Gukora no kuryama nibintu vyanje.kuryama nanje biransumbira gufungura.love you Gretta et Hosy
@christellentikajahato6 ай бұрын
Vous êtes des femmes intelligentes, fortes, talentueuses et rayonnantes! Et j'aime par dessus tout Sirens Vibes & Girlfriends👌 Je vous souhaite de bien terminer l'année 2023 et tous mes voeux de bonheur pour toutes les années à venir 😘
@mystiqueakimana3177
6 ай бұрын
P
@mondrine9926 ай бұрын
😂😂 Ati nijipo iratabuka. Gusa biraryoshe iyo uvyibutse ukuze. Jewe rero ko nivukana ivyo wew wagira nabo muvukana nivy twagira na Maman. Cote imwe yari Maman iyindi twaravukana. Ariko niw muntu twakundana cane kurusha.
@franckmuco75344 ай бұрын
Franck Sécurité. Gretta,infura yama iri responsable muri vyinshi.nivyo vyatumwe ugera ahugeze,kubera wamye uri responsable kuva kera. Vous êtes tres intelligentes,soient encore très courageuses dans vos initiatives.
@vanessagateka-nb7dm6 ай бұрын
Oki kiganiro Hamwe ni ca la fois passé Hosy abazwa😅 nukur biratesa🥰🥰♥️
@norahniyomwngere35656 ай бұрын
Gretta hi. Nakwibutse sha wagumye uraga chrie.❤
@user-it7xc5qm6j6 ай бұрын
Gege nyibwirire aho hantu boza amatwi na menyo nzoje kwishimira nanje
@iradukundaangemireille49696 ай бұрын
Murabanje,ndabakunda caaane🥰
@evelynenduwimana129Ай бұрын
Ndashaka nimero za Greta
@leecharon6 ай бұрын
Gretta na Hosy muri muri bake kabisa muri iyi myaka yacu bakora nkamwe muri BujaVille
@mwananyamalaz44276 ай бұрын
Gretta araryoshee pe ndamwibuka 🎉🎉
@akimanarachelalice30096 ай бұрын
Sha ndabakunda cane❤️ Imana ibakomeze
@veritecanada6 ай бұрын
Courage Gretta mwana.
@itsdelidory6 ай бұрын
Gretta, Lewis aranyumije 😂😂😂 erega ari très sérieux. Uti humura ntanumw yayibagiye lol you look good btw
@BerniceNellaGAKIZA-dq1mh6 ай бұрын
Maintenant c'est la fin d'année Hosy ndakwifurije gukomeza ukora neza kandi cane So courage disi
@emelynekubwimana87756 ай бұрын
Gretta mugasenyi,yaradutera udukuru sha,asha yamye aja mutuntu twinshi pe
@veritecanada6 ай бұрын
Imana ikongera umusi w'ubuzima kugira ukiranuke nukuvuga uyihindukirire. Uve mu vyaha munyuma ube mu mahoro
@raissafabien42856 ай бұрын
Gusa Gretha nikeza ukuntu sha❤❤
@gratianzabana67696 ай бұрын
Muratesa ndabakunda manaa❤❤
@harerimananajati45896 ай бұрын
Wow muvuze lycée du lac nciye ndavyibuka😅😅 generation wakawaka munyibukije vyinshi muri aba colleague kumbe😊😊 ndaryohewe vrema
urya ngira barahukanye na siren ndamuheruka kera,yaje ashush
@sirenvibestv
6 ай бұрын
Ntitwahukanye! Ntagikora muri siren Vibes asigaye aba i Gitega
@kabosskdn2202
6 ай бұрын
@@sirenvibestv wow good news,i am your fan,ndaba ibiganiro vyaw vyos kuva utangura.uzomuzane one day ari wkend murikumwe harasha,ntitunazinanye ntiwibaz ngonukumuvugira.ari eloquente nkawe j vous apprecie
Hosy+ gretha I love you ikikiganiro carigikenew kbs bwemwe nkatwebw murimwebwe👈😂 bibabiturab nanj rekanishiriremwo akarungo.
@nellykanyamuneza24436 ай бұрын
Greta Ch wambaye neza ?
@febronieemerimana4066 ай бұрын
Greuuu urikeza disi.
@dianeinamwiza6 ай бұрын
Mbega mu bdi basigaye bari anglohphonesJewe mbona igifaransa kiriko kiraja inyuma hakavugwa icongereza,nibaza ko no ku mashule basigaye bigisha icongereza cinshi,kuko ndavye mu bihugu francophones ingene igifaransa gikoreshwa,n,ingene kivurwa,mu bdi barasubiriye inyuma cane,baja mu congereza.Risque irimwo ni uko usanga atarurimi muri izo zibiri ruri bien maitrise,ugasanga abantu bazi un peu de francais et un peu d,anglais,ugasanga abantu ntibashobora kuvuga correctement igifaransa,na correctement icongereza,abantu bakaguma au milieu,ariko mbona icongereza ariko kiriko kirashirwa imbere,abantu ni bace relo baciga,ibe une langue bien maitrisee,ntibaze banere nkzabaraho icongereza nzigfaransa ata kigenda
@bellairakoze27696 ай бұрын
Lewis vrmt😂😂😂😂mrci kuntwenza
@botiger72086 ай бұрын
Kuko sindabitahura
@veritecanada6 ай бұрын
Ikintu tuhurijeko niyo bilan
@user-gl1og1pp4r6 ай бұрын
Jewe ndabafana cane kuko muranyigisha ❤
@josephinendayishimiye17576 ай бұрын
Yarisobanukiwe
@ThacienneIgiraneza-gw7mr6 ай бұрын
Muduhay show
@lilpblackofficial99506 ай бұрын
Muka b face wow
@parfaitendayikengurukiye73066 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@user-ut7oj9pv5h6 ай бұрын
Hosy ndashaka kuza Mur girlfriends
@user-xp2bs5ps4m6 ай бұрын
Muratesa caane muzoze Naha impande ya BGF siège turoza amenyo neza kandi turayahoma tukongera tukagorora amenyo karibu
Пікірлер: 85
En fait muri Romantique mwabavyeyi mwe Imana ikomeze kubagirira neza ndaba❤❤❤❤
Gretta na Hosy ndabakunda caneeeeee muciyubwenge ababavuga mubihoze kuko bakuvuga kuko ufise icubarusha atacumaze ntaco bokuvuga mukomere ndabakunda caneeeeee ❤❤❤❤❤❤❤
Gukora no kuryama nibintu vyanje.kuryama nanje biransumbira gufungura.love you Gretta et Hosy
Vous êtes des femmes intelligentes, fortes, talentueuses et rayonnantes! Et j'aime par dessus tout Sirens Vibes & Girlfriends👌 Je vous souhaite de bien terminer l'année 2023 et tous mes voeux de bonheur pour toutes les années à venir 😘
@mystiqueakimana3177
6 ай бұрын
P
😂😂 Ati nijipo iratabuka. Gusa biraryoshe iyo uvyibutse ukuze. Jewe rero ko nivukana ivyo wew wagira nabo muvukana nivy twagira na Maman. Cote imwe yari Maman iyindi twaravukana. Ariko niw muntu twakundana cane kurusha.
Franck Sécurité. Gretta,infura yama iri responsable muri vyinshi.nivyo vyatumwe ugera ahugeze,kubera wamye uri responsable kuva kera. Vous êtes tres intelligentes,soient encore très courageuses dans vos initiatives.
Oki kiganiro Hamwe ni ca la fois passé Hosy abazwa😅 nukur biratesa🥰🥰♥️
Gretta hi. Nakwibutse sha wagumye uraga chrie.❤
Gege nyibwirire aho hantu boza amatwi na menyo nzoje kwishimira nanje
Murabanje,ndabakunda caaane🥰
Ndashaka nimero za Greta
Gretta na Hosy muri muri bake kabisa muri iyi myaka yacu bakora nkamwe muri BujaVille
Gretta araryoshee pe ndamwibuka 🎉🎉
Sha ndabakunda cane❤️ Imana ibakomeze
Courage Gretta mwana.
Gretta, Lewis aranyumije 😂😂😂 erega ari très sérieux. Uti humura ntanumw yayibagiye lol you look good btw
Maintenant c'est la fin d'année Hosy ndakwifurije gukomeza ukora neza kandi cane So courage disi
Gretta mugasenyi,yaradutera udukuru sha,asha yamye aja mutuntu twinshi pe
Imana ikongera umusi w'ubuzima kugira ukiranuke nukuvuga uyihindukirire. Uve mu vyaha munyuma ube mu mahoro
Gusa Gretha nikeza ukuntu sha❤❤
Muratesa ndabakunda manaa❤❤
Wow muvuze lycée du lac nciye ndavyibuka😅😅 generation wakawaka munyibukije vyinshi muri aba colleague kumbe😊😊 ndaryohewe vrema
Hosy naba Dacia na Nikita muzogir émission nkizo zirigisha caneeee ndabakunda mwese❤❤❤❤❤❤❤❤
Ndabakunda ❤❤❤
Bashaaa uyu munsi mukoze Ikiganiro cyizaaa
God bless U
Ndabakunda muribeza❤❤
Reka ntore agatebe mbatege amatwi 😂😂
Hlloo duhe adresse yaho hantu boza amenyo
❤❤❤tx kuga chow muduhay
Ndakunda Gretha cane❤️❤️❤️❤️
Mwaberew👌❤
Gretha ndagukunda witwiranw numwan wanjye nukur urantwengenj ngo mwaragwany isenger iratabuk nakajip karakorok😅😅😅😅
Hosy ndagukunda kanini jusqu'a ce que nsanga nsigaye mvuga nka wewe
Very good
Muri beza cane ❤❤❤
Bwambere iyiteho sha abantu baravunana
Hosy 🎉🎉🎉🎉🎉❤
😂😂😂niyishure neza
Ntubwire wooooa 😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅
Uzi yuko numvise ngo ndakesir
Muratesa vraiment 😂 ❤️❤️❤️
reka nicare numvirize
Mur beza gose❤
Muratesa❤❤❤❤❤
Directeur wa lycée du lac yari ahari kuri promotion yanyu yaravuyeho Ubu hari uwundi
Yaratera indobo kl narabe aze aramutemberera 😂😂😂😂
Lewis waku 16 cibitoke kwenu hosy mwabany
Reka ntore aga songabugari hosy ndabakunda n gleuu
Greuuu t' es joliee😍!!
❤❤❤
Muzotuzanire darlene (dada/ex co-host) aduhe temoignage .Merci ❤
@tumukundescheilla580
6 ай бұрын
Ego sha nanj ndagushigikiy
@kabosskdn2202
6 ай бұрын
urya ngira barahukanye na siren ndamuheruka kera,yaje ashush
@sirenvibestv
6 ай бұрын
Ntitwahukanye! Ntagikora muri siren Vibes asigaye aba i Gitega
@kabosskdn2202
6 ай бұрын
@@sirenvibestv wow good news,i am your fan,ndaba ibiganiro vyaw vyos kuva utangura.uzomuzane one day ari wkend murikumwe harasha,ntitunazinanye ntiwibaz ngonukumuvugira.ari eloquente nkawe j vous apprecie
👌
Ndabakunda mwese ❤❤❤❤mukomez kutwubaka imitima
Gretha love you nnj nitw gretha 😂mur beza
😂😂😂😂😂😂😂So funny
Waouh Muratesa vrt Gretha unomusi nawe niwe uramukiwe reka Ntore agasongabugari😂😂😂😂
Hosy+ gretha I love you ikikiganiro carigikenew kbs bwemwe nkatwebw murimwebwe👈😂 bibabiturab nanj rekanishiriremwo akarungo.
Greta Ch wambaye neza ?
Greuuu urikeza disi.
Mbega mu bdi basigaye bari anglohphonesJewe mbona igifaransa kiriko kiraja inyuma hakavugwa icongereza,nibaza ko no ku mashule basigaye bigisha icongereza cinshi,kuko ndavye mu bihugu francophones ingene igifaransa gikoreshwa,n,ingene kivurwa,mu bdi barasubiriye inyuma cane,baja mu congereza.Risque irimwo ni uko usanga atarurimi muri izo zibiri ruri bien maitrise,ugasanga abantu bazi un peu de francais et un peu d,anglais,ugasanga abantu ntibashobora kuvuga correctement igifaransa,na correctement icongereza,abantu bakaguma au milieu,ariko mbona icongereza ariko kiriko kirashirwa imbere,abantu ni bace relo baciga,ibe une langue bien maitrisee,ntibaze banere nkzabaraho icongereza nzigfaransa ata kigenda
Lewis vrmt😂😂😂😂mrci kuntwenza
Kuko sindabitahura
Ikintu tuhurijeko niyo bilan
Jewe ndabafana cane kuko muranyigisha ❤
Yarisobanukiwe
Muduhay show
Muka b face wow
😂😂😂😂😂😂😂😂
Hosy ndashaka kuza Mur girlfriends
Muratesa caane muzoze Naha impande ya BGF siège turoza amenyo neza kandi turayahoma tukongera tukagorora amenyo karibu
@niyonkinzoangeaminata-ib6jq
5 ай бұрын
Numéro tuzobarondere
😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Turakumbuy Darlene basha
@sirenvibestv
6 ай бұрын
Ntagikora muri Siren Vibes twaravuze impamvu!
@mireille2452
6 ай бұрын
Ariko nimba mwaravanye neza yoraba akaza mukagira basi nikiganiro kimwe kubera turamukumbuye
Féminin ya satani ni sataniya😀😀😀😀😀😀😀😀
😂😂😂niyishure neza
❤❤❤