#DjFernando
Dj Fernando mugiteramo yakoranye na #Isanamu Media aho yarahejeje igiteramo ciwe m’ububirigi yabwiye abantu ko yaserukiye We Love Muzika ko atakibazo afitaniye na mugenzi we Melanin.
Kubwiwe iki giteramo gifise inyungu nyinshi kumugwi wabo
Пікірлер: 54
Ntuzite kumagambo bariko barabavugako ariko mubandanye rwarukundo nyn abivanga muvyanyu nabavyumvira kuma TV nahandi KK nimwe muzukuri knd nimwebokutukubwira Big UP brother wnj❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Franchement moi suis pas un Rundi mais j'aime beaucoup votre musique félicitations à vous je vous aimes tous we are together 🇨🇩🇧🇮
Igihambaye nikiri muri mwebwe ,abantu nabo niko bameze ,kuvuga burya biragoy kuzibira,,
Kabisa muhungu wacu ndabakunda mwese kandi cane kandi nukuri musenyere kumugozi umwe cane
We love music I love you so much❤❤❤
Muzashika kure murekane niyinkandagira bitabo ngoni Og force arik abazanamwo amacakubiri
I Gitega iwacu shaaaa ❤❤
Gtg hejuru caneeee
Burundi❤❤❤
We love music bcz of u guyz @DjFernando @MelaninBoy 🔥🔥🔥
Ndasavye ntimuze mwankane .plz
Uwo mu deejay niyubahwe canee
Jejuru cane waraye udukoreye amuti kwl ntukite kumajambo ahubwo mubandanye rwarukundo igihambaye nico muhurirako courage
We just love muzika❤
Kbxaa twar twagushavuriy sanaaa
😊😊 man wubahwe kabixa ku bwa mélanin boy
We love muzik❤❤❤❤❤
Nice ❤❤❤
We love musica hejuru caaaane ❤❤❤❤❤❤❤❤
Umaz kuba umu star icambere kitoguteshumwanya cank kikubabze namajambo yabantu surtout muburundi. Nimukomeze murikumwe muzishikakure gashoboka hasumba naho mwagiye nimutasubiranamwo hagati yanyu
Hejuru cn ntimuze mwit kumajamb babavg mwibandanirize ibkorwa vyanyuu murukund kure cn nih mbipfurije❤❤
Kure cane we love muzika tora 🎉🎉🎉🎉
🔥🔥🔥🔥🔥
Komera bro, imana igume yivanga mu vyanyu
Even the sky is not the limit. Go ahead
Amajambo yabantu ntakagutesha umwanya ,kuo deja nabona bariguta umwanya ,reo mubandany mugirirwa nez n'Uhoraho KO niw afis Ijambo ryanyuma kubuzima bwanyu ,abonabo nibavuge kbisa hubwo bongerez volume😂😂😂
Turabakunda mwese knd mutere muja imbere
Keeping shining brooo❤
Present gtg we love music
Courage Sana my Bro
Kwl
WE love muzika💥
Courage kbs bro❤❤❤
❤❤❤❤
❤❤
Good
🔥🔥🔥🔥
❤❤❤❤❤
Courage bro ntibaz babacanishemwo
Uvuze neza abasore babarundi muriko mwitwara neza
Vyaribiryoshe cn
Muri rwarukundo ferna usisikie watu gusto naw abandany yizer byos nimana bro
Kwatandirimbo y mélanine boy yaririmvy nn?? Kand rwiw personnel yaraziririmvy
Vyari bitesa vrmt
Amash mesh kur Fernando wubahw xn uranyemej xn
Eka niwinumire wakoze ibikwiye
Natetwe ariko ariregura iy mbwa
Turazi komukndana kukibyimvo za visa turabizibyigihugu cacu
vyiza can ark drapeau yaricurits ndazisi benshi babizi etoile 1 ija hejuru 2 zikaja musi knd birafis ico bisigura kzread.info/dash/bejne/k66I0JeCqty5kaw.html
Namwebw mwamushigikiy mur imbwa
Kabisa muhungu wacu ndabakunda mwese kandi cane kandi nukuri musenyere kumugozi umwe cane
❤❤❤❤
Courage bro ntibaz babacanishemwo