай бұрын

    Umukubito hejuru ❤❤

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp7 ай бұрын

    Wooooa number one I'm here ntibyoroshe birababaje nkomeza kumirwa ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅

  • @alaindesiremajambere7854
    @alaindesiremajambere78547 ай бұрын

    Juste Gaël congs

  • @napoleonnimbesha1700
    @napoleonnimbesha17007 ай бұрын

    Retirement bado comrade 💪🤝. Ahubwo just gaël uzoturonderere aba chef batwara Uprona ubaganirize😊 twebwe turi kure niho twobunva neza (Body language tells a lot that words😊)

  • @maniragabaeric1558
    @maniragabaeric15587 ай бұрын

    Kure cane Gael

  • @eric7321
    @eric73217 ай бұрын

    narabonye video naje Gaston ntiyakubise umugore ahubwo vyiza yokwirukana ishano murugo ataranamufungisha

  • @iremboinfo1834
    @iremboinfo18347 ай бұрын

    Hejuru cane

  • @ntahondereyeedmond5048
    @ntahondereyeedmond50487 ай бұрын

    Thanks bro

  • @Venicreator2060
    @Venicreator20607 ай бұрын

    Ndakunda morale yu w'umuprona kabisa😂

  • @djzenobinoruntowndjs
    @djzenobinoruntowndjs7 ай бұрын

    ashaaaa refectoire publique nubu turacayirindiriye😊

  • @nsabimanaeric3006
    @nsabimanaeric30067 ай бұрын

    Uwo n umubile mubandi,yarakuyemwo utwiwe nk ayandi mabandi ar mubutegetsi n uno musi ibandi rimwe rikuyemwo ayaryo,riba rihejeje ivyaryo muri make ivyo nivyo abaja mubutegetsi uno musi mu Burundi bita gukunda igihugu.Muri make n akarwi k amabandi.

  • @Fiacre93
    @Fiacre937 ай бұрын

    Gusa Mutama wacu yakoresheje igifaransa cane...ariko yaraduteye intege nkaba jeune bo mugisagara

  • @EsperanceNsabimana
    @EsperanceNsabimana7 ай бұрын

    Mutama komera wakomeje benshi Imana ikomeze ikutuzigamire muvyeyi

  • @dismasniyo5641
    @dismasniyo56417 ай бұрын

    Reka kurubesha kwari gushira inda imbere .

  • @topazkevin4024
    @topazkevin40247 ай бұрын

    Très intelligent👌ntakibazo nakimwe yakwefye vrt..

  • @bmt4584
    @bmt45847 ай бұрын

    aha inka yatwemereye yibaza ngo twarazibagiye 🤣🤣🤣🤣🤣

  • @user-qq6mv6vh3e

    @user-qq6mv6vh3e

    7 ай бұрын

    😂😂😂

  • @victorg7280

    @victorg7280

    7 ай бұрын

    None mwaramutoye hama ntiyazibaha?

  • @user-qq6mv6vh3e

    @user-qq6mv6vh3e

    7 ай бұрын

    @@victorg7280 🤣🤣🤣

  • @user-gk5wo5lr2l
    @user-gk5wo5lr2l7 ай бұрын

    🔥🔥🤣🤣🤣🤣nubu turacarindiriye kundya kubuntu muri tawn

  • @TresorNishimwe-jz4wy

    @TresorNishimwe-jz4wy

    7 ай бұрын

    Katatow iyoyatogwa twozaturirira umuceri wubuntu ntawokora nukurya nukuryama 🤣🤣

  • @audifaxbigirimana9768
    @audifaxbigirimana97686 ай бұрын

    Hon.Gaston sindimwo umushingatahe abushitse

  • @ffhcgggcjc-ix7fs
    @ffhcgggcjc-ix7fs7 ай бұрын

    Umusaza🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @NishimweMedia
    @NishimweMedia7 ай бұрын

    Mbere wa musaza n'umubingwa ndake😂😂😂 ngo nari muri fête ya baba prona😂😂😂 wubahw nsanze wugurutse daa

  • @aimechristophetuyizere3565
    @aimechristophetuyizere35657 ай бұрын

    Mutama Gaston sinarinzi k ari sérieux ukwo kwose. Très intelligent vrt. Thanks to you GAEL

  • @fabiolaniyuhire8748
    @fabiolaniyuhire87487 ай бұрын

    ntukubitana ariko ivyukora birenze gufatinkoni kweri 😂

  • @umucomwiza4794

    @umucomwiza4794

    7 ай бұрын

    🤣🤣🤣🤣🤣urugo rw’imiti barabahenze ntakigenda

  • @esperancentaconayigize4517
    @esperancentaconayigize45177 ай бұрын

    Gaston mtoto wa mujini kabisa ❤❤❤ ikiganiro ciza ❤❤❤

  • @fabiolaniyuhire8748

    @fabiolaniyuhire8748

    7 ай бұрын

    ntiwibagire nitariki iraho wavuze kuri voix d' Amérique ngo nindege uzoyizana 😢 basha utayibuka tuzokwibutsa

  • @ancillebarutwanayo6209
    @ancillebarutwanayo62097 ай бұрын

    Ibarabara ryo mu Gikungu aho wubatse inzu ryarakunaniye ukiri 1er ministre wari kubaka amabarabara yo hejuru ???Shame to many talkative politicians!!!

  • @user-28Gerardineakimana
    @user-28Gerardineakimana7 ай бұрын

    Gaston jewe ndamwikundira ntumbaze icomukundira ndavyisangamwo💕

  • @lovepeace5460
    @lovepeace54607 ай бұрын

    Gaston avuze ukuri abashingamateka nibabahijambo bavugirabarundi ibintu vyayangaye

  • @desireirambona2319
    @desireirambona23197 ай бұрын

    Gaston ntiyatowe kuba umushingamateka muri Mairie, CNDD-FDD yamushizeho ukwo nyene namanyanga. Numuntu yibereye ngaho agahembwa akabaho nico kimwe nabandi batwara ngaho mu Burundi kuva kuri Never gushika hasi, nabantu bahembwa ataco bakora. 😛😛😛

  • @JAime-mn3vm

    @JAime-mn3vm

    7 ай бұрын

    😂😂😂😂ahubwo twayagwiza abarundi twarigorewe😂😂😂ntaco bakora nuguhembwa gusa😢😢😢

  • @signolinenikiza3710
    @signolinenikiza37107 ай бұрын

    Ewe Gael uratwenza 😂😂😂😂😂

  • @salha2289
    @salha22897 ай бұрын

    Kurya kubuntu na zanka bigezehe wibaza ko twavyi agiye😂😂😂

  • @jeromehafashimana8286

    @jeromehafashimana8286

    7 ай бұрын

    😂simwe mwanse kumutora

  • @jeromehafashimana8286
    @jeromehafashimana82867 ай бұрын

    Uy,umutama ayaganeza cn

  • @veve5360
    @veve53607 ай бұрын

    Ba Alphonse Rugambarara nabo nabahe?

  • @PhoneDocter-zs3rp
    @PhoneDocter-zs3rp7 ай бұрын

    Waragerageje'cane'banyakubahwa

  • @christianarakaza7590
    @christianarakaza75907 ай бұрын

    Gaston il est franc! vyinshi yavuze ntiyabeshe.Gael arasubirayo ibibazo biracariho.

  • @desireirambona2319
    @desireirambona23197 ай бұрын

    Gaston Sindimwo igihe namubonye yiga kuri ETSA i Gitega, yari umunyeshure akerebutse. Namumenye akina umupira wamaguru, yakina hagati kandi akitanga gose. Hanyuma namubonye ari muri JRBU, hanyuma nimba nibuka neza yari umuserukizi wa ETSA canke icegera. Ikindi nibuka umengo yari mu mihari yabakristu. Gaston mu majambo make numuntu yamye akerebutse kugira abeho kandi nivyiza kuri we, kurondera ubuzima.

  • @user-ny7dm1qb7r
    @user-ny7dm1qb7r7 ай бұрын

    Vous êtes un homme réaliste Mr Gaston sindimwo il fallait un consensus au sein de l'uprona good job my président .

  • @ffhcgggcjc-ix7fs
    @ffhcgggcjc-ix7fs7 ай бұрын

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤

  • @emeryndayiragije4301
    @emeryndayiragije43017 ай бұрын

    Gaston ntaco nomuvugako nibutse amajambo yavuze aricegera cumukuru wigihugu kd imana imuharire.

  • @Devote281
    @Devote2817 ай бұрын

    Uyo muntu arigito kbsa,

  • @giftuwiragiye7697
    @giftuwiragiye76977 ай бұрын

    Ku yind mpwemu

  • @nzoyiririmbirajimy9193
    @nzoyiririmbirajimy91937 ай бұрын

    Yaraziko ivya réfectoires publics twavyibagiye!!!! Ariko arakwepa ikibazo.😂😂😂

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza39407 ай бұрын

    Kumbe urugo rurimwo vyinshi pe nizabategetsi zirara zirasha nihatari

  • @umucomwiza4794

    @umucomwiza4794

    7 ай бұрын

    Erega n’abo bari kw’isi nk’abandi

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza39407 ай бұрын

    Kuyindi mpwemu

  • @kananisarafe8582
    @kananisarafe85827 ай бұрын

    ❤❤❤

  • @sergeskeva2724
    @sergeskeva27247 ай бұрын

    😂😂😂😂 Gaël hejr

  • @JacksonBanda-zh7uu
    @JacksonBanda-zh7uu7 ай бұрын

    Gaston ntagufyina kabisa

  • @mfxdd
    @mfxdd7 ай бұрын

    Ni YOGA

  • @user-ny7dm1qb7r
    @user-ny7dm1qb7r7 ай бұрын

    Komera mutama .

  • @jinamajody
    @jinamajody7 ай бұрын

    🤧🤧🤧🤧🤧🤧🤧 Abagabo baragwira🤦🏾‍♀️🤦🏾‍♀️🤦🏾‍♀️🤦🏾‍♀️🤦🏾‍♀️🤦🏾‍♀️

  • @ntahondereyeedmond5048
    @ntahondereyeedmond50487 ай бұрын

    Ariko mutama twarahomvye kweri refetctoire public

  • @jeandedieundihokubwayo1379
    @jeandedieundihokubwayo13797 ай бұрын

    Kubwa Wew Gaël, umuntu imbere y ukwo yitoza kuba umukuru w igihugu, agomba kuba yarabaye umukuru w igihugu ? Ico n ikinyoma ! Ni gute ibintu vy ibanze nk ivyo utabizi uri umumenyesha makuru !?

  • @akimanaalain9315
    @akimanaalain93157 ай бұрын

    😅😅😅ntukubita ariko ufise inzigo irazwi

  • @JumaWakilongo
    @JumaWakilongo7 ай бұрын

    Abana b'Ibujumbura nshaka tumenyane nimumpe like zanje

  • @bleseblese-lu8gf
    @bleseblese-lu8gf7 ай бұрын

    Gaël naw ubu nikumushira kububahwa

  • @marcelnkomo7212
    @marcelnkomo72127 ай бұрын

    Ahubwo amatora akwirikira witoze!!! Turaguhunda amajwi meeeeenshi mugabo utowe; réflectoires zimaze gushingwa hose mu gihugu k-umutumba!😢😢😢

  • @andreicollyster
    @andreicollyster7 ай бұрын

    Gus ntitwavyibagiy vy yavuz😂😂😂😂

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi95467 ай бұрын

    Nabariba imodoka zabana nivyo ashoboye ntayindi migambiashoboye anyegereza abivye twaramuhinyuye

  • @kalyka4107
    @kalyka41077 ай бұрын

    Abarundi bibagura vuba peee. Uyu arafise intahe atanga, Nibutse twa tu videos twiwe twa Je teume honyene...😂

  • @alainchristianirambona6641
    @alainchristianirambona66417 ай бұрын

    UMUKUBITO

  • @fabiolaniyuhire8748
    @fabiolaniyuhire87487 ай бұрын

    ntamuco wotanga kuko waraguje kutawuvuga urakaaa

  • @user-fk3pl1jj4p
    @user-fk3pl1jj4p2 ай бұрын

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @emmanuelminani9270
    @emmanuelminani92707 ай бұрын

    Jewe nari namazee kurondera inzuu harya mubwizaa kugiraa nzorihee inzuu gusaa hama nzenditondanira isahanii gusaa

  • @raissafabien4285

    @raissafabien4285

    7 ай бұрын

    😂😂😂

  • @lovepeace5460
    @lovepeace54607 ай бұрын

    Leta niyikubitagashi vyayiyangaranye

  • @herveiranezereza7952
    @herveiranezereza79527 ай бұрын

    18:42

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi95467 ай бұрын

    Iyomodoka nayomafaranga yuryamwana bizobahumira akokarenganyo nikokatumye benshibabura iherezo ryiza namwemuzobura iherezoryiza ndabarahiye pesimbesha mu

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi95467 ай бұрын

    Huwomwana amafaranga yiwe munezerewe nukwajamugansho mwaramurenganije muzorenganywa namwe igihecanyu ntikiragera

  • @dismasniyo5641
    @dismasniyo56417 ай бұрын

    Uyo mugasito uravye imigambi yashikirije Irina ejo ko ari Uyo umuntu yari yira afise diplôme d’humanité aho ntiyibesheye. Réfectoire publique , amabarabara yo mukirere.

  • @oswaldmajambere

    @oswaldmajambere

    7 ай бұрын

    Uranyishe kwer at A2 ntavyabo

  • @umucomwiza4794

    @umucomwiza4794

    7 ай бұрын

    Dawidi n’abandi bami Imana yahaye gutwara bari bafise diplômes za he? Imana iyo itanze ntawe igisha inama. Igikuru nuko numva ayishima, kandi yakoze agaheza mandant neza, abandi bahora bayicira hagati

  • @dismasniyo5641

    @dismasniyo5641

    7 ай бұрын

    @@umucomwiza4794 Devid yarobanujwe amavuta kandi muri kirya gihe Islael yarongorwa n’abo Imana yitoreye uti rero Uyo ni David yubaka refectoire public . David yari afise sagesse ntiyapfa ivya avuze numwana atikubahuka.

  • @umucomwiza4794

    @umucomwiza4794

    7 ай бұрын

    Abami batwaye uBurundi ko babutwaye neza mwariganye? Uburongozi bwose buva ku Mana. Nawe udapfa ivyo uvuze rindira uze ushikigwe🤣 ngo uciye akenge gusumba abandi. Ngo batwenga batikwije…

  • @user-ow4cl3kv6t
    @user-ow4cl3kv6t7 ай бұрын

    Rwagasore wakabiri

  • @desireirambona2319
    @desireirambona23197 ай бұрын

    Kuba yarabaye umutegetsi ntibitangaje kuko nabo batwara ntabutwari bamusumbije. Ariko nibaza ko Gaston atabushobozi yari afise nubu ntabushobozi afise bwo kurongora urwego nka rurya. Nawe arabizi, kandi yaramizwe. Ntabintu biboneka yoba yarakoze vyatumye ibintu bihinduka mu Burundi. Ico Gaston yarota yaragishitseko, ku gatwe kiwe apana kuneza yiterambera ryabarundi.

  • @carinemanirambona2708

    @carinemanirambona2708

    7 ай бұрын

    Uretse na Gaston kuva ubutegetsi bwaza ntacahindutse pe ubushomeri buracaribwishi,ubukene amabarabara ateyisoni,ntaterambere riboneka iburundi.

  • @victorg7280

    @victorg7280

    7 ай бұрын

    ​@@carinemanirambona2708 uzobanze ubaze so wawe ico yari yarakoze imbere ko haza ubwo butegetsi uriko uragaya.

  • @jobirazanye5045
    @jobirazanye50457 ай бұрын

    Iki kinyamakuru kirakwiye kuduga gushika aho kiba Iradiyo

  • @mucojason9724
    @mucojason97247 ай бұрын

    Uyu numu farceur ntabindi

Келесі