Oooooh ooh Fernando we love you 💋
Ooooooh mon Dieu ,Gusto ndababaye kuba atashoboye kuhashika vrmt.
Wihangane Sha gousto turagukunda cane❤❤❤❤
Birangiye minouche atatwiyeretse wallah miss bad
Minouche❤ miss you
Wauuuh Imana ishimw
Minouche😘
Muba muhazee😂😂❤🔥🔥
Urash bye
Ntibiryoshe kl
Mbayuwambere❤❤
Imana ibaj imbere
Tagata 🙏 ❤
Minouche ndakumbuy Quiz knd waravyibush gose
Ndababaye cane Gusto ataje
love from b10 classic
Bashaka kubacanishamwo ariko bagume bikundanira ndabakunda abobahungu babirii
Thx magic channel kwakira agahungu bacu
Vyiza cane my brother kowashits impore gusa nababaye kub melanin boy mutajanye
Hejuruu❤❤
Vyiza can mukomere
🔥🇧🇮🇧🇮🚀🎶🌍🔥
Oya reka kuko n ubu ntimuravuga neza impamvu Gusto yasivye!
Gusto nukuri ndababaye
🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮
Du Fernando ❤❤❤🔥🔥🔥
Ntibiryoshe namba gusto adahari
Songa mbele
Je sinzoza kwer. Insiguro ntikwiye
Top
Ndababaye kubona uyundi mugezi wawe atabonetse
Sha ntivyumvikan kuba mwasize mélani boy gusa courage
Bamusize none nibo batanga visa?
🙆🙆🙆🙆💘💘
Abateguye urugendo rwabo nibo bazi igituma uwundi bamusibije,ntimugire intambara namwe,bo barazi icabitumye
❤❤❤
❤❤
Ejo ni chaud turi kumwe twese bizogenda neza cane
None Agiye nka we love muzika Hama agasamiranisha indirimbo yiwe bwite??? Kandi Iza we love zitabuze ..........murahumba basha. Gustooooooo kip it up brooooo
Yoooo gusto wnj 😂😂
Iyaba bakundana hagati yabo yariguca areka agasiba ntivyumvikana izo nsiguro nizo kwikurayo
Urasara wew atariwe yabitumye acasiba hama ababarishe babatumyeko ??? 🙄🙄
Пікірлер: 43

@user-ry5pm9ni1b
Ай бұрын