Ababona kuyumusaza asa kndi akavuga nka Abel Nduwayo😂😂😂
@jose-vi4qp
28 күн бұрын
Niwekugasaka
@vanessagateka-nb7dm
28 күн бұрын
Ego vraiment barasa gose
@nijimberealexis8834
28 күн бұрын
Nanj nari nabi bony
@hakizimanaaugustin2337
27 күн бұрын
Jew mbere ntarasoma titre narinzingo niwe
@evaristebigirimanaevab3174
27 күн бұрын
Ijana kwijana ngir haric bapfana
@floflokanya351227 күн бұрын
Very nice interview. Ari munutumirwa ari very very cool na joyrnalist yabajij neza cane i dont see anything wrong yogutwenga
@user-wr7gb5up4y28 күн бұрын
Gaston, franchement parlant. Uri umushingamateka, ariko ntuja mu nama. La fois passée, Gélase yarakubajije igituma udatonda ngo uterere mu bikorwa vy'inama nshingamateka. None wewe ntiwatowe, aba gutoye nta compte à rendre. Ariko turazi ko kirya kibanza ari DD yakiguhaye, ntiwatowe. Bakiguhaye kuko wabaye intungane ntuvuge ibitagenda neza. 😊😊😊
Sha twenga nkaba jrnaliste bar professionnels, exemple, juste Gaël arakunda gutweng arik arabipa.xo ahand nbn crg
@jinamajody28 күн бұрын
Sha aba jeunes bose bose atanumwe avuyemwo bari bakwiye kugira urunani bagasaba abatwara(abitoza) ko bogira projet d'intervention dans le cadre de leur foramtion et leur avenir. Nayo mukishinga gutogotwa mumyambaro ja rouge-vert-blanc ndabarahiye mwese muzohitanwa na AVC mudakwije na 50ans. Erega Mandela yarabivuze ati the power is in yr hands.Arongera ati you have to knwo what you want🤔 Nimba mushaka kuzosaza musega abakuru komerezaho. Nimba mushaka kuzoba abakuru you have to know what you want and fight for it koz you have power in your hands👌
@GerardNiyonkuru-ml2md
25 күн бұрын
Uno naw yivugisha ivyongereza atazi ,naw nasokorok agiric ahinduy de plus que vous,Hama irambir Gaston
@user-fl6rn3xl4p25 күн бұрын
Gusa ndaguhojeje kuba umugore yarakugambaniye😊
@user-rz1ph1iw3r27 күн бұрын
From USA ❤❤ ndakunda Gaston nukuri 100% Aratera brague sanaa .vice president wusirimu mugisagara iwacu Walah aterinkuru sanaa kamdi yariyakiye kuvyumugore twabonye bumusazi . Abagabo benshi bagendanubuhinda kumitima turabizi kubera abagore.ubu nukuba nka Paul mweranda tukabivamwo burundi abagore bakaja biromgora baragatsindwa!!
@user-ld9mg1hf2v
27 күн бұрын
🤔🤔🤔🤔🤔😜😜😜😜
@vanessa-vavandikumwenayo2757
25 күн бұрын
@@user-ld9mg1hf2vnciye ngira amatsiko yo kubamenya kubera iki ciyumviro 😭😭
@user-hj4fj8jr8p27 күн бұрын
pole , nawe warakubitice , baba aba gabo , baba abagore bose bararenganwa mumago . pole sana , nanje narabivuyemwo kukwanka aKARENGANYO PE
@jeanclaudeloydonmagenge112128 күн бұрын
Umusaza ari cool vrt,atandukanye mumutwe gosee naba nditije
@cirondereyeaslam129328 күн бұрын
Gabanya kuguma utwenga
@mubwiretv25 күн бұрын
Gaston ikiganiro cyawe ni cyiza Muze kuri MubwireTV murebe nibindi biganiro byiza
@Xlsmdjdodjid28 күн бұрын
Mbaye uwambere🎉🎉 reka nicare
@LewisKagajo17 күн бұрын
uyo mutama aratwenza sana
@ICGLRGERARD27 күн бұрын
Pole mutama. Abadiridiri ngirango n'ibiswi vy'inkona vy'uno musi.
Reka Gaston gutera inkuru, ntavyo Peter yaguhanuza. Kwari ukurya umushahara n'uturusho. Aho harico woshikiriza wakoreye Abarundi bokwibukirako, reka reka ku blagua
Gaston ntabeshe, igihe yiga kuri ETESA i Gitega, yarakina football kandi neza cane. Niwe yikorera team yose. Yari actif muri sport. Niwe yatwara na JRR kuri iyo shure. Il était actif ntabeshe kabisa.
@ashermugisha783525 күн бұрын
Very nice video 👍
@AliceNTIRAMPEBA-gx2jk23 күн бұрын
Ndakunze Kino kiganiro.
@bizomenyimanaelias545528 күн бұрын
Uyumusaza yubahwe aratwenza
@ernestniyonkuru359925 күн бұрын
Gutanga n'ugupfa journaliste 😅😅😅
@JimmyHATEGEKIMANA-yu6ne23 күн бұрын
Twaratwawe n'imbwa basha
@gacutimariefreddyne641928 күн бұрын
Courage cane my Friend Franick imber gose kbx🥰🥰🥰😍😍😍
@vsen6527 күн бұрын
uraseka cane uri to much gabanya
@motivationentrepreneuriale854027 күн бұрын
Pole sana mutama !! Ntakintu kibabaje nko gukubitwa numugore 😭😭
@user-uw7zb2wx3e
5 күн бұрын
😅😅😅
@vanessa-vavandikumwenayo275725 күн бұрын
Reka nitwengere😁😁😁
@curstudentfinance369927 күн бұрын
vraiment ntibigukwiye kuza ku ma channels nkuwabaye V/P de la republique. nibura RTNB kuko nirwo rwego uriho. wataye agaciro kabisa.
@fabriceniyonkuru5544
24 күн бұрын
Ntagaciro yataye. Ahubwo azi ibigezweho. Nivyiza ko umuntu aguma muri public. Kandi isi tugezemwo niho igana. Social media yoroheje ubuzima. Azi ico akora. Ntagaciro yataye ahubwo yakongereye. Ndabivuga coe expert en Communication.
Umenga uriko wikanira gutwenga twe turiko turabiraba ko tudatwenga uriko uriko witwengesha en plus akabandanya avuga naw uriko uratwenga ca c'est professionnel uze uriga uko ugabanya gutwenga ubusa
Пікірлер: 217
Wamumenyesha makuru wee urabe wisunganye iyontwengo irashisha urikumwe numwubahwa bukoresha professionalisime quand même😢
Le journaliste arakwiye une formation professionnelle.Umutumire araryoshe ariko umumenyeshamakuru arabisha ikiganiro atwenga ubusa agaciramwo umutumire.
Uyo mu Journaliste atwenga nk'ufis ihungabana !!
Journaliste ikiganiro kiraryoshe ariko Nawe uraconona utwenga cane ugaciramwo umutumire urakeneye formation.
Ababona kuyumusaza asa kndi akavuga nka Abel Nduwayo😂😂😂
@jose-vi4qp
28 күн бұрын
Niwekugasaka
@vanessagateka-nb7dm
28 күн бұрын
Ego vraiment barasa gose
@nijimberealexis8834
28 күн бұрын
Nanj nari nabi bony
@hakizimanaaugustin2337
27 күн бұрын
Jew mbere ntarasoma titre narinzingo niwe
@evaristebigirimanaevab3174
27 күн бұрын
Ijana kwijana ngir haric bapfana
Very nice interview. Ari munutumirwa ari very very cool na joyrnalist yabajij neza cane i dont see anything wrong yogutwenga
Gaston, franchement parlant. Uri umushingamateka, ariko ntuja mu nama. La fois passée, Gélase yarakubajije igituma udatonda ngo uterere mu bikorwa vy'inama nshingamateka. None wewe ntiwatowe, aba gutoye nta compte à rendre. Ariko turazi ko kirya kibanza ari DD yakiguhaye, ntiwatowe. Bakiguhaye kuko wabaye intungane ntuvuge ibitagenda neza. 😊😊😊
Nsi vyiza gunseka cane mukiganiro icari cocos ukeney formation
Sha Gaston nari nagutoye kuko wari watwemereye Restaurant rusangi ngaha muri ville kandi ndumvise muri plan vyari gukunda. Abantu batagutoye sindabatahura Kandi iyo ntumviriza iki kiganiro sinari kumenya kuri serieux nkuko kweri Nipfuje ko twomenyana nuko bidakunda Ndagukunze vraiment cane
Napoléon yavuze Ari intumbero yamashengero nukubuza abakene kwica abakire.rero abategetsi kugira ubwoba birumvikana kuko Brazil ko hari abanyagihugu bararonka Ico bafungura Kandi Imana ikunda abantu Kandi ituga ryigihugu Riba zishobora gukwira abanyagihugu bose.ubwoba rero ndabitahura pe.
Uwu journalist anacheka vibayaa😅
@renobander7209
26 күн бұрын
Atwenga nkuko yaremwe nawe twenga nkuko waremwe. Mu muhore nuko Imana yamugize!
Gabanya gutwenga ubusa gutumira umuntu ugashinyika gutyo vyerekana ubunyamwuga buke nukutubaha umutumirwa wisubireko ,ahogutekerexa ivyumuganiriza urashinyika ubusa.
Mwiriwe neza.ndashimiye umumenyeshamakuru ndashimiye kandi n'umushingamateka Gaston.Wabajije neza cane nk'umunyamwuga ndaguteyintege.Ndagutahura cane kubona watwenze kuko n'uyundi uwariwewese yarigutwenga ariko uzohore ubikora bukebuke kuko bica bitanga ishusho nziza y'ikiganiro.Ariko ndagaye cane abitwa ngo bariko baraguhanura ariko bagasa nabatukana!sivyiza nagato kubabikoze ndetse ntibiba binadyoshe gusoma!Nivyiza gutera intege umuntu mugihe atakoze ibiterasoni!
Son excellence Gasto,urumugabo w'intore,ndagukunda cane kubutwari bwawe,Nababuze cane Son Excellence, ndabakumbuye.umutima mwiza ufise Imana iwuguhezagirire,waranfashe mumugongo,umbogorera umuryango wagira utembe,Imana iguhezagire.
Umunezero uri muri kristo Yesu ndahiriwe kuba nibereye muri we. Gaston Ari cool
Gaston Sindimwo, umwana w,iwach sha. Imana ikomeze ikuzigame kandi izokugirire neza. Ivyo umuntu acamwo nivyinshi ariko Umucamanza ni Yesu wenyene. Ntihagire abagutera amabuye. Ntawutagira umusaraba muri iyi Si. Komera bro wanje❤️❤️🌸🌸
Ndasaba Magic TV izoze iratumira abandi bategetsi mukiganiro nkiki. Vyofasha caane gutanga espoir kubantu bafise ubwoba kwa kazoza kugihugu no kuribo.
Ako gatwengo simbona icokavako ntagitwengeje numvise!! Nibaza ko wokwikosora.
@etienneuwimana3797
27 күн бұрын
Abantu bamwe sinzi uko babaye. Iyo TV yiwe urafise mw'umutahe?
Nkaho icokigabo kiriko kiratwenga iki?? Ivyovyerekana kudaha agaciro umwuga ukora. Subira kwiga. Polesana Mutama w'amateka turakwubaha.
Niryambere numvise umuntu yemerako yadubura cn Ari kugwego gwawe muta😂😂
@dieudonneniyokwizera3399
28 күн бұрын
Nivyiz cane kuvyemera kuko biratera intege abashaka kubivamwo bakumva ko akagumye bagumako mpaka bigator umurongo
@nsafelix
27 күн бұрын
ari honnete
@user-uw7zb2wx3e
5 күн бұрын
Nanj babiri vyantangaje😂
Excellence,Mr,Gaston,un Homme intelligent,calme et posé ,apparemment très sociable,expérimenté,qui devrait être rentabilisé au profit du social.
Wabajije neza ariko iyontwengo fo changer unabaze utuje😢😢😢😢
Iyo ntwengo yawe munyamakuru irasarisha none nkubu wotumira HE ugakuma utwenga nkuko ubomagurika
Love from rwanda❤❤
Mpore kabisa! Gusa muzozane n’umugore akarimi kumwe 😅
Sha twenga nkaba jrnaliste bar professionnels, exemple, juste Gaël arakunda gutweng arik arabipa.xo ahand nbn crg
Sha aba jeunes bose bose atanumwe avuyemwo bari bakwiye kugira urunani bagasaba abatwara(abitoza) ko bogira projet d'intervention dans le cadre de leur foramtion et leur avenir. Nayo mukishinga gutogotwa mumyambaro ja rouge-vert-blanc ndabarahiye mwese muzohitanwa na AVC mudakwije na 50ans. Erega Mandela yarabivuze ati the power is in yr hands.Arongera ati you have to knwo what you want🤔 Nimba mushaka kuzosaza musega abakuru komerezaho. Nimba mushaka kuzoba abakuru you have to know what you want and fight for it koz you have power in your hands👌
@GerardNiyonkuru-ml2md
25 күн бұрын
Uno naw yivugisha ivyongereza atazi ,naw nasokorok agiric ahinduy de plus que vous,Hama irambir Gaston
Gusa ndaguhojeje kuba umugore yarakugambaniye😊
From USA ❤❤ ndakunda Gaston nukuri 100% Aratera brague sanaa .vice president wusirimu mugisagara iwacu Walah aterinkuru sanaa kamdi yariyakiye kuvyumugore twabonye bumusazi . Abagabo benshi bagendanubuhinda kumitima turabizi kubera abagore.ubu nukuba nka Paul mweranda tukabivamwo burundi abagore bakaja biromgora baragatsindwa!!
@user-ld9mg1hf2v
27 күн бұрын
🤔🤔🤔🤔🤔😜😜😜😜
@vanessa-vavandikumwenayo2757
25 күн бұрын
@@user-ld9mg1hf2vnciye ngira amatsiko yo kubamenya kubera iki ciyumviro 😭😭
pole , nawe warakubitice , baba aba gabo , baba abagore bose bararenganwa mumago . pole sana , nanje narabivuyemwo kukwanka aKARENGANYO PE
Umusaza ari cool vrt,atandukanye mumutwe gosee naba nditije
Gabanya kuguma utwenga
Gaston ikiganiro cyawe ni cyiza Muze kuri MubwireTV murebe nibindi biganiro byiza
Mbaye uwambere🎉🎉 reka nicare
uyo mutama aratwenza sana
Pole mutama. Abadiridiri ngirango n'ibiswi vy'inkona vy'uno musi.
Turafise ubwoba bwa kazoza vraiment that reality
Sha uyumupapa aratuvugiye ibintu kandi arumuntu akomeye
Uyumugabo ndamwindira numunyakuri cane,uhezagirwe Gaston
Vyiza cane ingene mwakoranye Na Nyakwigendera Nkurunziza 👍🙏👍
Aba politiciens b’Abarundi bashingira kikintu kimwe gusa nta politique baba barimwo zero , nta projet Atari Amacakubiri no gutinyana
Bien dit idee ya restaurant universitaire irakenewe
Bwabundi gutwara ntivyizana kabisa.Iconzi co nuko vous etes sportif vraiment.Mvuga ivyonzi kuko haraho twahurira.
abagabo turahanzwe n,isi nuyu musaza manawe emwe hagutinya intare yishwe na Samson wotinya intare yishe Samson😱😄😂
Ngo restaurants publics! Basi urashinga restaurant pour enfants de la rue, 3 fois par semaine basi ureke abarundi bose. Projets bidons!
Yibazako ivya réfectoire commune twavyibagiye
@jamessiyoni2996
26 күн бұрын
😅😅😅😅
Basha urukundo ruraryosh kwer rukiri rushasha rumaz kubiha ni Noma saaana
Gaston wew ntaco mwari gupfa n umuntu kuko urinze uja harya waba wizeweko ata influence
Reka kuguma utwenga nkikigugu ba sérieux uko re nkumu professionnel !!
Wow i did like your conversation
Imana ikurinde Gaston ikuzigame mukunzi
Gaston uvuze ukuri abagabo turahohotegwa cana mungo zacu
Reka Gaston gutera inkuru, ntavyo Peter yaguhanuza. Kwari ukurya umushahara n'uturusho. Aho harico woshikiriza wakoreye Abarundi bokwibukirako, reka reka ku blagua
Intwengo sivyo, biraba Abo muyaga
Ikiganiro ciza ariko uyu mumenyeshamakuru yitwaye nabi mugutwenga cane aramenana amatwi cane kandi vyotuma numuntu amwima ikiganiro
@graceirakoze2868
28 күн бұрын
Baze bafata umwanya wo kwitegurira ibiganiri bashiremwo umuco ndundi wo kwubaha ninde wundi yomuha ikiganiro kubantu twubaha nkaba turetse naba Imvugo yo kwubaha tuyigira mumuryango baze bagira imvugo yubaha
Ntabeshe nukuri ntihahohoterwa abagore gusa, hariho n'abagabo bahohoterwa mu ngo zabo turabibona mu kibano naho bitari kurugero rumwe n'abagore
Ntampamvu yokubana numuntu mwirirwa nurarwana.vyiza muravana..warakoze diiiiii.uryamugore imenga avukana namavubi nagende ayasange
@eliusbizimana7646
27 күн бұрын
Canke burya yaramutunganiriza?
@user-wq3em8vd3j
27 күн бұрын
@@eliusbizimana7646 erega nyene nomurugo utamutunganiriza usanga bigoye cane.hary usanga yarabuzuko abimubwira agaca yigira kurya basi kubera ishavu.
Gaston ntabeshe, igihe yiga kuri ETESA i Gitega, yarakina football kandi neza cane. Niwe yikorera team yose. Yari actif muri sport. Niwe yatwara na JRR kuri iyo shure. Il était actif ntabeshe kabisa.
Very nice video 👍
Ndakunze Kino kiganiro.
Uyumusaza yubahwe aratwenza
Gutanga n'ugupfa journaliste 😅😅😅
Twaratwawe n'imbwa basha
Courage cane my Friend Franick imber gose kbx🥰🥰🥰😍😍😍
uraseka cane uri to much gabanya
Pole sana mutama !! Ntakintu kibabaje nko gukubitwa numugore 😭😭
@user-uw7zb2wx3e
5 күн бұрын
😅😅😅
Reka nitwengere😁😁😁
vraiment ntibigukwiye kuza ku ma channels nkuwabaye V/P de la republique. nibura RTNB kuko nirwo rwego uriho. wataye agaciro kabisa.
@fabriceniyonkuru5544
24 күн бұрын
Ntagaciro yataye. Ahubwo azi ibigezweho. Nivyiza ko umuntu aguma muri public. Kandi isi tugezemwo niho igana. Social media yoroheje ubuzima. Azi ico akora. Ntagaciro yataye ahubwo yakongereye. Ndabivuga coe expert en Communication.
Ico kintu avuz cabapolisi bagendanira abantu biransesema, nimbwa ningurube yose yitwaza umupolisi😢
@eliusbizimana7646
27 күн бұрын
Imbwa ninde ? Ingurube ninde ? Uratukana gusaaaaa
Nukuri raba rero kumategeko mufata mubone konamwebwe muri musi yizuba !!! Muze mubazwe impamvu muguma musenyura Ingo zabandi ? Mutazi konizanyu zizobomoka hindundura amategeko ataruko habaye buraya
Abagore bamwe nibisambo, namabandi aza kutwiba
pole Gaston. kandi bonjour
Umu journaliste arakwiye kwiga gukoresha le vouvoiement ariko araganira n'abantu bakuru na cane cane ariko araganira n'abategetsi nk'abo
Umjama agabany gutwenga harah yatwenga bidakwie Just induru yiw yabae nyinshii
@teginezamilca2472
28 күн бұрын
Vraiment c'est trop dérangeant!!!
Niwe mumenyeshamakuru wambere atwengubusa.
Pole ndugu, kandi ukomere
Umurundi ntabwoba azoreka kugira hakiriho abafatwa bakabura irengero, banigurwa nkinkoko
@Tubivugetv990
28 күн бұрын
reka kuzana ayo matiku wurya wozana izina ryumuntu amaze kuburirwa irengero mureke ayo matike yanyu
@user-mj5rg4th5m
26 күн бұрын
@cleanshine-xm3ho13:11
Nta munye politike amenya umugore n'umwana
ingo zubu ziragoye vraiment
Ubwo uyu mugabo yari mwene wabo w'umukuru w'igihugu uko mbyumva,kandi président yihitiramo uwo yizeye.
Ukuntu amuvuga muri kubu vyerekana ko bakivugana n'ubu. Ntiyihenze mu guhadikiriza muri kubu arazi neza ikirundi ndamuzi 😮
Niyirambire Mutama.
Ari cool vraiment
Uyu musaza aratwenza ndakesera 😂😂😂
Ndamwemeye peee nawe numva yarahagorewe
Kuri 17min:50 sec harantangaje cane😊
Gaston aratera inkuru: umusi unwe nzomurondera twiterere inkuru,na rirya turi urunganwe rumwe. Ivyo yavuze harimwo ukuri. 1) None umugore wambere ari hehe? Baravanye na we? 2) None azosubira kurongora? 3)watanguye kuba Vice president ufise itunga ringana gute? Wahejrje ufise itunga ringana gute? 4) Président ahembwa angahe? 5) vice président ahembwa angahe? Ivyo ni vyo bibazo nzomubaza.
Wangu gabanya guseka cane twuvirize ikiganiro
Uyu mugabo aratwenza yewe
Semavumba 😂
Soit professionnel ubaze bukebuke kandi utekanye uri mukazi kirazira kuza uratwenga canke ushiramwo utwo tuntu ngo aah please bireke
@clarissabellaterimbere6073
28 күн бұрын
yeah atwenga umwany munini 😢ahndi ho car kiryosh kuk yabjij umunt akenew
Journaliste uzoze ugabanya gutwenga cane birica ikiganiro
Prd gusa utwenga birenze kbxaaa kndi bica bibiha
Inumero za Gaston Sindimwo ndazikeneye svp!!
Irambire mutama
Umenga uriko wikanira gutwenga twe turiko turabiraba ko tudatwenga uriko uriko witwengesha en plus akabandanya avuga naw uriko uratwenga ca c'est professionnel uze uriga uko ugabanya gutwenga ubusa
@iriiriho5368
26 күн бұрын
C'est pas professionnel kwitwengesha ubusa
@NibikozeFidelite
24 күн бұрын
bavyita kwikinisha
Bije ku mpwemu idasanzwe ngo : CNDD-DDD niyo yakozumuti muri Uproma ikoresha Kirohambuto Mbayahaga😝😝😝😝 Ejo hahise Reverien bamubajije amakarata CNDD-FDD iri gucanga muri CNL ararahira ararengwa🤣🤣🤣 Reka ngaruke kuri MBAYAHAGA ubu yirigwa aracanga amakarata akoresheje Bibilia🤔🤔 Ewe Burundiiii cibare c'abacancuro genda waracotseeeeeee🤧🤧🤧🤧
Umusaza yarashishwe
Uyu Mugabo niryarya
Reka guhohotera umumenyesha makuru, arabiryosha ahubwo none amutwengeje ace abigenza gut?